IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > CNARED isaba ko ibiganiro bihuza abarundi vyobera hanze y’igihugu

CNARED isaba ko ibiganiro bihuza abarundi vyobera hanze y’igihugu

lundi 14 Nyakanga 2015

Umurwi w’igihugu wishinze gukingira ibwirizwa nshingiro,amasezerano ya Arusha n’intwaro ishingiye ku kategeko CNARED,umenyesha ko utemera inzego zitwara igihugu,kuko zavuye mu matora yatunganijwe n’akarwi k’abantu bari ku butegetsi.

Mw’itangazo ryateweko umukono n’umukuru wa CNARED Leonard Nyangoma kw’igenekerezo rya 12 Nyakanga 2015,CNARED imenyesha ko kugira igihugu kije mu mutekano,hategerezwa gutunganywa amatora meza,yitabwe na bose kandi abaye mu muco,mu kiringo mfatakibanza.

Muri iryo tangazo,CNARED imenyesha ko mu gihe ata biganiro vyoba,yiteguye gufata ingingo zose zishoboka harimwo n’ingingo zofatwa ku bijanye n’ukwubahiriza amategeko kw’ababazwa ibibazo vy’igihugu.

CNARED isaba abadashigikiye ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu,gushira inguvu hamwe mu gikorwa kugira bashike ku kintu kiboneka kandi ciza kubwo abarundi bose.

Urunani CNARED rusaba ko ibiganiro bihuza abarundi vyobandanya vyisunze ahanini ko abovyitaba bova mu mpande zose mu ntumbero yo gukinga ko igihugu gisubira mu ntambara,kwubaka inzego zose hisunzwe ibwirizwa nshingiro n’amasezerano ya Arusha,hamwe no kwubaha intwaro rusangi ishingiye ku migambwe myinshi,amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike,hamwe n’ibinyamakuru vyigenga kandi bikora mu bwigenge.

CNARED irangiza ishimira amashirahamwe mpuzamakungu ku gikorwa co gufasha impunzi z’abarundi bahunze igihugu,ikamenyesha ko kugira ibiganiro vyitabwe n’abegwa n’ikibazo ca politike bose harimwo n’abatari mu gihugu,bitegerezwa kubera hanze y’Uburundi.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Nkiciyumviro:komuta precige abobizamwo ninkabande kugirango ntibaze barungke abadakenew!Mbe nkabadashigikiy 3em mandat tuzofashe iki gut?Ko namwe mufis ijambo mwirutse aband mwumva bokwirohagute na torture iriho?

  • wewe nyangoma ntamuteufise kuko ntunakwiye nogukina pritic urakogwiuva akariko nimwe bwe mwataye igihugu uraza ubivugire muburundi

  • NTAMWANYA WOGUTA IBIKORWA NGOTUGIYE HANZE MURAZA NAMWE

  • uwufashwa na shetani ntabura abamufasha kwica . Ariko umuvumo w.Imana urin
    yuma yanyu.nyangoma nabo barikumwe nibihane

  • uwufashwa na shetani ntabura abamufasha kwica . Ariko umuvumo w.Imana urin
    yuma yanyu.nyangoma nabo barikumwe nibihane

  • uwufashwa na shetani ntabura abamufasha kwica . Ariko umuvumo w.Imana urin
    yuma yanyu.nyangoma nabo barikumwe nibihane

  • nta ntwaro mfatakibanza ikenewe mu burundi nimba mutemera amatora yabaye nimurindire mumwaka wa 2020 namwe muzotsinda atarivyo koreshya imbaraga tubanyukure nubwo nabacyu bazapfiramo

  • nta ntwaro mfatakibanza ikenewe mu burundi nimba mutemera amatora yabaye nimurindire mumwaka wa 2020 namwe muzotsinda atarivyo koreshya imbaraga tubanyukure nubwo nabacyu bazapfiramo

  • nta ntwaro mfatakibanza ikenewe mu burundi nimba mutemera amatora yabaye nimurindire mumwaka wa 2020 namwe muzotsinda atarivyo koreshya imbaraga tubanyukure nubwo nabacyu bazapfiramo

  • nta ntwaro mfatakibanza ikenewe mu burundi nimba mutemera amatora yabaye nimurindire mumwaka wa 2020 namwe muzotsinda atarivyo koreshya imbaraga tubanyukure nubwo nabacyu bazapfiramo

  • nta ntwaro mfatakibanza ikenewe mu burundi nimba mutemera amatora yabaye nimurindire mumwaka wa 2020 namwe muzotsinda atarivyo koreshya imbaraga tubanyukure nubwo nabacyu bazapfiramo

  • Jewe Nibaza Ko Bazovyemera Kuko Nabonyene Bavuye Mubiganiro Kandi Nabonyene Kiriyagihe Ntibari Kwemera Ko Ibiganiro Bibera Mugrhugu Hagati. Ariko Sinzi, Mbona Bibagira Ningoga!

  • tubari inyuma nimukomere

  • MUrafise icizere ko nkurunziza azokwemera ibiganiro sindabizi muragerageza

  • Tuzosasa ibitenge namashuka President wacu Leonard Nyangoma niyatahuka,impundu nakanyamuneza zizotwica.

  • President w’Uburundi Nyangoma oyeeeee,karibu mutama urisanze ni murwa we.

  • abarundi bayamazengo imburakimazi ibagarumushatsi nyangoma yamye ari gatovyi arekere abashoboyegutwara batware,

  • Kugira negociations cg dialogue, bishoboke, bisaba kubanza kwemera ko mu Burundu hariho institutions ziyoboye igihugu. zitariho Nyangoma yavugana nande? niba ziriho rero asabwa kuziha respect azigomba, akabona kuvuga ikibazo ciwe. niba zitariho kandi, ubwo nawe ntawe afite abwira, arata inyuma.
    nabanze amenye ico akeneye abonereho gusakuza

  • Abarundi murangwa nibitutsi gusa, mbe richo aho usomye ivyo wanditse ntufata isoni utegerezwa kuba uri mubi cane; nibaza kutaratahura icarico Imana niwe warukwiye kwihana shetani ukayikurako iragufise yarakugose

  • CNARED murasara ibiganiro bigamije guki? abarundi dusaba nimba basaba ibiganiro imbere yavyose babanze baganire nabarundi bahekuwe na CNARED babasabe ikigongwe kuko bavyiyemereye ko aribo bahaye badurumbanya umutekano, ibirirenze ivyo ntabicanyi dushaka muburundi

  • Nyangoma arukwica uracishe benewanyu nabashikibawe nabavyeyi babarundi nimbariyo ukiri! Mbeguraziko nubwomufise uburenganzira bwokuba ahomushaka kohariho ibirikobirirwa kugira ibihugu bifate abomukorana bagize uruhare mukugerageza gutera kudeta, cokimwe nabobose bagumuye abarundi bakabategeka guturira abantubabona nayandimabi bidashoboka kwihanganirwa bakoze, iconobabwira ejonihabi kurimwebwe uwonogirinama yovamwicokintu kirimwo abakoze amabimeshi mugihugubitacabo cu Burundi akitangurira uyundimurwi kandi amatwi ansumiri nivyobigombabibe mugihe kidashika umwaka.

  • nibwo nabona ko atamutwe mufise noneho, none ba Nkurunziza bajaga iyo arusha bavuyehe? ntimuhazi,bari ngaha nyene mugihugu, namwe ni muze rero babakire canke amakungu atangure abayoragure abate mumvuto kubera atabwenge mugira. mwarahenze abanyagihugu bikomeye muca muricabukira basigara baragogwa bonyene kandi ari ayomada yanyu bariko baragirira kuko nubundi atanyarucari yari mumigumuko arondera kuba umukenguza mateka.

  • Ahubwo nyangoma ntakomeye ahubwo je,ndatwenga abantu bahunz ngo, batinya intambara muvyukur nyangoma yarabahenz mukubahenda ngo hung abicishij kumuvugabinyoma ngo,nubutumwa

  • nibwo nabona ko atamutwe mufise noneho, none ba Nkurunziza bajaga iyo arusha bavuyehe? ntimuhazi,bari ngaha nyene mugihugu, namwe ni muze rero babakire canke amakungu atangure abayoragure abate mumvuto kubera atabwenge mugira. mwarahenze abanyagihugu bikomeye muca muricabukira basigara baragogwa bonyene kandi ari ayomada yanyu bariko baragirira kuko nubundi atanyarucari yari mumigumuko arondera kuba umukenguza mateka.

  • Dusaba Imana Rugira vyose ngo ishoboze abahanira ivyicaro vya politique bumvikane kugirq ngo igihugu ntikije mû manga.

  • Jewe iciyumviro canje n’iki:tudahendanye,muriyimvira ko reta ya CNDD FDD ishobora kuza mubiganiro? Ico ntigishoboka. Baramaze gushinga reta yabo! None wumva boza mubiganiro gukora iki? Ahubwo mwebwe nk’urunani CNARED,nimuhaguruke mufat’ingingo yanyuma koko,Abarundi twarushe dutora IBIZIGA mu ma Quartien! Murakoze

  • MBEGA KOMUVUGANGWAMATORAYATEGUWENAKAGWIKARIKUBUTEGETSI NAGOMBAZE IZONKOZIZIKIBI NGOZIHAGARARIYAMASHIRAHMWE MBAKOKAJAGARI KARINGAHI BUJUMBURA AHANDIHARAKAJAGARINIHE? MURINYANKABURUNDI TUZOBAGWANYISHA AMASENGESHO NINTWARO ZOSE

  • We we ntawutakuzi 93 wafashe inkoho ngo abatusti ubamare ubunaho ngovuhaye uhamagarira abnyagihugu kujamuntambara ugwanye umuhutu nawe ngo Niki atavuka ibururi. Uraza turakwiteze ntantwari yawe uzorinde upfa uragapfa

  • MBE BASHA NI NDE YABAHENZE NGO HAZOB IBIGANIRO! NI CO GITUMA BARIKO BARICA INTWAZANGABO Z ABAHUTU NUKUGIRA BARONDERE IBIGANIRO KU NGUVU. NYANGOM NUKO ABATUTSI BAMYE BAMUHENDA AKAJA KU BAHUTU BENEWABO AKANIGAGURA. NTAZOBAMARA GUSA AZOPFA ARUSHE.

  • MBE BASHA NI NDE YABAHENZE NGO HAZOB IBIGANIRO! NI CO GITUMA BARIKO BARICA INTWAZANGABO Z ABAHUTU NUKUGIRA BARONDERE IBIGANIRO KU NGUVU. NYANGOM NUKO ABATUTSI BAMYE BAMUHENDA AKAJA KU BAHUTU BENEWABO AKANIGAGURA. NTAZOBAMARA GUSA AZOPFA ARUSHE.

  • Mutama Nyenicubahiro President Leonard Nyangoma bandanya igikorwa wivuye inyuma rekana nizi mbonerakunya zandika ivyo zitazi.

  • mbe zanguvu bavuga bagiye gukoresha zahereyehe,izo nimburakimazi,petero nibamwihoze ntakundi akarutakandi karakamira!!

  • Nyangoma ntakigenda,ariko arakenyeye akoreshwe na kagame?yamye arangwa nokwic abatavuka ibururi nubu arabishaka,MANA tabara

  • Festus,twibaze Ko Atari Umwe Tuzi! Nawe Nu Ntiyotwenga Abahunga. Ko Nizeye Ko Atariwe, Atarahunga Uwiwe Azohunga Ataricwa, Uwiwe Azokwicwa, Ace Avuga Ko Atwenga Abicwa. Festus, Uri Ikijuju Kweli.

  • babakatire agacimbiri kamwe aho mububirigi ariko mutwara, twe ngaha muburundi muduhe amahoro. maze izonkunga mwanka ko abarundi baronka bazibahe muzigunane iyo. twe hano imvura nigwa tuzorima ariko dutekanye.

  • None Jwe Ugira Ndi Imbonra Kur Hamw Abatutsi Bosubira Kudutwara Twoba Tugowe Boca Basubira kutgaya Ntaco Arampa Mugani Ni Bamurek Honyen Ugiye Mumavre Ninzu Zabtuts Gus Mber Vyiza Hoguma Hatwar Umuht Kagame Nak Gashak Mubrundi Hamer Nko Murwand Hazoguma Hatwar Umtuts Natw Ubu Twashak Ko Hogum Hatwar Umuhut Ivyi Cenda N(3)twarabihaze Aha Noguma Mvuga N’umus Wohera Kuvuga Mesh Siko Kuyamara Aha Ni Vyishi Ntavuz!!!!

  • Nico nkukundira mutama!komera k’umuheto tukuri inyuma!

  • @yaaaaaazzzaaazzz jewe ndahevye abarundi batagira umutima bariho sinarizi ko harumuntu yokubahuka kutuka Nyagoma ?ikitavuzwe co numuhugu yubahuka akavuga Ko Nyagoma ataca amaze haàaaaa 1:Nyagoma yahevye Ubu minisérie akaja mukibira arumwe untago yavyose umurundi nkuyo tuzomukurahe ??abahutu Bose bari binyegeje muri club de vacances ex’ntibantuganya’leonce’ntaryamira’ abandi bahuze’ : muri intashima 2:abatutsi iyataba Nyagoma bampfuye bamenye kobari baranizwe nintwaro zagisirikare??? Iyo muburundi turirimba démocratie hutu et tutsi vyukuri iyataba Nyagoma yemere ahebe ibiti aje mwishamba hari démocratie ibikivugwa??ncanke Arusha turirimba iyatabawe koko harikuba ibiganiro atawateye intambara??!reka ndabibarize palipe hutu ntiyari yarageraje bikanka ariko Ubu niho mubona ko Nyagoma ataco yamaze birababaje Nyakubahwa mushigantahe wijambo ritagira umugayo utari mpemuke ndamuke Nyagoma léonard komera kumuheto abarundi tukuri inyuma abahutu abatutsi abatwa tukwijigije kururugamba ko tutazo guhemukira nkuko FDD na Nkurumbi baguhemukiye komera

  • mwisurayabotwaruburundi.nturimwo!ndakuzingenuparurukamumutwe.uribukingenendayikengurukiye yaguhanura.turimunamakaminuza.imanyema.ugacuvugango tumurase?haryanihonakuneguriye

  • nako boja hamwe bagatora inyishu ibera nziza abanyagihugubose twebwe abanyagihugu twishakira amahoro.

  • Bahunga Ik Hari Intambar Iriko Iraba Bashaka Inzara Ni Ibakureho

  • Bahunga Ik Hari Intambar Iriko Iraba Bashaka Inzara Ni Ibakureho

  • Abene gihugu dushaka umutekano ivyodufungura’ hamwe nama franga ivyobibuze ntakoshokoka.

  • Nukuri Naho Yogomba Agatekereza Twebwe Abarundi Dukeneye Amahoro Ntakuntu Azotwara Igihugu Tutamushimye.

  • Nyangoma, turarushe; gabanya amajambo mushire imbere ibikorwa na yo ahandi ho nkurumbi arakibatwaranye. Koresha imvugo yumvikana bive mu nzira !

  • NYANGOMA,TURARUSHE! GABANYA AMAJAMBO MUSHIRE IMBERE IBIKORWA,NAYO AHANDI NKURUNZIZA ARAKIBATWARANYE.NI VYA BISHOBOKA,KORESHA INGUVU ZA NYUMA!

  • Hari ikintu kimwe ntategera neza ku banya politike! Burya ga , igihugu kiratangwa ntikigwanigwa? Ngo akagiye mu menyo y’imbwa mukukavanayo bakubitako ubuhiri.Abizeye amahoro azoza i Burundi kubw’ibiganiro ni babe baraganduka. Inyuma y’aho naho tuzovuga ngo akabindi kanje ni saba uwutsinze. Atar’uko naho abarundi turapfa nk’imbwa zitagira ba: << shebuja >>.
    Nyabuna riho tuje ku mavi dutakambire iyaturemye yo mutananigwa itugarukire, tuyiririre, ntizonanigwa kwumva kuko yo ni :UMUDAHEMUKA kw’isezerano. Murakoze

  • Kuberk mushakak vyobera hanz?mushak muzoc mutembagaz kand ubtegets?kuk mutiny igihug canyu?tweh ntitukirimw?umu6 ugez ah wob uri hos urapfa jew icombon nimumurek abugumek Imana yo nyene izomukurak mutarinz kwirusha kuk nkurunziza ntiyumv mwibuke na faraon yank kurekur abisiraël yabarekuy yibneyeko

  • Kuberk mushakak vyobera hanz?mushak muzoc mutembagaz kand ubtegets?kuk mutiny igihug canyu?tweh ntitukirimw?umu6 ugez ah wob uri hos urapfa jew icombon nimumurek abugumek Imana yo nyene izomukurak mutarinz kwirusha kuk nkurunziza ntiyumv mwibuke na faraon yank kurekur abisiraël yabarekuy yibneyeko

  • Barundi mwese . Tubazanye iki kibazo. Mwese abarundi turemeza ko uyo muntu ashaka gusomera bariko barasemerera ashakira amahoro igihugu n’abakibamwo? Igitangaje! Ngo n’umusenzi karuhariwe. Muramubaze niyaba ari uwa: Christo atari uwa :Anti Christo, ico ibwirizwa rya 5 risigura kuboba bamwegereye.Aheze areke guhenda abantu ngo ni: umusenzi.MANA tabara igihugu cacu c’UBURUNI kigeramiwe n’amabi meshi.

  • Umwami Yesu abitangire Imbere muri vyose. Kandi abagwanire intambara zose kuko ntaneshwa bivuga ko namwe muzotsinda. komera Mushingantahe Nyangoma natwe turi ku mavi!!

  • twipfuza amahoro abarund twosaba ko abajejw ibiganiro bokwumvikana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.