IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Uwahoze ari umuyobozi wa ETS yashinzwe ayandi mabanga

Uwahoze ari umuyobozi wa ETS yashinzwe ayandi mabanga

mercredi 21 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Désiré MANANGIRAKAMARO niwe yagenwe kuba umuyobozi muvy’ubuhinga, akaba yagenwe kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/0125 ryo kuwa 19 Ruheshi 2017.

Désiré MANANGIRAKAMARO yabaye umuyobozi ajejwe ivy’ubuhinga muri SINELAC (Societé Internationale d’Electricite des Pays des Grands Lacs) yahoze ari umuyobozi w’ishure ryisumbuye ryigisha imyuga ETS.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.