IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umumenyeshamakuru Jackson BAHATI yari yahagaritswe

Umumenyeshamakuru Jackson BAHATI yari yahagaritswe

mercredi 2 Munyonyo 2016, par Egide NDUWIMANA

Jackson Bahati akorera ikinyamakuru IWACU na Radio Isanganiro mu ntara ya Cibitoke yari yahagaritswe ku muhingamo wo kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya mbere Munyonyo 2016. Uwo mumenyeshamakuru yamaze amasaha abiri ariko abazwa n’igiporisi co muri komine Ndava, mu nyuma ararekurwa.

Jackson Bahati yafashwe ari mu modoka yunguruza abantu (Bus), muri iyo modoka hakaba harimwo abandi bantu babiri bafise amakarata karangamuntu arenga abiri, umwe muribo akaba yari afise iyo mu Rwanda. Abo babiri baciye bajanwa gupfungirwa mw’igendereza i Bujumbura, umumenyeshamakuru Jackson Bahati nawe yumvirizwa n’igiporisi co muri komine Ndava mu kiringo c’amasaha abiri, mu nyuma ararekurwa.


IGIHE

Messages

  • Nagende abage rusake ko yabavuye muvyara kuko abo ntawe bafata ngwarokoke

  • abo bafisa makarangamuntu yu rwanda abo ninyenzi nimubakanye, Murazi ukuntu bama ze abarundi benewacu babarasa ukamegobo ntamaraso bava? nimubatunganye idyinyo kurindi,

  • Ntakundi ariko naho habuze ivyemezo baraguma bamucungishije ijisho urya yoba ariwe yereka inzira no gufasha inkozi z’ibibi. Kuko n’ubumenyesha makuru bwiwe ntibwumvikana umuntu atazi no kuvuga bonjour.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.