IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Busokoza : Dusaba umuco kw’iyirukanwa ry’abanyarwanda mu Burundi

Busokoza : Dusaba umuco kw’iyirukanwa ry’abanyarwanda mu Burundi

vendredi 21 Munyonyo 2014

Umushikiranganji Edouard Nduwimana asigura ko uwuvuze interahamwe mu Burundi aba ashatse guteranya Uburundi n’Urwanda, kuko amabi yakozwe n’interahamwe muri ico gihugu kibanyi akomeye.

Mu gihe yariko yishura ku bibazo vy’abashingamateka, abo baserukira abanyagihugu bakaba basa n’abagaragaza amakenga ko hari ibivugwa ko hoba hari interahamwe ziri mu Burundi, ndetse muri abo bashingamateka babajije ibibazo, bakaba bamenyesha ko hakenewe n’umuco kw’iyugarwa ry’amwe mu mazu y’ubudandaji y’abanyarwanda bakorera mu gisagara ca Bujumbura.

JPEG - 39.7 ko
Umushingamateka Bernard Busokoza

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu akaba avuga ko uwuje kudandariza mu Burundi wese asabwa kubanza kuba afise ibisabwa n’amategeko, nayo kuvuga ko hari abanyarwanda b’interahamwe mu Burundi, umushikiranganji Edouard Nduwimana asaba uwo wese yoba azi ahari interahamwe, kuyidomako urutoke igafatwa, igashikirizwa ubutungane.

Tukabamenyesha ko umushingamateka Bernard Busokoza, mu ngoro y’amakoraniro mu Kigobe, ico kibazo yakibajije abashikiranganji incuro zibiri zose, kuko yamenyesha ko ata nyishu ubwa mbere yari yahawe, ndetse akabaza ko namba abo banyarwanda batagira ibibaranga, ico kibazo cari gutorerwa umuti nk’uko vyakozwe mu Kirundo, abo banyarwanda batabanje kwirukanwa canke bugarirwe amazu badandarizamwo.


Aristide Nizigire

Messages

  • busokoza ivyarimwo ntanumwe atabizi turashimira Leta ya Nkurunziza ukuntu ishishoza ibiriko birategugwa kandi ikabikurikirana mubwitonzi idahubutse murinde amatora agere amabanga azomeneka

  • Kumushingamateka wacu twebwenkabarundi Busokoza, jewe nkitanguragusoma Ko wabajije ibibazo narikondibazako ugomba uvuge ijamboryarushingatahe rivugango: Birakeneweyuko imbere yogukotesha inzu yokubamwo canke yokudandarizamwo umunyamahangako akwiue kubanza kwerekana ivyangombwa vyose bisabwa namategeko yigihugu ; atimuncamake mwikigihe tugezemwo numwenegihugu imbere yokumukotesha inzu yabamwo cankeyokudandarizamwo ekandetse nokuyimuguza nawenyene ategerezwa kwerekana ivyangombwa bikwiye biranga umwenegihugu, ndabasavye vyukuri mugabanye kujagukomeza kutumaramaza mwicaye kwizontebe zacutwabashizeko zubushingamateka! Mwebwe ahoguharanira inyunguzacu abenegihugu ubwambere ahubwomudushira mubakwiye gukatwakwizosi!

  • Uyu busokoza numusazi canke?uraziko abo banyarwanda aribo bagufashije mukugandagura Ndadaye?mbe wibaza wewe ntitukuzi?umusi umwe uzobibazwa bandanya udukoza agati munyo

  • yaba busokoza yaba reta ya nkurunziza ntaciza camwese gusa hariho Imana ibona ivyo twebwe tutazi izobigaragaza vuba cane

  • RUMURI ,SO NASEBA , UMWANA YANKWA NIWE AKURA.

  • Wewe wiyita seba uragabe kumajambo wandika atagira umutwe namaguru kuko urwa ariko abaza ukuri interahamwe none ntimwazinjinje ntiziriko zibafasha kugandagura abomutavuga rumwe na reta yanyu mufadikanije naba rukoti kandi usanga urimwo muri barukoti bavurwa muda vyaramenyekanye ubu tuzobihigira abarundi twaraciye ubwenge hagize uwuva imbonerakure ninduru interahamwe mwazanye zibafashe bazivuze ninduru hahahha DD tuzoba shwiragiza nimurindire imigambi mwateguye ntizokunda

  • Mutama wijuja nijambo komera Busokoza uri umushingantahe peeee.?uvuga bikenewe ibitakenewe ukinumira imbwa zikakuga?aba nobo bonye mwandika mumutyoza reka nda bibarize muri DD uwozana ubucamAzA mubona mwosigarana bagahe???interahamwe yabajije ziriko zica bande sabarundi sinzo ziyambitse amakoti be nimbonerakure nimurindire buca muhinyuka

  • Ahubwo Busokoza nintwari kuko yanse ko ibwirizwa nshingiro rihindurwa akanabizira mukumukura mubu 1ér vice Président murumva ko arumugabo abushitse.

  • Ivyo busokoza arimwo yigira nkinda mwibutura ,burya turamubona,ntagire nibimwe vyo kuri nyakwubahwa president NDADAYE banigura,ubuho subutu.mwibonere ay’imbwa yaboneye kumugezi.

  • NIMUREKE KWAGIRIZANYA NGO BANDE BAGIZE IBI UCO TWOKOKORA NUKUBAKA IGIHUGU NAYAHANDI IVYO TWACIYEMWO NIVYISHI UBU DUKUNDE IGIHUGU KANDI TUGISENGERA

  • Mutama Busokoza bihoze bahe ikaze interahamwe mu Burundi mugabo, baramenya ko bariko batsa umuriro bari muri nyakatsi. Hama mbe barazi abarundi bari mu gihugu c’u Rwanda ingene bangana? Mugabo abarundi bakorera mu Rwanda baratekanye, barakora ukuri kwamye, abahutu bariyo, abatutsi bariyo ntangorane. Naje ndikondashikiriza ikiciyumviro niyo mba, none aho ntimuriko muraraba ingene mucinyiza banyarucari??? Ahandiko mbarira umugambwe uri kubutegetsi, muguha ikaze interahamwe mu Burundi bwacu?? None izonterahamwe ziriko zikora iki iwacu??

  • ariko burya hari ibintu bitangaje vya busokoza, kumbe rero vya bintu bivugwa ko akorana na kagame mu gutoteza intwaro z’abahutu nivyo. Mbe igihe twasamburirwa kuri garre du nord ko yacecetse, ahubwo reta ni imukorereko zishobora kuba ari inkotanyi yazanye zinyegeje inyuma y’urudandazwa, ni benshi muri ville

  • Isengesho ry’abatutsi b’intagondwa nka busokoza kuva 2005
    ‘’Mukama’’, turagusavye uduhe guhuza umutima na bene wacu bo mu karere kugirango tubandanye gushira mu buja abahutu. Udufashe kugirango abahutu bagume bacanamwo bisunze intara bamukamwo n’imigambwe barimwo. Kubera dushobora gutakaza ubuzi, uduharire kubera gutanga amahera n’igitsina no gukoresha amayeri n’akenge tutsi kugira tuburonke. Wibagize abahuhu amabi twabakoreye maze twinjire mu migambwe yabo kubasambura kuko dufise uburambe mu gutwara. Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose.
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe ‘’mukama’’ twumvire
    Turagushima ko empire Hima iriko yerekeza gukura aba CNDD-FDD n’abahutu bafatanije ku butegetsi, tutibagiwe na presida kikwete wa Tanzaniya kuko atwanka. Waduhaye inzira yo kwinjira mu migambwe yabo kubabura mu gukora ibibaryohera tutibagiye gukingira inyungu z’imigambwe n’amashirahamwe vy’abatutsi benewacu, tugira tombora uganda n’urwanda bitwemerera kuzosubira ku butegetsi ku nguvu canke kuzokwifatira umugambwe CNDD-FDD bitarenze mu 2025 dukoresheje amahera, igitsina, uruyeri, bibiliya kuko bigize abemera Imana kandi ari indyarya. Hamwe Kagame na Museveni bokwica Nkurunziza turazi ko abahutu bazoca bicana kuko kuva kera bamye banyarana, turazi kandi ko bazoca biroha mu batutsi . Kuva bashika ku butegetsi waradufashije batugira abagenzi twari twiteze ko batwica, tubaha abakobwa barwaye imigera twateguye bataragera mu gihugu, tubaha amahera n’intwengo, baraduha ubuzi baranabwima benewabo, twebwe twatsinze kabiri kuko inyuma y’amatora 2005 abahutu bicanye nk’abasaze, ‘’intambara y’ibihori iryohera ibisiga’’. Ikidutera ubwoba mukama ni uko bahejeje kwicana ubwabo bazohava batujamwo tugize umunoho twamanye w’ubutegetsi tukagifata. Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire
    Uradufasha mu matora yimirije imbonerakure zize zigenze nabi, maze ibihutu birwanemwo igihugu tugitore kitatugoye. Uradufasha habe akaduruvayo mu matora ya 2015 kuko tutazopfa twarayatsinze. Uduhe aba généraux ba CNDD-FDD kwemera icipfuzo cacu co gukurakuranwa imyaka 5, umuhutu n’umututsi bo muri CNDD-FDD mu kibanza c’umukuru w’igihugu kugira tugishikiye tubanyare kanatsinda ushima ari ibigugu baduhamagaye gushira mu ngiro ivyo barwaniye kandi twarabirwanya ; Ubona bibagira ko tugifise umujinya w’amavyi baturishije n’abacu barasiwe ku rugamba. Ewe Kagame dutabare utwicire Nkurunziza Petero wongere udufashe kugifata.
    Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose,
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire
    Uradufasha ‘’mukama’’ ntibigere bamenya ko twinjiye mu mugambwe wabo tutawukunda, kandi ko dukurayo amabanga tuyaha bene wacu barwanya intwaro, ubibagize ko société civile n’amaradiyo yacu tuvugiramwo twayirungitsemwo abakiri bato kugira ntibiboneke ko ababamaze aribo babaha amafaranga. Abahutu bayakoramwo n’abayavugirako uduhe baze baratwemerera kuvuga n’ibibaca agatwe nka ba Ernest Manirumva twasutse tukaba turiko turabarirako, hamwe na Pierre Claver Mbonimpa ari mu mpimba twipfuza ko yovayo kugira abandanye kuvuga ivyari kuvurwa na twebwe. Uduhe ibibanza ca kijuju Rwasa Agathon tumusutse yatakaza kugira ngo twironkere umwanya wo guteranya abahutu n’amakungu hamwe n’akarere. Uragumiza abatutsi ku kirimba bakire uwo bashatse, na Dénise Nkurunziza ubashe kumwibagiza amagorwa twateye umugabo wiwe n’ayo yasigayemwo abandanye kutwizera twame tumugendanira bishobotse n’idini arimwo tuzoryigarurire . Uraduha kandi kwigarurira Eglise du Rocher, yongere kandi aze araduserukira ku mugabo twironkere ibiti twitwaje bibiliya mu gikiriza. Albert umugendanyi wiwe umuhe kumuhenda ko akijijwe ntamenye abahutu yirutseko nubu bakiciruka, Cokoroko umuhe kuza arafyondera abatutsi no kubuza abahutu kwinjira kwa Président. Sévérin umuhe kwama ari mu ma Commissions atandukanye kugira ntabone amanyanga ya cokoroko na albert. Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose,
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire
    Amadini yacu ugume uyakingira, dufashe abanyamulenge gushinga ayabo no kwegeranya amahera y’intambara muri kongo, kubika aba M23 baje mu buruhuko no kubafatira indya mw’ikambi ya gasorwe I MuYINGA . Abadamu b’aba M23 ubahe guhangama muri Guérison des âmes ahakinirwa politike ikaze cane ya Kagame, abarwanyi bacu baruhukirayo uduhe reta ntize ibimenye. Abatutsikazi(maneko) n’abatutsi kagame yarungitse mu burundi kwabura CNDD-FDD no guhenda abahutu bo mu kibiri ngo badufashe gukura intwaro ubahe guheza igikorwa cabo neza mu gihugu cose aho bari mu mahoteri, ububare, amaduka adandaza ibintu bitandukanye muri ville n’ahandi. Ingabo warungitse ziteguye kwica Nkurunziza uze uzihe kumumena umutwe bidatinze imbere y’amatora, bitagenze uko apfume acanamwo n’aba Généraux bace bamunyara. Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose,
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire
    Vyanse uze uduhe mu 2015 batsinze amatora baze baduhe 40% gutyo twigarurire umugambwe buhoro buhoro. Ugumize umutima w’abahutu bari ku butegetsi ku gukunda inzoga, imaraya twateguye zanduye Sida, bashire umutima kugukunda kandi amahera, kwubaka amazu meza meza gutyo bibahe kwibagira bene wabo batanze amaraso n’abo twishe ata kinya. Igiturire, ukwicana hagati yabo, kwibagira icatumye baturasa, ubusuma, kujuragirika mu ngingo bafata, kurwanya incabwenge z’abahutu bize canke biga za kaminuza, ubahe kugira intonde z’ibigugu mu bashingamateka no mu bahanuzi b ‘amakomine natwe dushiremwo incabwenge zibabangamire, ubahe guteza imbere Nord bibagire abahutu bo muri sud babandanya bazira ivyo nyangoma yakoze benshi batanabizi maze bamere nk’abatutsi b’i Bururi mu ntwaro zaheze. Bahe gukora amakosa menshi kugirango ayo twakoze muri Kahise yibagirwe abanyagihugu bagume bibuka aya CDD-FDD ejo turonke insiguro zo kubakura. Turakuzamvye mukama bame mu ndyane za misi yose.
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire
    ‘’Bikira mariya’’ mawe, turagusavye igipolisi tuzokirwishe mu makosa cice abari mu myiyerekano maze amakungu atume igisirikare turwiriyemwo kubarasa.
    Uraduha abahutu bari mu kibiri n’abari mu mashirahamwe ataho yegamiye mu vya politike yacu tubogeko nk’uko vyagenze mu Rwanda mu gushikira ubutegetsi. Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose,
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire
    Urabona ko abenshi muri twebwe bahisemwo kuvuga ko ataho begamiye mu vya politike, abandi twihutira kuza dushinga amadini babone ko twihanye ivyaha twabakoreye, ni iki tutomenya kibera ibwami twikinze inyuma ya bibiliya?
    Duhe kubandanya batwizigira mu kubabera abahanuzi, tubaganishe kugutakaza ubutegetsi batabizi. Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose,
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire
    Ibagiza CNDD-FDD n’abayishigikiye kuguma bitwararitse amatora bibagire ko dufashanije na Kagame turiko dutegura intambara sindamusiga.
    Mukama, duhe busokoza agire amahirwe yo kuronka amahirwe yo kwumvisha Rwasa canke Nyangoma umwe muri bo yemere kugitwara tuzoce tumwica Buyoya ace akinyiganza nkuko ariko arabitegura biciye ku bacancuro b’Urwanda. Ariko turavye nabi abatutsi b’Urwanda batarekera bazohava banatanga abahutu kutwica bace bacifatira kuko kagame asigaye araba inyungu ziwe gusa yoca araba Nickel musongati.
    Duhe kubandanya batwizigira mu kubabera abahanuzi, tubaganishe kugutakaza ubutegetsi batabizi.
    Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose,
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.