IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umushikiranganji mushasha muri Reta y’Uburundi

Umushikiranganji mushasha muri Reta y’Uburundi

mercredi 19 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Isabelle NDAHAYO, yahora ari umushingamateka mu nama nshingamateka ya Afrika y’ubuseruko (EALA) niwe yagenwe kuba umushikiranganji ajejwe iyinjira ry’Uburundi mu muryango wa Afrika y’ubuseruko.

Kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu nomero 76 ryo kuwa 14 Ndamukiza 2017, Isabelle NDAHAYO agiye mu kibanza cahoramwo Léontine NZEYIMANA.

Tubibutse ko inama y’abakuru b’ibihugu vya Afrika y’ubuseruko izoba kw’igenekerezo rya 10 Rusama 2017, Uburundi bukaba bwamenyesheje ko buzokwitaba iyo nama.

JPEG - 172.9 ko
Isabelle NDAHAYO, yahora ari umushingamateka mu nama nshingamateka ya Afrika y’ubuseruko (EALA)

IGIHE

Messages

  • Mbe kuba umushikiranganji wa Leta y’icaduka yicishije abarundi inzara, ikirirwa irabagandagura, ibapfunga, ibangaza ikongera igakoresha imbonerakure mugufata abakobwa n’abakenyezi kunguvu ngo bavyare interahamwe bimaze iki!!! Naje mumurwi wabasuma ntakindi yomara!

  • Uyonumuma Laya Wankuru Mbi Azozarasumumurusakumugwanda

  • Nonegayemwe nkumuntu mufatikanije urugamba ugasanga ameze nkaba biyise Wakera na Tari, ntiwoguma witeze kobazogutera umwaku canke mumajambo atomoye kobazokubuza imigisha?

  • Intore irayarwa nayo tari na wakera ntantambwe muzoduterana Isabelle terimbere mumabanga ujejwe imana ikurinde iguhe ninkomezi zo gukorera igihugu cawe.

  • turagukeje nyakubahwa Hon Isabelle NDAHAYO
    UBUTWARI bwari ntibwari kugenda akagirire, turakeje ahubwo abakubonye ko ushoboye bakakugena mumabanga ahambaye nkayo y’igihugu.
    ja kubikogwa rero, imana ikuje imbere benshi abarundi tukuri inyuma turagusabira imigisha ku Imana.

  • Ndabakengurukiye Kubona Bahinduye Uwahahora Nkumbure Uwo Arashobora Gusubizimigenderanire Myiza Nacane Cane Uburundi Nu Rwanda

  • Ndabakengurukiye Kubona Bahinduye Uwahahora Nkumbure Uwo Arashobora Gusubizimigenderanire Myiza Nacane Cane Uburundi Nu Rwanda

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.