IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Zimbabwe:Abanyagihugu benshi bitavye igisabisho co gusabira Morgan (...)

Zimbabwe:Abanyagihugu benshi bitavye igisabisho co gusabira Morgan Tsvangirai

lundi 19 février 2018

Amakuru dukesha BBC amenyesha ko igisabisho co gusabira ubwa nyuma Morgan Tsvangirai cabereye mu kibanza citwa Civic Square abatavugarumwe na Reta ya Zimbabwe bakunda guhurirako ku ntwaro ya Robert MUGABE bari mu myiyerekano.

Morgan Tsvangirai yari umukuru w’umugambwe MDC(Mouvement Democratique pour le changement),yitavye Imana mu ndwi iheze afise imyaka 65 bikaba bitegekanijwe ko ashingurirwa ku musozi yavukiyeko.

Umukuru w’igihugu ca Zimbabwe, Emmerson Mnangagwa, yavuze ko Morgan Tsvangirai yari umunyepolitike w’ijunja.


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.