Accueil > Amakuru > u Burundi > Basaba kuronswa abigisha
 Basaba kuronswa abigisha
 Basaba kuronswa abigisha
				
				dimanche 24 Ntwarante 2013
Ishure ry’ubuvuzi ry’i Gisuru mu ntara ya Ruyigi rifise ikibazo c’abagisha n’umuyagankuba.
Umuyobozi w’iryo shure asaba inzego zibijejwe, cane cane umushikiranganji w’amagara y’abantu gufata mu minwe ico kibazo no gutanga akazi ku bigisha.
Egide Nduwimana
