Accueil > Amakuru > u Burundi > Umunyamabanga mukuru wa COMESA ari mu rugendo mu Burundi
 Umunyamabanga mukuru wa COMESA ari mu rugendo mu Burundi
 Umunyamabanga mukuru wa COMESA ari mu rugendo mu Burundi
				
				vendredi 7 Mukakaro 2017
Amakuru ava mu bakurikiranira hafi urwo rugendo rw’umunyamabanga mukuru wa COMESA atumenyesha ko urwo rugendo yarukoze,mu ntumbero yo gushira umukono ku masezerano aha uburenganzira bwo kwakira inama igira 20 ya COMESA itegekanijwe kubera mu Burundi.
Ayo makuru amenyesha ko iyo nama izoba kuva kw’igenekerezo rya 9 gushika kurya 20 Gitugutu 2017.
 
MUGISHA Van Naris

Messages
7 Mukakaro 2017, 22:52, par P A
IYO NAMA TURAYIHAYE IKAZE IJE HAGEZE ,KANDI MUBURUNDH NUKWIDEGEMVYA