IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura : Igiporisi kijejwe umutekano wo mu mabarabara cahawe (...)

Bujumbura : Igiporisi kijejwe umutekano wo mu mabarabara cahawe indongozi

jeudi 9 Gitugutu 2014

Inyuma y’amezi atari make igiporisi kijejwe uruja n’uruza mu mabarabara kitagira uwukiramutswa, kuri uwu wa gatatu, umukuru w’igihugu yagenye indongozi z’ico giporisi kijejwe umutekano n’uruja n’uruza mu mabarabara.

OPP1 Alfred Innocent Museremu niwe yagenwe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu, mu mabanga y’umukuru w’igiporisi kijejwe uruja n’uruza hamwe n’umutekano mu mabarabara mu gisagara ca Bujumbura (commandant de la Police de Roulage et de la Sécurité Routière). Yasubiye mu kibanza ca Arthemon Nzitabakuze yungururijwe mu ntara ya Ngozi. Uwo yahawe ayo mabanga yahora ari umuhanuzi ajejwe gutunganya intwaro mu bushikiranganji bw’umutekano.

Icegera ciwe ni OPP1 Etienne Ndayisaba, yahora ari icegera c’umukuru w’igiporisi mu gisagara ca Bujumbura.

Egide Nduwimana

Messages

  • Abo nibo bamaze amamoto yabandi bayiba babonye imoto umengo nimbwa ibonye akayabu nabonyene nukubasezerera abo ba rujinjiri bansumirinda kuko muburundi ntagipolice dufise izo nimbonerakure gusa bakorera umugambwe urikubutegetsi kuko ntamunyagihugu bigera kakingira yakubakingira ahubwo nibo babamara

  • Reka kuvuga ahubwo vyose adugana ingozi leka nimureke none namba yiba agashikana report ashimigwa kumusi kumusi abo bamuserem na nkurunziza bose nama bandi masa.

  • eka nukuri nkurunziza ntaribi arakora biboneka ahubwo mufate abambuzi

  • ABARUNDI MWARABUZE IHERO RYUMUTI. NONE ABOBAPOLISI MUBISE IMBONERA KURE NINDE AZOSIGARA ATITWA IMBONERA KURE? BIEN PARLER C’EST UN AVANTAGE MAIS SE TAIRE EST SOUVENT PLUS SAGE. HASIGAYE AHO MWITA ABAGABO BANYU CANKE ABAGORE BANYU NTIBAGIYE ABANA BANYU IMBONERA KURE KANDI BOBO BARI MURI UPRONA CANKE MSD. AKAMARAMAZA NI UWINAMUYE NGO NZABAMPEMA NI IMBONERAKURE HAAAAAHAHAAA YAVUYE MURI PALIPEHUTU RYARI? UBU RERO UMURUNDI WESE NI IMBONERAKURE D’APRES SORO

  • abarundi nta gipolisi dufise izo zose ni imbunekure abapolisi umupolisi nyakuri nuwo gucungera umutekano siho kwica cangwe kwiba imbwebwe imburakimazi

  • abarundi nta gipolisi dufise izo zose ni imbunekure abapolisi umupolisi nyakuri nuwo gucungera umutekano siho kwica cangwe kwiba imbwebwe imburakimazi

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.