IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Buyenzi : Igisasu catewe gikomeretsa 26, icenda bararemvye

Buyenzi : Igisasu catewe gikomeretsa 26, icenda bararemvye

jeudi 11 Ruhuhuma 2016, par egide

Umuntu yariko yiyunguruza kw’ipikipiki yateye gerenage hagati y’ibarabara rya 3 n’irya 4 muri komine ya Buyenzi, mu gisagara ca Bujumbura igihe c’isaha zitandatu n’iminota mirongo itatu. Abantu bagera kuri 26 nibo bakamerekejwe n’iyo gerenade, harimwo abana babiri hamwe n’umugore umwe.

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko iyo gerenade yaguye mw’ibarabara, arikwo gukomeretsa abo bantu bari hafi y’ikibanza yatewemwo.

JPEG - 60.8 ko
OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi

OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi yamenyesheje abicishije ku muhora wiwe wa Twitter ko muri abo 26 bakomeretse harimwo umwana n’umugore, kandi ko icenda muribo bakomeretse cane.

Bamwe mubari mu kibanza iyo gerenade yatewemwo bamenyesha ko uwayiteye yari yayinyegeje mu kamwanya.


IGIHE

Messages

  • abo bantu ni ba boko harama.
    kwica abanyagihugu gusa

  • Reta yarikwiye kwongeza inzego zijejwe umutekano kigirango amahoro abashe gusasagara mugihugu

  • Ni ba Sindumuja bonyene bakora ibisa n’ ivyo bafashijwe n’ U RWANDA.

  • Mana tndagusavye utabare abantu birirwa baricwa bazira ubusa. Kiza abakwiye gukira, uhane abo ukwiye guhana ariko amahoro agaruke, abantu batekane. Amen

  • Mana tndagusavye utabare abantu birirwa baricwa bazira ubusa. Kiza abakwiye gukira, uhane abo ukwiye guhana ariko amahoro agaruke, abantu batekane. Amen

  • ee sinabambwiyeko CNARED izokwegera abarundi akarambaraye? ngiye CNARED mwomvarero!. muricnared bakundagagapfa, bazoguma batera amagerenade mubanyagihugu kugirango bereke amakungu ko muburundi aribicika ...abo batagandaguye abanyagihugu kugirango bagume badandaza ibiziga ntibashirwa...nicogituma dukwiye kuvirahasi rimwe tukabarwanya....gutera gerenade mubanyagihugu hamango nibo baserukira abenegihugu?

  • ni abo peter Nkurunziza arungika kugira agire ivyitwazo vyo kwica abatutsi cane cane aba jeunes.

  • Ba SINDUMUJA barakomeje numugambi wabo wo kwica inzirakarengane wateguwe na RUSUFERO kagame.

  • nibarekekwicana ntakamaro imana izozakubihanira

  • Mana Ndagusavye Uhane Abakwiye Guhanwa Ukize Abakwiye Gukira Kuko Ubwicanyi Bwabaye Ndase.

  • Mana Ndagusavye Uhane Abakwiye Guhanwa Ukize Abakwiye Gukira Kuko Ubwicanyi Bwabaye Ndase.

  • James Jovin Polen Sana Warundi Ila Kuweni Makini Na Kagame Paul Wa Rwanda Sisi Wa tz tuko teyar

  • Ntabo Bazoshikako Bogomba Botekereza. Bakareka Guta Umwanya.

  • namadayimoni aduhkura!vendrdi..dimanch aratunoza!ubw bukoko bwatunaniy isngera,enda ni muz twisonzesh twambr amagunir nukur tuyisng twishshij bugufi ahndiho aratumara.muga akunda capital

  • MANA DUTABARE TURAHONA NK,IFU YIMIJIRA@

  • Ndasubiriye kubaza , mbega ibihugu bifisemwo abantu baba terrorists babise aba terrorists kuberabaribakoze ibiki? Jewe hariho uwambwiye ko kugira abantu bitwe aba terrorists baba bakora ubwicanyi nkubwo bwogutera ama grenades mubantu babagabo, abago. Ababantu batera ayama grenades mu Burundi batishwe isima ribakwiye rya terrorists bizoba ari akamaramaza.

  • @kamaro. CNAREC yapfuye kera yo na MAPROBU. Umwanzi w’abarundi ni inkoramaraso Kagame (pilato). Gusa iyo nkoramaraso kagome nayo itangiye gucika intege. Ndizera ko mumezi nka 3 abarundi namwe muzayikubita na grenade na za muzinga.

  • Kagame mumuronnderako iki?Iragi rya basokuru twese Abahutu,Abatutsi,Abatwa n’abandi bose b’Abarundi ni UBURUNDI,buradukwiye kandi buzodukwira.Ni muteke kwicana kuko TWESE TUZOPFA.Abo birigwa barapfa bariyica?Ko twirigwa turaca ku mazi ntibicwa n’abo bacungereye?Ni inde murundi atarumva uwo azi yishwe muri izi ntureka,?Ukwicara hamwe tukaganira niwo muti..

  • @yayi. kagame ni umuperezida wintagondwa uteza umutekano muke mukarere. kandi akaba inkoramaraso kuko yishe benshi. ikindi kandi ni umwami wubwoko bwabatutsi. iyo ashatse kuvuga abinyuza mumuzindaro we w.amazirantoki MUSHIKIWABO

  • Mana Garukira Uburundi Na Barundi Kuko Uburundi Bugeze Habi

  • none reta ntiyohagurukira izonkozi zibibi nkizo

  • none reta ntiyohagurukira izonkozi zibibi nkizo

  • Hawa watu ni madevoshipa wanapenda kuona damu ya laia ikimwagika ,nashangazwa saa kuona wanalinda aman katika incin yawenyewe nakwao kumeharibika zaidi huo niujiga tu huku wana imci wanakufa nahuko wana jeshi wanakufa sasa tumuraum nani?mwenekit .

  • Izo nizambonerakure mwarazigishije kwica mwongera muziha ibirwanisho bizobagora kuzihagarika kuko umuntu amaze gusesa amaraso abayabaye igikoko ntaba akiri umuntu nibibuke imisi yabasanje chek ababatumye vyarabagoye kubahagarika kuko hagezenaho nabobabahindukirira harya nibarindire nabo bazobereka Ngo umanika agatu wicaye mukukamanura ugahagarara nkurunziza yavuzeko aricayi gihoze none narabe ahubwo niyaraba nabi kizomuturira

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.