Accueil > Amakuru > u Burundi > Umuyobozi wa Radio ISANGANIRO yahagaritswe mu kazi
 Umuyobozi wa Radio ISANGANIRO yahagaritswe mu kazi
 Umuyobozi wa Radio ISANGANIRO yahagaritswe mu kazi
				
				mercredi 5 Mukakaro 2017, par
Mw’ikete ryasohowe na Association Ijambo, bamenyesheje ko uwo yahora ayoboye Radio ISANGANIRO ahagaritswe ku mvo z’amatohoza. Amakuru ava mu begereye iyo nsamirizi akavuga ko yoba yagirizwa ugukoresha nabi uburyo bwa Radio ISANGANIRO.
 
- Samson MANIRADUKUNDA yahora ari umuyobozi wa Radio ISANGANIRO
Egide NDUWIMANA

Messages
5 Mukakaro 2017, 18:28, par Ndayihimbaze Thierry
jew Birambabaje Cane
6 Mukakaro 2017, 15:59, par Rukundo
nn Mwarikuc Mumukur Mutaratohoza ?Neza?