IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Urugo rwa Leonce NGENDAKUMANA rwasatswe n’abaporisi

Urugo rwa Leonce NGENDAKUMANA rwasatswe n’abaporisi

mardi 13 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Iryo sakwa ryatanguye mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri, abaporisi benshi akaba aribo babanje gukikuza urwo rugo rw’uwutavuga rumwe n’ubutegetsi ruri i Kiriri mu gisagara ca Bujumbura.

Inyuma y’iryo sakwa, Leonce NGENDAKUMANA yatumenyesheje ko atacafariwe ku rugo iwe, akavuga kandi ko mu mugambwe SAHWANYA FRODEBu asanzwe ari icegera cawo, ata mugambi w’ugutunga n’ugukoreha ibirwanisho bafise.

JPEG - 47.5 ko
Leonce NGENDAKUMANA, icegera c’umukuru w’umugambwe SAHWANYA FRODEBU

Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.