Accueil > Amakuru > umutekano > Amasanamu y’imigumuko yabaye kw’ibohero rya Mpimba
 Amasanamu y’imigumuko yabaye kw’ibohero rya  Mpimba
 Amasanamu y’imigumuko yabaye kw’ibohero rya  Mpimba
				
				samedi 10 Myandagaro 2013
Ku munsi wa kane igenekerezo rya 8 Myandagaro, kw’ibohero rikuru rya Mpimba harabaye imigumuko.  Imishamirano ikaba yabaye hagati y’abanyororo n’abapolisi. 
Imvo yizo ntureka akaba ari ingingo yo kwungururiza mu yandi mabohero  abanyororo bagera kuri 23. Hakaba hari hamaze kwunguruzwa 13 muri abo. Iyo ngingo ikaba yaciye yiyamirizwa na bagenzi babo maze haduka umudugararo.
Amasanamu akurikira yerekana agace gato k’izo ntureka zamaze amasaha agera kuri 2.
INGABIRE Luc-Noël

Messages
6 Rusama 2015, 02:09, par BJB
WE SHOULD PRAY GOD.