Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yagenye abajejwe ingendo mu biro vy’umukuru (...)
 Umukuru w’igihugu yagenye abajejwe ingendo mu biro vy’umukuru w’igihugu
 Umukuru w’igihugu yagenye abajejwe ingendo mu biro vy’umukuru w’igihugu
				
				mercredi 20 juin 2018
Abo bagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu ni Sylvain NZOHABONAYO n’umusirikare w’umukukuruke Charles NKUSI.
Sylvain NZOHABONAYO yahoze akorera mu biro vy’umutambukanyi w’umukuru w’igihugu, imbere y’uko arongora kaminuza Umwizero wa Afrika, Universite Espoir d’Afrique.
IGIHE
