IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abagendesha imiduga ya Leta bazotekererwa vuba

Abagendesha imiduga ya Leta bazotekererwa vuba

lundi 8 Ndamukiza 2013

Abagendesha imiduga ya Leta bazoshikirwa n’ingingo yo kugabanya imiduga bazosezererwa mu mpera z’ukwezi kwa Ruheshi umwaka w’2013.

Umushikiranganji w’abakozi ba Leta Annonciate SENDAZIRASA yamenyesheje ko umurwi ugizwe n’abahinga bavuye mu bisata bitandukanye vya Leta bariko bariga uburyo abo bagendesha imiduga ya Leta bazotekererwa biciye mu mategeko. Ku kibazo c’abariko bahabwa akazi ubu, Annonciate SENDAZIRASA yishura ko bazanwa gukorera mu bisata bitarabwa n’iyo ngingo.


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.