Home > Amakuru > Urwego CNC rwatunganije inama n’abakuru b’ibimenyeshamakuru
 Urwego CNC rwatunganije inama n’abakuru b’ibimenyeshamakuru
 Urwego CNC rwatunganije inama n’abakuru b’ibimenyeshamakuru
				
				Wednesday 24 October 2018, by
Mw’ijambo ryiwe ryo kugurura iyo nama,umukuru wa CNC Nestor BANKUMUKUNZI yamenyesheje ko iyo nama yatunganijwe mu ntumbero y’urukwirikirane rwo guhanahana ivyiyumviro kugira bakinge ingorane zabaye mu misi yahera ntizongere kuba.
Nestor BANKUMUKUNZI yavuze ko ivyo urwego arongoye ruza kurabira hamwe n’abakuru b’amaradiyo hamwe n’ibimenyeshamakuru bizofasha kugira abamenyeshamakuru bakore borohewe gusumba.
IGIHE
