IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ban Ki Moon arashima uko amatora yabaye mu Burundi

Ban Ki Moon arashima uko amatora yabaye mu Burundi

vendredi 24 Mukakaro 2015

Umunyamabanga mukuru wa ONU Ban Ki Moon arashima uko amatora y’umukuru w’igihugu yabaye kuwa 21 Mukakaro yagenze.Ashima ko ayo matora yabaye mu mahoro.

Mw’itangazo ry’umunyamabanga mukuru ONU yibutsa abategetsi b’Uburundi ko gukingira abanyagihugu hamwe no kumenya ko abakora ivyaha bategerezwa kuvyishura imbere y’ubutungane biri muvyo bategerezwa gukora.

Ban Ki Moon arashima irungikwa ry’abasirikare n’abahinga mu bijanye n’agateka ka zina muntu vyakozwe n’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika,mu ntumbero yo gukinga ko amabi yokwiyongera mu Burundi.

Asaba abegwa n’ikibazo ca politike bose mu Burundi gusubira mu biganiro vyotorera inyishu ikibazo ca politike kiri mu Burundi

Mwomenya ko umunyamabanga mukuru wa ONU yabishikirije,mu gihe Reta Zunze Ubumwe za Amerika n’Ubwongereza bamaze kumenyesha ko ayo matora yabaye hari mu iterabwoba n’amabi.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Komera Mutama Ba Kimon Wehoho Urazi Uburundi Niyo Buherereye Abonabo Usanga Bataz Uburund Wirambire Mutama Wavuze Uburundi Nkuko Ubuzi

  • Ubu naho asigaje kuvuga ko ashima n’ingene igipolisi, iperereza hamw n,imbonerakure baguma bagandagura abantu abandi nabo babasinzikariza ubuzima. Ni akamuna.

  • Ego Nyakubahwa Urumunt Wumushingantahe Kwel Ngy Nabibona Ko Hari Ico Usumbije Obama Ariko Ivyo Vyareta Ihurikiy Mwo Bos Nsintahura Ukunt Umunt Yoba Yishinz Gutegura Yegeyeger Na Makudeta Hama Ngwaz Atwarane Nabo Twitorey Aho Nukucigako Naco Kndi Ukaduha Umuco Nkurunziza Numugabo Wijuja Nijambo Bamureke Yitwarir Azosimburwa Na Agathon Natahemuka Nayo Iyomihimbir Iza Iza Irifatanya Nabahemu Ntaco Muzofata Biciy Muguhemuka

  • None umunyamabanga wa onu n’a reta yabanyamerica twemere , Inde duhakane. Inde?

  • Ahaa! Numva Bigoye Abarundi Nugusengagusa Ntakindimbona Codukiza

  • Obama na USA yiwe cokimwe na Buraya bahendwa na Samantha Power,ariko ukuri kuzotsinda bitebe bitebuke,

  • emma

    komera nyakubahwa ban ki moon akanwa kawe ntikigeze kavuga nabi wahawe uburongozi ubikwiye, nyakubahwa hanura ivyobihugu vyigira ibihangange kwisi nka amerika ubwongereza nibindi bihugu vyisuka muvyo gukokeza kubijanye nikibazo kiri muburundi.

  • Ewe Ban Ki Moon, Urikuyeko agashambara kweli ,niwewe mubategetsi bose ubona ko amatora yabaye meza ,mbega ko wibagiye gushimira nkurumbi kumaraso y’inzirakarengane ariko aseswa nabacangero biwe, mugabo ntaco bitwaye uwo numukozi , twemera ibivugwa nabamukoresha

  • Ariko je ntahombona Ban ki Moon avuga ko yashimye ingene amatora yagenze muburundi

  • Ramba mutama,O.N.U.nivyumve n’abandi bukebuke,bazotahura bigarure bemere i NKURUNZIZA.

  • Ramba mutama,O.N.U.nivyumve n’abandi bukebuke,bazotahura bigarure bemere i NKURUNZIZA.

  • Ramba mutama,O.N.U.nivyumve n’abandi bukebuke,bazotahura bigarure bemere i NKURUNZIZA.

  • Ramba mutama,O.N.U.nivyumve n’abandi bukebuke,bazotahura bigarure bemere i NKURUNZIZA.

  • UMUGABO NKA BAN KI MUN ATEMERA ABAMUJA MUMATWI NIW DUKENEY MUBURUNDI.NAY ABUMVIRIZA IVYO BABWIW BAKAVYEMERA ATACO BABAJIJE,BARAKWIY GUHINDURA BAGASHIRA INYUNGU Z’ABANYAGIHUGU IMBERE Y’INYUNGU ZABO.NDAKENGURUKIY BAN KI-MUN N’ABANDI BATIRIW BARAVUGA ARIKO BABIBONA KUMW NA BAN KI-MUN.

  • ntawudashi ivyavuye mumatora atarirwasa

  • Karafyura amaso nkimpene yahaze amatovu ngo amatora yagenze neza,abantu birirwa barapfa bishwe na nkurumbi sabantu nkawe.

  • ico kinyamakuru igihe gisigaye candika ivyo cigombeye ni hehe avuga ko ashigigiye uko amatora yabaye ,

  • Kinyamakuru nukuraba muz mwandika amakuru yukuri.

  • Kinyamakuru nukuraba muz mwandika amakuru yukuri.

  • NKURUNZIZA songa mbere urashyigikwiwe kandi isi yose irakwemera...keretse intagongwa zaba sans echecs.

  • Komera falcon ahubwo ngira kitaye kurumogi baramuhe umwanya ukwiye urumogi rwamuvuyeko ntazibuka ko yavuze ko amatora yagenze neza ahubwo mukubivuga ntiyabanje kumviriza bashebuja bamuhaye ngo yumve iryo bagona bo babona kure babonye ko amatora atagenze neza.Yariyanyoye urutagosoye.

  • Amatora Yagenze Neza Ariko Yateguranywe Igikenye Nagakengere Abo Muri Opposition Nibakingre Abanywanyi Babo Nayo Ahandi Barabakorerako

  • Reka kbeshera ONU, ntiyashimwe uko amatora yabaye ahubwo yashimye ko ku musi w’amatora de 6h à18h ata bishwe bari gutora canke bagiye canke bavuye gutora kandi ata mishamirano yabaye ku musi w’amatora. Ariko ntibavuze ivyabaye mw’ijoro ribanziriza amatora canke ivyabaye kuva le 26 avril 2015. Ba musoma neza rero mureke gushikuza !

  • uyu mugabo afis indimi nyishi mukanwa kiw rumw rwos ruvug ivyo rwigombey. nibazako urw uno musi rubesha.

  • uyomunyamahanga nawe yashatsekuvugako Abanyamakuru bokinyamakuru IGIHE kobatazigusoma mbe umunyamabangawa UN arikoarementanya ahubwonyomba ugwaye gendakwamuganga nanyaburya batoyourucancogwayo

  • uyomunyamahanga nawe yashatsekuvugako Abanyamakuru bokinyamakuru IGIHE kobatazigusoma mbe umunyamabangawa ONU arikoarementanya ahubwonyomba ugwaye gendakwamuganga nanyaburya batoyourucancogwayo

  • EREGA MUBWONGEREZA KWANKA AMATORA YUBURUNDI NTIBITANGAJE KUKO NTIBURIKUKIRA AHUBWO ABARUNDI TUCARIABAMBERE PEE,BACATWAGWA NABAMI HONYENE BABAGORE WUMVAGUTE NIBAREKEKUTUTEEREGA MUBWONGEREZA KWANKA AMATORA YUBURUNDI NTIBITANGAJE KUKO NTIBURIKUKIRA AHUBWO ABARUNDI TUCARIABAMBERE PEE,BACATWAGWA NABAMI HONYENE BABAGORE WUMVAGUTE NIBAREKEKUTUTERA UGWAMO

  • Abagabo nkabo kera twabita bantamba ahobuhiye,mara araha ejo arihariya,none tuzomuronka ko ibiki?.Oposition nayo yasutse abanyagihugu mwibarabara none rugeranyeko bose nimiryango yabo baba barigiriye iburaya,none abanyagihugu bapfa burimusi nabo barikwirira inkoko.Iconohanura abanyagihugu nibasabe ikigongwe Nkurunziza,kugira ntabamare bemere batwazwe igitugu,kko Oposition biraboneka ko arakarimi gusa ntanguvu bafise.Nakare ngoiyiganje yimya izindi zirorera.Murakoze

  • Uwo mugabo no mugereranya na gaciyubwenge.kandi ONU si ban ki moon numurwi wibihugu nabakuru bibihugu.vyinshi murivyo bira negura ayo matora kandi siwe afata ingingo iyo ziva turahazi.

  • MBANJE GUSHIMIRA IMANA DATA MUSHOBORA VYOSE UBWO YADUHAYE UMURONGOZI YEMERA HAMA ACA ABA NKA YOHOSHAFATI MUKUBA INTWARI MUGUKUNDA ABENE GIHUGU NIGIHUGU.HAMA UBWONGEREZA BAREKE BAVUGE AYO BAGOMBA AGATI KATERETSWE NIMANA NTIGAHENURWA NUMUYAGA AZOTWARA IGIHUGU GUSHIKA YESU AGARUTSE PETER NTITUNAKWIYE KUMUVUGA MWIZINA NI MUTAMA

  • NDAGUSAVYE ABANTU BOSE BAREZWE BAKABA BAFISE ICO BUBAHA NTIBAZE BASUBIRE KUVUGANA MW’IZINA UMUKURU W’IGIHUGU C’UBURUNDI NI MUHUZA NI MUTAMA

  • mbe Ban ki moon afite ijwi ringana gute ku isi? jewe mbona inganda zidasiba gitikira kandi asemerera. south sudan abantu bashyize abona.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.