IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Zambiya : Uwutavuga rumwe na Reta Haikande Hichelema yitavye (...)

Zambiya : Uwutavuga rumwe na Reta Haikande Hichelema yitavye ubutungane

lundi 14 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Bitegekanywa ko Haikande Hichelema mu gihe yokwagirwa n’icaha, ko azohanishwa umunyororo w’imyaka 15, mu gihe naho yokwagirwa n’icaha gikomeye, bitegekanijwe ko azohabwa igihano co gupfa.

Bivugwa ko ahariko harabera urwo rubanza hari abaporisi benshi, urubanza rukaba ruzobandanya ku musi wa gatatu igenekerezo rya 16 Myandagaro 2017.

Kuva mu kwezi kwa Gitugutu 2016, Haikande Hichelema yagumye yamirira kure ivyavuye mu matora avuga ko yatsinzwe na Edgar Lungu, kandi ko yaranzwe n’ubusuma, mu mpera za 2016 yarapfunzwe yagirizwa guhamagarira abantu kugumuka no kugira imibonano itemewe n’amategeko.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.