IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Colonel Jean Bikomagu yitavye Imana arashwe n’abantu bataramenyekana

Colonel Jean Bikomagu yitavye Imana arashwe n’abantu bataramenyekana

samedi 15 Myandagaro 2015

Uwahoze ari umukuru w’ibiro bikuru vy’intwaramiheto mu gihe Uburundi bwari mu magume Colonel Jean Bikomagu yitavye Imana, arashwe n’abantu bataramenyekana,kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 15 Myandagaro 2015.

Colonel Bikomagu yarashwe ku mutaga ariko arataha mu hira iwe muri quartier ya Kabondo mu gisagara ca Bujumbura, igihe yari avuye gusenga, ku musi mukuru w’iyurizwa mw’ijuru rya Bikira Mariya.Yarashwe ageze imbere y’inzu yiwe agomba yinjire.Abamurashe baciye bahunga.

Umukobwa wiwe bari kumwe mu modoka nawe yakomeretse ku kuguru. Gushika ubu icatumye yicwa n’abamwishe ntibaramenyekana.

Mwomenya ko Colonel Jean Bikomagu yatwaye ibiro bikuru vy’intwaramiheto kuva Uburundi bwinjira mu magume mu mwaka w’1994 gushika mu myaka y’inyuma y’2000. Abatari bake bakaba bamaze gutera ivyatsi ico gitero cagizwe kuri uyo mukukuruke mu gisirikare c’Uburundi.

Photo: Teddy Mazina


Van Naris Mugisha

Messages

  • Pauvre Burundi, tes enfants vont t’envoyer en enfer très bientôt àcause de la cupidité et des coeurs endurcis!!

  • Ndagirango mbwire abarundi ko genocide yo mu Rwanda yatangiye Nkuko
    Ndasaba abarundi babishoboye guhungisha abana n’abagore kuko bitarenze Amezi 12 genocide iraba .ndasaba abatutsi kutazahungira mu kiriziya cyangwa ahandi hose Muzaba muri benshi kuko Ariho bazabamarira.
    Buri wese afate icyemezo

  • hasigaye Buyoya hama Nkurunziza akaryama umukondorazosi

  • ubu rero kwica rwabaye ururirimbo i Burundi.Ariko ico nzi kizira kwica.

  • Icazize tuzokimrnya namba atari amaraso ya Ndadaye amuhumiye,reka tuzoba twumva ibizokurikiraho muvyo azize.

  • NTA KUNDI TURAHOMVYE UYO NYAKWIGENDERA.

  • NONENKUWOBAMUHOYEIKI UYOMUZEHE

  • Ntawe dushaka ko mutubarira turamuzi uwamugandaguye.!
    Iminsi ya nkurunziza iraharuye

    Time will tell

  • Imana Ikwakire,mubwamibwayo,turaziko Atawupfa Atacaha Afise Kubera Turabantu?Imana Itubabarire,

  • Kubera ko mu Burundi atabutungane bwigeze bubaho, abicanyi baneganega iruhande y’abo bahekuye canke bababarije igufa, habwirizwa kuba intwari zubahuka zikabereka ikibanza cabo.Kuko barica, barasahura, ukamengo ntacigeze.

    Abo bose batuma bene Burundi babandanya bicana kandi bari mu bwoko bwose, babwirizwa kuja iyo bipfuza gushira abandi kugira haboneke agahengwa mu Burundi. Ingwano ntizohera mu Burundi hari abicanyi babandanya barondera kwikingira ikibi bakoze aribo babo ba Bikomagu n’abandi ntiriwe ndadondagura.Uburundi bubwirizwa kuramutswa abantu batakoze amaraso baba abatwara ubu canke abahoze batwara bakoze ikibi kibishe.

  • Ndahojeje umuryango we,ariko ubu bwicanyi burakwiye guhagarara.

  • Niyigire amahoro uwo mutama yarintwari imana imwakire ariko muburundi ubwicanyi burabaye ndanse

  • basha umututsi akiri muburundi sinzi ico arindiriye iyi ni true jenoside

  • Ahubwo Nagira Nyene Yararankuy Isi Ahubwo Ngira Arahuniy Nibahamagr Abaganga Karuhariw Batohoze Neza Barabe Ko Atirabits Sha Adoloph Azokwirikirwa Nabenshi Imana Ntinamwakir Kuko Abantu Yicishij Kuva Muri 1994 Gushika 2000 Nibenshi Aragapfa

  • imana imwakire mubwamwi bwayo bikomagu RIP gusa igihugu cacu ntikigana heza atagikozwe uyo bishe nt murundi numwe ayobewe kahise kiwe

  • Ndahojeje Aba Buze ,ariko Ibinywa Maraso Sivyo Gusa.

  • Ico Tuzi Co N’ Uko Kwica Ataari Umuti W’ Ikibazo Na Kimwe Iyo Muba Abandi Uwagirizwa Ikintu Icarico Cose Yoja Imbere Y’ Intahe. Ahandiho Vyose Bizobazwa Mwebwe Bitebe Bitebuke. Kuko Igigano Co Gupfa Carakuweho.

  • Tendawema Wendezako Numugani Wigiswahil Uyobikomagu Yishwe Birambabaje Ariko Nawenyene Yarishincungu Yademocracie Ndadaye Nawe Niyunve Ariko Ihorihor Imarumuryanko Munyakigonge Nimana Yonyene Dukore Dusenga Dusenga Dukora Iman Iratuzi Umwas Aguciricobo Imanikaguciricanzo

  • None ko bica abafitiye akamaro igihugu abandi bagahunga urwaruka rw’uburundi ruraregwa nande ko incabwenge zose zihetse mugihugu?

  • Ubu ni uburyo busa nk’igihara n’igiharage nk’iryabaye mu Rwanda. Abatutsi barabukoresha mu kwica ababo kugira bamare abahutu atacamira. Abahutu mugabe mutagwa muri uwo mutego. I Rwanda babigenjeje gutyo. Hatagira umuhutu arya urwara umututsi. Bareke hagati yabo bicane, ni babona mutaguye mu mutego wabo, bazoturura, muzoba mu mbarira. Mutagwa mu mutega abahutu b’i Rwanda baguyemwo.

  • REKABAMUMESE IYOMBWA BIKOMAGU

  • REKABAMUMESE IYOMBWA BIKOMAGU

  • Bikomagu yari amaze gusaza, ukuntu kera yahoze Ari umusoda ateye ubwoba, ntihakagire uwiratana umubiri akiri kuri ino isi,

  • Hasigaye buyoya.ndadaye azobakorako kugeza kumuhero wisi.

  • Emwe ivyu Burundi nihatari nibutse umuririvyi yaririvye uburundi ntibucike ikibuga cabadAyimoniCabadAyimoni

  • Mbe buriya umututsi iyapfuye vyitwa Genocide!!? Ahaa murasekeje, uwakoze unabi arayishura uwikeka uvyoyakoze azovyishura

  • Ivyo ninzira yuko twocanamwo.Mugabo imana izovyishuza.Iratubona

  • ASHA NAHO ARASHWE NTANGORANE MUGA SINOMUGERERANYA NA RUDOLUFE KUKO NIMIBURIBURI WEWE YICAGA ABAHUTU NAYO KIRYA KIGUGU NGO NI RUDOLUFE WEWE KO YAGUMA AGANDAGURA ABAHUTU BIWABO MUGA NIMIBURIBURI BIKOMAGU WEWE YAGANDAGURAGA ABAHUTU GUSA IKINDI NUKO YARI YARAMAZE KWIKUKURUKIRA MUGA RUDOLUFE WEWE YARAKIRI MUNTWARO HARYA PETER YARASHAHUWE MAMA YANGU.

  • iyi ni vraix jenoside Tutsi.

  • INGERO MUGERERAKO ABANDI NAMWE NIYO BAROBAGERERAKO AHUBWO MWOTUMAGURANYE MWEBWE MUMENYA ICO MUPFA TWEBWE BATOBATO MUKATUREKA NTACO TUZIRA AHUBWO AYAMARASO YASESETSE KWIYITWARO AZOBAKO BITEBEBITEBUKE MUZOBIBAZWA IMBERE YINTAHE .CANKE IMBERE YI MANA BANDANYE MUYASESA

  • iyu umuhutu apfuy murar muratamba, umututsi apfuy naho ngo ni genocid, igihe ndaday yapfa mwari muz ko ari birori. barya yatumy kwica ndaday nibo bagaruts kumwerek ko biz bakamenya

  • REKA TWIHANGANE DUKOMEZE GUSENGA NGIRA TUZOMENYA ABAMWISHE NICABITUMYE.

  • none ko muvyanditse mutevy niho mukibimeny? ivya adolphe mwabimenye kare? naho mutari kuvyandik twari twabimenye

  • suwogusa nabandi turabakeneye. ak nkurunziza petero nawenyene arimubakenewe.

  • abarundi kwicana bibi, atanyishu izova mukwicana, nubwo uyu mutama yagandaguye ndadaye ntimwari kumurasa kano kageni. Imana ifashe uburundi muri bino bihe bitoroshe burimo bwashizwemo na radio RPA na Pacifique hamwe nabandi banzibigihugu.

  • Uwo yapfuye nabi kuko amaraso ya Ndadaye azamukurikira ikuzimu. Hari amakuru avuga ko yarashwe n’abadoda ba Niyongabo afatanyije na Rwisasiramirambo Kagame.

  • Nagende aragapfa apfanye abahutu benshi yanigaguye amaraso ya bahutu arahuma

  • Mana tabara uburundin’abarundi kuko ubwicanyi bwabaye umurengera.

  • MANA MUSHOBORA VYOSE TABARA UBURUNDI NABABUBAMWO KUKO TUGEZE HABI

  • muzokwicana kugeza ryar?nabandadaye barabant kubamubandany mwicana numuvumo wiwe rek babamare nabomwish barabantu

  • Yoh!uwuri namaguru nahunge.

  • Nosaba Ko Amatohoza Yonyaruka Muga Nyamba Nibaza Muburundi Hari Abicanyi Babigize Umwuga.Mana Garukira Uburundi Bwacu

  • Nosaba Ko Amatohoza Yonyaruka Muga Nyamba Nibaza Muburundi Hari Abicanyi Babigize Umwuga.Mana Garukira Uburundi Bwacu

  • AHAHA,MURUND,BIRAGOYE,MBE,BIZOTUGEZAHE?KO,TWICANA,TURIBAMWE,IMANA,NIDUFASHE,ABARUND,TURAGOWE.

  • Mwabantu mutanga comentaire ndabasavye murekekuza muratukana, mutyozanya vuge amajambo gishingantahe twes tuzopfa nne umuntu apfuy muca mumushinyagurira? abenshi twarataye akarangamutima! ntihagire uwifuriza inabi mugenziw murek uguhora kuzogume aruk’wimana

  • NAHO YISH ABAHUTU NTIVYARINGOMBWA NGO YICW IMANA NIYO YOMWIBARIJ.TURAHOJJ UMURYANGO WABUZE

  • Ingero y’icaha nurupfu!nawene yarishe NDADAYE..

  • NUKURI.MANA.UNVA.GUSENGA.KWABAKUBA.BARUNDI.GEZAHO.KWICANA.MWICA.UMUNTU.MUTAMURYA.NTIHICA.UBWOKO.NISATANI.YATEYE.ABARUNDI.TUBE.NKISOMARI.KWERI?NDABABAJWE.NABARIKO.BARAPFA.MUGATONDO.NSENGA.MWIJORO.NSENGA.IMANA.IZANYISHU.NDABI.

  • Ntamututsi yopfa ngashik burya arasinziriy ko hafuy kagam na dolofo. uzorabe ko bikomagu utazomubona ejo akomeye

  • ndahojeje umuryango wabuz.nibarondere izonkozizikibi. ndateye ivyatsi . Zu,arimwo arakokeza ihonyabwoko,mbe Zu ivyabaye murwanda,nivyo urimwo urategurira uburundi? wewe nsanze urumukehabwenge.

  • Iyinkuru Ntamuntu N’umwe Itobabaza Uburundi Burabuze Umugabo W’ijunja N’ijambo Ntabandi Bantu Bakwubahuka Ibintu Nkivyo Atari Imbonerakure Ivyi Burundi Turabiteye Ivyatsi

  • Uwomugeserabikomaguntiyapfuyebucamumubona.nashetanintazomwakira.Aramurenze.Yarumugesera.Yarekuzibitamankikivumbura.Aragapfa

  • non amahoro n umutekano nkuru avuga ni ivyabande biriho hoho?

  • Kubisanze Bikomagu Yarumutamawakera

  • bwabundi abatusti ubwenge bwaraheze aho bikomagu yarakiba muburundi kuriyintwaro ya dd? namabi bikomagu yaoze yarakiri impande yaba dd? ntiyari yarabajije KADEGE niwazi aba dd ndakebuye umutusti azi koyakoze amabi93 abe ariruka hahunze abahutu benewabo mwebwe abatusti namwe ntimumbaze

  • Ndumumfakazi wo mukinama. Ww uramfuye nikiziga barakibonye ariko jewe umugabo wanje wishe nikiziga sinabonye iyo wagitereye. Niwamumbonera uramundamukiriza.

  • UBUMUBURUNDI AGATEKAKAZINAMUNTU GASIGAYE KARAHONYANZWE UMUNTU UMENGA NTACO AKIMAZE .IBIKOKO BISIGAYE BIBASUMVYA UBWENGE %NIMWIHANURE MWIHANE NUKURI KWAMUNGU PE MUROHEZEHIYOOOOO0000000!!!!!!!! PEEEEEEE !!?:"!"

  • Uwomugesera Napfe Shetani Aramurindiriye NDADAYE ahamusangirayo aramwikubitira yooo!abahutu barenga ibihumbi 50,000 yanize azakubabwiriki ashitseyo yemwe aragowe reka turindire buyoya nawe NDADAYE Azobaka Ayabuji Napfe Iyombwa.

  • ngo ingero ugererako abandi ngo niyo bakugererako kandi wicishije inkota nawe uzokwicishwa iyindi

  • ngo ingero ugererako abandi ngo niyo bakugererako kandi wicishije inkota nawe uzokwicishwa iyindi

  • Nikomere Kwibanga Biymej Ryukwica Abakuru Nkabo Ubona Boza Baramangurana Bony Bo Bazi Icobapfa!,

  • MANA TABARA UBURUNDI UBWICANYI BWABYE NDASE.

  • Atarugucumurira ubusa,ntamuntu afise ubushobozi bwukwica uwundi.Aho bihoye ubusa kuko munteguro y’Imana ntiyarengana urya munota kuko imisi yiwe yari yakwiye.Abamwishe bacumuriye ubusa.None nibangahe bama bahwakwa kandi vyateguwe neza ko bicwa?

  • Reka ivyamoko mwabivume mwe,rekana imigambwe kuko abo mushaka ko batwara si baso wanyu nuguta umwanya,naho mwicana ntawuhonya ubwoko ntayo muzoshirana,yaba umutwa,umututsi,umuhutu murabantu,muva amaraso mwese,uburundi n’urwanda mwari mwagerageje kwicana kubera amoko mugabo vyabaye impfagusa,nagahomerabunwa kubona abantu baciye kwishure bicana ngo nikubera amazuru.

  • nuzuye intuntu nagahinda kubona bene wacu babarundi,biyibgiza aho twahz,mukwica nyakwigendera! Imana yoyo itacihishwa,iribubone impera yabamwishe

  • Imana imwakire gusa nuko apfuye tutamenye icatumye abasoda yarungitse kugandagura President Ndadaye gushika naho ico gisoda citiriwa Bikomagu "Abakomagu"

  • Ibi byose nibimenyetso byejyo hazaza hiburundi. Ubu conseil DE ministre inama bakoze yiga uwo baribugandagure. Ikibazo nuko nabo bizabageraho.

  • mubisazwegupfakwabikomagu.nisawa.yivugamye.abahutubenshi.ntagitangazakirimwo.

  • Muragab bategets bu burundi murashir ndahojej umuryang wabuz

  • abarundi mupfiki uguhora nukwimana abakra ivyo bibi inger bagerrak benese niyo bucabakakgererako

  • BIKOMAGU YATUMYE ABARUNDI BENSHI BAPFA KUBERA ARIWE YAGANDAGUYE NDADAYE ,REKA GUCA URUBANZA IMANA NINYEMBABAZI ASHOBORA KUBA YARIHANYE.ABARUNDI MUZE DUSENGE

  • Urupfu rwa ADOLPHE NSHIMIRIMANA n ’urupfu rwa BIKOMAGU ,,,, Rurahimbaye kuko abo bantu babiri ,,barishe abantu kurya bica isazi batazi ko nabo umusi wabo uzogera,, wa muhutu , wa mututsi wa mutwa we wica umenye ko nawe rukurindire,, nta Dorufu nta Bikomagu nobabazwa n urupfu rwabo,, ahubwo bose numvise ko bapfuye nca nugurura champagne,,,,Bikomagu ari mu Bishe NDADAYE ou bategetsi kwica NDANDAYE ,,nabahutu bakwirikiye entre 1993-200,, dorufu nawe yagirizwa ubwicanyi bw abantu isinzi entre 2005-2015,, abo bantu botubabaza gute bapfuye,,,mugani wabandabo ni kwihandura ihwa,,,abantu nkabo bapfuye

  • Ariko retro abakoze I yo retro bibubke ko nano rubarindiriye

  • Agir Imana ube yari yirez ku vyo yakorey abrundi n’abrundikazi, ahandi ho umuriro yatoraguriy inkwi agihumeka uramurindiriye! Ukora ineza ukayisanga imbere, wakora ikibi naho kikakubera umusentiri wambara mu nda! Sinejerejwe n’urpfu rwiwe, arko ikibabaje cane n’izi nryane yatey mu burundi, ukambura ubuzima umuntu utazi uko yabuhawe!

  • imana niy iz uko bigye kugenda

  • 72 mwaratwishe, birahera!
    93 muratwica muheye juri Ndadaye birahera! 2015 mugira ngo mutwice muhereye kuri Adolphe? Imfubyi zarakuze!!!

  • Mana garukira uburundi kuko ubwicanyi bwabaye ndanse, aho abantu bandagurwa atacamira!

  • INGERO YICAHA NURUPFU,UBUNAHO ARINDIRIYE URUBANZA GWIMANA, NURUPFU RWAKABIRI. IMANA ITUBABARIRE

  • INGERO YICAHA NURUPFU,UBUNAHO ARINDIRIYE URUBANZA GWIMANA, NURUPFU RWAKABIRI. IMANA ITUBABARIRE

  • Karashize Ingani Abantu Bagume Bicwakumurango Ryaka? None Abajejwe Umutekano Baba Barihe Kumenga Dufise Benshi. Nanje Ntavyonzi None Twobibaza Bande Kayemwe!!!! Mbaza Nkubaze. Ndahojeje Umuryango Wabuze

  • Karashize Ingani Abantu Bagume Bicwakumurango Ryaka? None Abajejwe Umutekano Baba Barihe Kumenga Dufise Benshi. Nanje Ntavyonzi None Twobibaza Bande Kayemwe!!!! Mbaza Nkubaze. Ndahojeje Umuryango Wabuze

  • Karashize Ingani Abantu Bagume Bicwakumurango Ryaka? None Abajejwe Umutekano Baba Barihe Kumenga Dufise Benshi. Nanje Ntavyonzi None Twobibaza Bande Kayemwe!!!! Mbaza Nkubaze. Ndahojeje Umuryango Wabuze

  • Igendere igihe wayabonye watabaye abarundi wari intwari mugihe byaribikomeye abatwaye ubuzima bwawe twe warabuduhaye turiho ntabwo tuzibagirana. Umuryango wuyu mubyeyi wingane. Guverinema yishime ko yatej’imbere abaturage bayo nubwo bwawe baherutse kwicwa na diyare muri Tanzania. Kuberiki gikwete atabajyanye iwe murugo? abarundi nabana batanzania duhereye kuri barya mugabo ibihumbi 40 byahawe ubwenegihugu. Reka sha ntabwo bahunze niwabo. Download

  • Wewe wiyita bizohera
    Imana nubu izomubaza nta kibuza nimba hari ivyo ibaza

     @falcon
    aakanyaro kawe,mbega ivyo udedemba ni ibiki,ngo mu rwanda no mu burundi ngo baragerageje ngo ntaco bashitseko,baragishitseko nyene baza abahutu b’abanyarwanda bagusigurire ayo babayemwo mu gihugu cabo,ndagusavye reka
    amazuru yarabiciye biracika ,wibaza ko ubu ariho vyohera,ngo ntaho tuzoshirana,ubizi gute?
    Uyo mugesera yatugomorerako imbwa zisara bakatubagira abagore bibungenze,abakobwa baciwe amabere,inzoya ziteregwa mu mu mbabura,abasore batuririwe mu ma pines ,abanyeshure bo mu buhonga barazana babaturira na essence mu nyakabiga kurorera yari 300 francs,ubwo butindi n’ibindi bigesera vy’ibihima vyaratuburabuje mu gihugu cacu,abarimyi bo mu gihugu hagati barabamaze be na nduwayo antoine yari premier ministre ico gihe n’abandi bagesera bo muri parena nka ba bagaza n’abandi batindinibo birigwa bararika aba sans echecs ngo bice abahutu babana,inganda zaratikiye,natembagare tuzomukurikira,ivyo mubesha vyose nguyo rero uwo tuzozura mumuhamvye ahariho hose,mumuhambe mu nzu iwe ,nta droit afise yo guhambwa ahari intungane,mukihenda imva yiwe turayishwanyaguza ntimwibaze ngo natwe ntitwababaye.
    Mbega ntawomenya bene micombero nimba bakiri i burundi,umuntu yakoze iyo coup nabarabire ivyo bivume vyanyoye amaraso kuva bakiri ku mabere yaba nyina. Mbega basha abatutsi mwamuhoe iki?

  • INGERO YICAHA NURUPFU,UBUNAHO ARINDIRIYE URUBANZA GWIMANA, NURUPFU RWAKABIRI. IMANA ITUBABARIRE

  • Imana irafise intumbumbero yuburundi bushasha mughe ikibazo cumutekano coguma cirengagizwa.

  • Uguhora nukuwuhoraho ibihe vyose ntukanezerwe nuko umwansi wawe aphuye. Ico Nashaka gukebura abarundi nuko bomenya yuko uburundi arubwatwese kwatanyagupha canke nyagukira. Imana yurwanda niyomana yuburundi.

  • ingero yicaha nurupfu ubunaho arindiriye urubanza gwimana,nurupfu gwakabiri, imana itubabarire

  • Ubona Abantubakora Icokibi Boza Baricwa Nabo .

  • Wibuke kugirineza ukiriho kuko ntacabereye munsi yizuba kitazomenyekana.

  • Karashi Ingani Abantu Bagume Bicwakumurango Ryaka? None Kayemwe Abajejwe Umutekano Baba Barihe? Nanje Ntavyonzi. None Twobaza Bande Kayemwe? Mbaza Ndakubaze. Turahojeje Umuryango Wabuze

  • Karashi Ingani Abantu Bagume Bicwakumurango Ryaka? None Kayemwe Abajejwe Umutekano Baba Barihe? Nanje Ntavyonzi. None Twobaza Bande Kayemwe? Mbaza Ndakubaze. Turahojeje Umuryango Wabuze

  • @signes
    Turabizi ko yishwe na bene wabo twebwe ntitwicana,ivyo vyo kurya inzara abatutsi sivyo turimwo nibamarane,gusa mbabazwa n’abahutu bariko baratumarirako atacamira,tubacungishije ijisho ntidushobora kwemera ko batugira minorite nko mu randa musigaye muri ene dessous de 35 pour cent .Turiko turabiga.

  • Mbe M uburundi Hahinduts Kwaranbo? Nimwemere Rero Mupf. Iyo Wumva 2 Eme Manda Irahez 3 Eme Ngo Izosiga Numuntu Numwe. Ntakundi Imana Nirab Icikora Kubundi.

  • Akabazo Gato;kuberiki Ubwicanyi Buhama Kenshi Abacolonel,abageneral N,abandi Muga Ntitumenye Icabitumwe Tukumva Ngo Amatoza?Kuberiki??

  • Nibyo koko nta mututsi upfa!!! Buriya Bikomagu yisinzirije ni muzima!!!! Gusa niba yanapfuye yagiye aho yashyize abandi... Ese Buyoya aracyari muburundi? Niba ahari nawe abatutsi bene wabo bari bumwirenze nkuko babikozi ku mwicanyi ruhagwa Bikomagu. Ngira ubu Bikomagu ameze neza mubwami bwa Shitani!!

  • Bavyeyi Twambaze Allah Adukiriz Uburundi.Mbega Mukama Hagomba Nyene Hakoreshwe Wamwibutsa Uvuga Uti:"le Plus Grand Ecrase Le Plus Petit".Oya Namwe N’ubw’umuntu Yoba Yarakoze Nabi Ntitwoca Tumwaka Ubuzima Tworeka Ubutungane Bugakora!

  • aho vyatanguriye nta bwoko burahonya ubundi malgré les efforts, reka tubane kuko naho muzovyanka bizoba uko. Ntukanezerwe n’uwupfuye kuko nawe uzopfa.

  • Himbarwe bene bikomagu ko mwebwe mugaraguy mukazonahamba;mweho vyopfuma!Twebw data ntitwahamvy;noneho nirengero ntitukirimeny kuko bikomagu apfuy atatubwiy aho yamuhamvy.Uraja uraraba abo mugendana mwana ucits kwicumu ntuzujan bagererwa izo bagerey mwo abandi!Mweho murahamvy ntangoran.

  • UYOMUGABO YAKOZE AMABIMESHI MUNTAMBARA KABA PFUYE ATARIBWAVYIHANE ARAGOWE.

  • mu migenzo y’ikirundi ntawutuka ikiziga. none mwataye akaranga. Uguhora n’ukw’ Imana yo izi ibigororotse.

  • Abarundi vy’ukuri Imana idutabare!!Please tugiriranire imbabazi mwabarundi mwe!!Nayahandi igihugu cacu kigiye kubona amahano!!Yemwe bantu b’Imana mwaroye he!!!!!IMBABAZI IMBABAZI IMBABAZI Kubansi bacu niho natwe tuzotakira Iyomwijuru igatabara Uburundi bwacu!!

  • Ariko abarundi muri babi pe umuntu wanyu arapfa mumwishe mwarangiza mukavuza impundu!!!!!! uvugira kuwundi ko apfuye koko we aba azi urwo azapfa!!!1!! murekeraho imana irabumva irababona hose ,ikinegu gikomeye cayane.kuki mwica ibiremwa by imana? ese hari uzatura nkumusozi?

  • condoliance àla famille àtu l’humaniste. malfaiteur votr jr arrive. prsonne qui restera sur la terre.

  • UBWI2NYIBWOMUBURUNDINTIBUZIGERABUHAGARARA.AMATOHOZANTACOATUMARIYE

  • Nawe ga FIDELITE uricana tuzorabe inyungu uzobikuramwo atarugupfa uyerera nka GAHINI,mbe BIKOMAGU ko yishe abahutu yarabamaze?mbe ADOLPH abanyamigambwe yarabamaze?wanka wemera nimivumo mwikwegera NTAYO MUZOSHIRANA KUBERA AMAZURU CANKE IMIGAMBWE ubwo NUBUJUJU BWUZUYE MU MITWE YANYU,amaraso y’umuntu aravumwe nico gituma ubona BIKOMAGU na ADOLPH bishwe nivyo bahora bicisha abandi.NAWE RERO GA FIDELITE GERAGEZA IMPEMBO IRAHARI.

  • Ha Abantu Bica Abandi Batazi Nabo Uryo Barindiriye Reka Apfe Murazi Ivyo Yakoze 94 Amaraso Arahuma Nuwishe Ab,imana Ntimwabonye Reka Nabo Bibagurekeko Kuko Bamenyekana Mu Bwicanyi Gusa Aho Kumenyekana Mugufasha Niba Wote Nabo @

  • ahubwo siwe apfuy ngrango yaravye.we nuko apfuy neza arashwe iyo bmukerera nkuk yakerey ndaday n’abandi.ngo avûy gusenga!ahubwo yaravuy kuzana abacu yakerej imbugta uwo mugesera.nibatwereke ikiziga ciwe dupfe gukubita usanga aghema,nuk yanyirukangje yab mfi6 amahera nogye iwabo wa giswaswa(toxique)nkamuca kumaz nezerew cne.

  • emma

    bikomagu nagende na muzehe wacu adolphe yaragiye, abatutsi namwe zemurumva akababaro abahutu tugira, ariko nuko turabarundi twese. Yaba twarabandi twosubiye gukundana nka bavukana, fidelit ivyiyumviro vyawe nivyo bandanya ukebura intumva turikumwe.

  • UBURUNDI BURAGOWE KUKO NIBO BIMARANIRA ARIKO TURABASABIRA KUMANA NGO ITANGE AMAHORO MUGIHUGU CUBURUNDI ARIKO UWO MUKORONEL ALATUBABAJE UMURYANGOWE WIHANGANE KWISI NIKO BIMERA

  • Ntakundi Umuryango Wabikomagu Niwihangane Kumbure Hobahariho Abarizemuza1993 barahoze namwe pore sana ugitenda mema utaripwa mema!! ugitenda mabaya utaripwa mabaya.kwahio nasema pore saaaana sana.

  • TURAZIKO NGAHIBURUNDI ABANYAGIHUGU BARENGA 90%ARABEMERA KRISTU BITAZIRA ABAKIZWA.MBERE NAMAZINA YABO NKAYOSE UYASANGAMWO IMANA AKARORERO(Ndayikeza.ndayihimbaze.nshimirimana,irankunda,ndayishimiye.nkurunziza.niyongabo etc.)ARIKO URAVYUBWICANYI BWAKOZWE MUKAHISE NUBURIKOBUGIRWA UBU USANGA BWAGIZWE NABAMWE BAFITE YAMAZINA YABAMWE BIYITA ABAKIZWA.MUGABIGITANGAJE NTAKIMENYESHAMAKURU NA1 KIRIGERA KIBITA NGONIVYIHEBE CANKE KWARINTAGONDWA ZABAKRISTU.ARIKO IYOBIBAYE MUBARABU CANKE MUBAISLAMU VYABINYAMAKURU BIGASONGOZIMINWA NGONABIHEVYI CANKE NGONINTAGONDWA ZABAISLAM.MBE IBI BIRIKOBIRABA NGAHIBURUNDI BIRIKO BIKORWA NABANDE?NIBABARABU NABAISLAMU MWAMEREYEKWAMENYO?KOTUTARUMVA MUBITAMAZINA MABI NKAYO MUHABANDI NUKUVUGA KOBOBO BAHAYEBAKIZA BATARIKOBICA?CANKE NABO TUBITEBANDE?TUBASAVYINYISHU YIHUTA,MURAKOZE.

  • ibigiz imis biba biraduter akob arik vyose bizohera Imana irikumwe natwe

  • Yewe, ivy’i Burundi vyanse imiti pe! None ubu bwicanyi bugiye kutugezahe, ko bisa na bimwe vy’ijisho ku rindi n’iryinyo ku rindi, kandi tutibagiye ko ihorihori ryamaze umuryango. Dukenyere umuryango w’Abarundi umarwe n’abawo?

  • Si des tetes, hutu ou tutsi, ne cessent de tomber comme des mouches au Burundi, c’est parce que les burundais sont toujours divises et la haine assez vissee/ancree en eux! Abantu baragandagugwa, bamwe bakaryoherwa abandi bakababara ukamengo ni urukino rw’umupira w’amaguru qui se joue entre eux, hamwe igitsindo cinjira bamwe bakanezegwa abandi bakababara dependamment y’uwucinjije canke uwutsinzwe uwariwe. Voila ou nous en sommes aujourd’hui au Burundi, voir l’assassinat des gens comme un jeu quelconque! C’est une honte pour la Patrie et sa Nation, n’est-ce pas? Alors, si l’echec est deja encaisse chez tous les burundais, il faut maintenant le surmonter avec brio en evitant surtout d’attiser le feu, comme c’est le cas aujourd’hui!...

  • amaraso ya ndadaye aramuhumiye nuwundi wese azi ko yasheshe amaraso y’abahutu ubwoko bw’imana azovyishura bitebe bitebuke ! bikomagu yararasigaye yisengesha yibaza ngw’ivyo yakorey abahutu imana yaravyibagiye ! hasigaye buyoya,busokoza,bijonya ..... nabo bazokwishura amaraso basheshe y’abahutu !

  • Ese mwarize abarundi? amoko ntabaho ivyo vyazanwe nabakoroni. kandi isi imaze 4,7 milliard d’annee ; ubu tuvugana isi ituwe na 8 milliard zabantu none kwica umuntu bya kumarira iki? I am rwandan ariko navukiye iburundi sha birambabaza iyombona mukiri murayo

  • @jo
    Mbega iyo muvuga guhonya ubwoko ,muba mushatse kuvuga iki?Ubwoko burahona nyene,abahutu bo mu rwanda barahonye,burya bariho?Ba mufyinatira hiyo,ntimubwira ibijuju

  • bavandimwe bacu b’abarundi ndabaramukije mugire amahoro. nifuje guhoza imiryango yose yabuze ababo mu bihe bitandukanye u Burundi bwaciyemo.
    bavandimwe bacu dukunda turabagira inama yo kubaha Imana mukareka kumarana ahubwo mwese mwubahane kandi umurundi wese abone mugenzi we nk’umuntu umufitiye akamaro aho kumubonamo umugome,umwansi n’ibindi bibi byinshi bitubaka imitima y’abarundi n’igihugu cyanyu c’u Burundi. mube maso mwubahe Imana kandi namwe mwubahane, Imana ibahe. umugishaMugire amahoro.

  • Imana Imwakire Imushire Mubwami Bwayo ,ariko .Amatohoza Yiwe Anyaruke Nkuko Aya Nshimirimana Adolphe Yanyarutse Ku Atamwana N Ikinono.

  • Mbega yarakiriho? bari baramutebereje, nayo yadukoreye,

  • NASANGE MUGENZI WE NDADAYE MAREKIYORO

  • Nawe Fidelite gerageza uhonye abo batutsi tuzoba tubona ngirango ufise umukenyuro utarigera uboneka gusa reka kubesha mu RWANDA abahutu barahari kandi abenegihugu bu RWANDA ntabwo bafise ubwenge nkubwa barundi babuze nubwo kunya,aho kwiruka niterambere ryimiryango yacu arubwicanyi dushigikira amazuru n’imigambwe mugabo murugo abana bacu batagira n’ibijumbu barara bariye,....haranira imiryango yanyu mureke kwiruka inyuma yibitagira akamaro,mushigikira ibidakwiranye n’amashure mwize,reka abangana bavyimarire.

  • HAAAA!!! BIKOMAGU ARABONYE KO INKOHO ZITAKIRASIRA HOSE NAGENDEKWA SHETANI

  • Imana Nimwakire Mu Bwami Bwayo ! Umuryango Wiwe Nawo Niwihangane Kwisi Nikobimeze!

  • murabesha twahuriye mubukeye afis ibisong vyimigano agiy kwic abahut munyabimata imuruta mukayanza jenabony akomey ntanagakomer

  • Pore Ihangane Mweho Mwaronse Nisandugu Yokukazikamw Tweh Tutbônynimivyimba Natore Yandege Agaruke Guhonya Abantu Ikarusi Kuk Nashetani Ntazokwakira Kuk Nashetani Ntazokwakira

  • ahaaaaaa abatip bazakaz uwo niwe kabisa umurashi nkuwo niw sawa apana umwe yahusha cagitama gishaje atabwenge gifise uzi iyuryamusi barabisha mugutwi ntaco bikomagu ndikondaguca kumazi hasigaye buyoya na kabaka aguma yinyegeza mumasengero mucunge abobicany baricana amareta ahindutse bagaca bahumamaso abant ngobarihany nzemerumunt yihany vyukur akirikubutegets umunt wese azkoyish umuhut ahaaaaa

  • Ndihanganishije umuryango bwite numurya wabarundu. Jewe nguma mbona umurwikwari umwenyene wahitanye uwitwa Zedi Feruzi, Gen, Adllphe, kurasa Pierre Mbonimpa, nuyuyu Bikomagu etc. Mutikuberiki? Mwibukeko mbereyokwica Zedi Feruzi habanje guturirwa umuntu abona, babonye abarundinamakungu biyamirije kubwishi iturirwa ryumuntu abobicanyibaciye bica Zedi Feruzi jewe nkabanabibonye nkogushaka kwereka amakunguko arabantu bihoye kubwokubera uwaturiwe abona. Mumisihezenaho bishe Gen. Adolphe abantukubwishi bakomeje kuvyiyaniriza abobicanyi bababasimbiye kuri Pierre Mbonimpa bararasa Imana ikinga ukuboko ntiyapfa. Nsubiye inyuma kukwicwakwa Gen. Adolphe nubwobeshibabitekereza nkabandashaka gushiramwo ubwenge nokwubaha Imana abamwishe baribaziko bizagufashakw’abarundi basimbiranirako bakicana. None kuberababonye uwomu General Adolphe yarumuhutu kandigihangange muburundi abahutu kubera bamaze kurengana ivyoguhitanisha ntibagira umurundi womubwoko ubwaribwobwose bibasiramugahanga abicanyibaciyebasimbira kuruyu mutama J Bikomagu uwahoze arumusirikare akomeye muzengo zumutekano mubihevyigandagurwa rya Ndadaye bizwinabarundibeshi kwataco yovugayakoze kugira umukuruwigihugu nkandandaye yicwe abaribashinzwe kumucungera barebera. Uworero abobicanyi bamurashe ngokugira berekaneko arabakunzi bumubisi Gen. Adolphe bihoreye!. Nobasaba rero kugabanura cankeguheba umugambibubisha nkuwo, ndababwirako ivyomushaka gushikako mubicishishe kukwica abene Burundi canke kwica ikiremwamuntu muriyanduriza ubusa nubwoyoba imyaka 40 mbese inarenga ivyovyubwicanyi muzobigira kandi muzokwuca abataribake arikonyuma amaraso arahuma bisobavarumako muzokwucuza.

  • ikibazo si mandat ya3 nkuko bamwe bavyibaza,jew ndavye aho uburundi bwari bugeze twarikureka peter akitoza imyaka5 nticari ikirenga ariko kubera agatima kabi kamacakubiri kari mubarundi,iyintambara abayikokeza bazoyibona,ikinezera ntawutinya uwundi,dent contre dent oeil par oeil

  • uwicishije inkoho nawe niyo bamwicisha ariko bitebe bitebuke naho yishe kandi siwe wenyene yiswe kurubu butegetsi nico gituma ibivyotse bizobazwa umukoze wabarundi

  • umva abobatuka fidelite bashakiki? mumuveko mwabinyagu vyabatutsi haryamwavyiny nyakubahwa Lt genelal adorphe shimirimana agandaguwe mwagirango mwehontamaraso mufise tuveko pfamwipfane kandi fidelite ndakuramukij na bakanyosha bavital bakabizi nabandi bakunzi tuvugarumwe nimwirambire sawa mugiramagara meza.

  • Garukira Uburundi Mana.Uburundi Habaye Nkasodomo Na Gomora,turaphuye Mana.

  • barundi,cessons de verser le sans de nos freres burundais .prions pour la paix dans notre pays et laissons la taches â Dieu pour le jugement

  • NDAHOJEJE UMURYANGO WABUZE

  • Niwe nkurira mubuhungiro none ndabusaziyemwo satani namushire ahoyasize Adolphe

  • Ntagitangaza kuba apfuye nubundi yari yarayinze kugera kwashitani kuko avukana nayo uwo mubabyloni....

  • @igihe.bi kwanga guhitisha ibitekerezo byacu sibyiza nagato par contre mugahitisha ibyinterahamwe nimbonerakure.
    Barundi nshaka mbasigurire akamaro Bikomagu yamariye twe abanyarwanda, icyo kivume ngo nintwari yanyu Ndadaye yiyamamaza yasezeranije abazomutora ko azoca arungika abanyarwanda iwabo aho naho murwanda Habyarimana bariko barategura genocide. Kubatazi Ndadaye nuwo ni cadre imwe na Habyarimana n’interahamwe. Jyewe nshitse aho iburundi nkaraba iyo statu yiwe numva nayimenagura. Mubabare muntuke ariko Ndadaye nuwo ntaciza yarafise Atari ugucanishamo kugira ashikire ubutegetsi akoresheje ubwoko kuko abahutu aribo benshi.

  • Erega Ntamahoro Arimwisi.!Ahubwo Hahirwa Abapfa Bapfira Mumami Yesu Bakaruhuka Ubutame Bwabo.Gusa Ntamahoro Kumunyavyaha .

  • @kaka. Niba utabizi Bikomagu yishwe ni intagongwa izirusha intambwe Kagame. Ejo niwowe utahiwe kuko shitani kagame amaraso yabahutu imaze kuyahaga. Ubu nimwe mugezweho wa mbwebwe we!

  • Barundi twese twihane kuko abantu mwese mwandika je ndabona muserukira abataronka internet. Rero Imana igiye kudukuramwo uwo mutima mubi twizinukwe. Muragabe. Hagira havugwe iri: plus jamais ça

  • Barundi twese twihane kuko abantu mwese mwandika je ndabona muserukira abataronka internet. Rero Imana igiye kudukuramwo uwo mutima mubi twizinukwe. Muragabe. Mwihane Imana itarabihanisha.
    Hagira havugwe iri ngo: plus jamais ça

  • MU BURUNDI UBWICANYI BWARENZE NONE ABARONGOYE UBURUNDI NTIBABIBONA?TWIZERE IMANA NTITWIZERE ABARONGOZI KKO BOBO TUMBO MBELE TUJA GUHONA

  • KOYARIYA RISHE NDANDAYE NTIHAGIRE ICO AKORA ARIWE YARI ASIGAYE ARAMUTSA IGIHUGU INABI YITURWA IYINDI.UMURYANGO WIWE WIHANGANE

  • mpojeje amuvyeyiwiwe nabanabe bihagame kukomuriyimisinahimana yesu arababona

  • Bantu Iyomuva Mukagera,garukana Agatima Ntembero Dusabir,uburundi.Hama Nawe Uguma Wica Gerageza Umukama We Abona Vyose Azobikubaza!Aha Ntiworeka

  • N.B Wewe Wica Umeze Nka Kayini Ah.Umukama Yakuvumye!Nawe Uvyiyunvira Hec Ariko Eger,umukiza Yezu Icukwiye Gukora Nimburintunva Uzokwunva Kuzigiye Imbere Ya Data Na Mwana,nanje Ndi Icabona

  • yaba mwipfuza ko imana iharira igihugu cacu,mwaza tugafukama tugasaba imbabazi tukareka guterana amajambo

  • ABOBABISHA NIBARONDERWEBAFATWE HAMABAHANWE <<UWICISHIJINKOTA,AZOKICWA,NINKOTA!>>IMANIBAHEZAGIR.

  • Erega kwisi tukwiye kumenya ko kuyibako kwaramaturu guko nuyo BIKOMAGU ayo yakoze agiye kuyishura guko niwe yatumye abarundi tuja muryane za politique guko ariwe yagandaguye umukuru wigihugu nyenicubahiro NDADAYE.mbe,yibaza ko abarundi ko baryoherwa nuko bamubona adagadaga.nagende nuwa yagandaguye yarumuntu.mbega yakorera igihugu mukutwicira uwo twari twaritoreye mukumuhamba mwigunira.kandi ntamwana nikinono.

  • aaaaah ha ha ha ha amaraso ya ndadaye aramuhumiye na bado Buyoya nawe araramukiwe naho aguma yinyegeza muri amerika ahubwo naze tumufyite

  • aaaaah ha ha ha ha amaraso ya ndadaye aramuhumiye na bado Buyoya nawe araramukiwe naho aguma yinyegeza muri amerika ahubwo naze tumufyite

  • Ndibuka abanyarwanda ukuntu uyu musaza yaturindiye umutekano tugacungwa n’abasoda bo kuri CAMP MUHA na Camps Mwaro iyo byabaga byakomeye abahutu bashaka kutumara yaradutabaraga. i bujumbura mu ngagara muri quartier 3 nibwo nabonye amaso ku maso Col.BIKOMAGU en tenue ari umusore yasaga na bakuru bacu bari baragiye ku rugamba mu nkotanyi c’était en fév.1994 kw’ibarabara riva mu ngagara ryinjira mu cibitoki ariho atanga amabwiriza ou commendements zuko abasoda barinda igisagara kandi cyane cyane bakarinda abatutsi b’abanyarwanda numvise mukuriye ingofero. Imana izamugororere imuhe IJURU kandi dore yafuye avuye mu misa

  • @kanyarwanda, indero nke niyo ikuranga ariko ntabindi wavuga as you interahamwe idahaga kumena gamaraso, Ese aho uvuga kagame ngo amena amaraso yayamenaho yabarusha mwe mwishe 1,000,000 mumezi 3? Ahubwo ishavu mufite nuko mutatumaze, kagame yabarushije ubwenge ntiyihora naho byaba byarabaye ninkomubacengezi mwigiraga abaturage basanzwe abasirikare atambuka mukabarasa, mwirirwaga mutega abaturage mumamodoka mubica, ariko abahutu mugira ubuswa muterwa nubwinshi kandi ndababwiza ukuri ko niyo baba abatwa bake mutabamara kuko ntawuhonya ubwoko. Wewe kanyarwanda taha umanike amaboko ureke kumena amaraso urebe murwanda ko abategetsi benshi atari abahutu. Ese iyo President atari umuhutu bica bivugako mutari kubutegetsi? Abanyarwanda baratora badashingiye kubwoko kandi hatorwa umuntu umwe ntibaba babiri, ikindi uzaze urebe ivyegera byiwe byose nabahutu, nabaministre hafi yabose nabahutu nabashingamateka. Noneho compara a Habyarimana hari umututsi wabaga muri gouvernement ye? Ahubwo mwababuzaga no kwiga, ariko abahutu muri babi koko ibaze kubuza umuntu kwiga nabyo ntibikunyure uti reka mwice. Ariko sibose babi da gusa nibake cyane abeza. Reba Peter ivyegera vyiwe, ugereranye no murwanda, problem mugira ntimureba ubushobozi mureba ubwoko, reka nkureke ntiwumva

  • Quel Avantage Trouver Si Quelqu,un Est Venu De Mourrir?Mais Nta Bleme Gusa Dieu Izobimubaza,wewuvyiyunvira Reka Kuko<uguhora Ni:umukama

  • <UMUBIRI W,UMUNTU NI INGORO YA MUTIMA MWERANDA>RERO NDABABA N,ABANTU BIRIRWA BARICA ABANDI NK.IBIKOKO

  • Imana,imwakir Mubinganza Vyoyo Hama,abaca,imanza Nibazic Muga Ndazi ,imana Ntaw Yatumy Gucira,urubanza,uwundi Reka Turindir Umwami Niyahindukira,izoca,urubanza!

  • Ewe KAKA sha eka uri amakaka nyene,abahutu sha n’ubwoko bwatoranijwe n’Imana,nayo ubwo bugesera bwanyu ntibuzomara abahutu,ntiwavuz k ari benshi,muriyahura sinon muzama mutubona ingene duterimbere,na shetani yaratinz irabona k’umututsi ayisumvya ububi

  • Ego Imana Nimwakire Mubwami Bwayo Kuko Nawe Yari Umugabo Wijunja Nijambo Nka Adolfe .

  • c’est domage qu’il va au diable, ce démon envoyé sur la terre depuis les abîmes pour tuer les hutu. Comme Lazarre, le Saint Ndadaye va désormais se moquer de lui lorqu’il (bikomagu) sera entrain de brûler àl’enfer et Ndadaye dans les bras d’Abraham.

  • Colonel Jean Bikomagu Imana Imwakire Mubugingo Bwayo,twame Turi Kumavi Dusenga Imana Idukize Izindwane Ziri Mu Burundi,kimwe Twomenya Abantu Nibeshi Ariko Turi Umwe Guko Twese Twambaye Umubiri Umwe.Uburundi Nubwatwese Tuyage Duhuza,kurya Turibamwe,ntaworengera Abandi,mwibuke Urengera Abantu Imana Ikaguhana Yitonze.Ibihe Vyiza,imana Izigame Uburundi N’abarundi.

  • Colonel Jean Bikomagu Imana Imwakire Mubugingo Bwayo,twame Turi Kumavi Dusenga Imana Idukize Izindwane Ziri Mu Burundi,kimwe Twomenya Abantu Nibeshi Ariko Turi Umwe Guko Twese Twambaye Umubiri Umwe.Uburundi Nubwatwese Tuyage Duhuza,kurya Turibamwe,ntaworengera Abandi,mwibuke Urengera Abantu Imana Ikaguhana Yitonze.Ibihe Vyiza,imana Izigame Uburundi N’abarundi.

  • Uwariwe wese ntitwari dukwiy kunezerezwa nuko yishwe yaba Rwagasore cank Ndadaye,Adolphe cank Bikomagu eka nabandi.Iyo turiko turaryana nkuko tuba turiko turifata nabi nkibijuju,abarundi n’abanyarwanda twemere kuguma mubuja bw’amacakubiri ababirigi badushizemwo???wapi twoba twifashe nabi

  • Iyi ntwari Bikomagu mbona ipfuye tuyikeneye kuko izi guhotora nka Papa wanjye kagame... Gusa ntacyo kuko ni umurage Kanjogera na
    Karinga badusigiye. Kwica abahutu bose tukabamara niyo ntego yacu

  • None Mumwiciye Iki? Abarundi Murinigorane

  • Amatwi Ansumira Numva Ngo Nawe Yari Yahoze Ari Kizigenza Mubwicanyi Reka Rero Nawe Azekwishura Ivyoyakoze Usangwa Arivyo!

  • Abarundi 2zopha 2marana pe. No nkuyo mukukuruke mugisirikare c’uburundi aziziki? Abarundi twikebuke, twongere 2be maso kuruyo mwicanyi agize yica atarobanura na canecane kubategetsi bakomakomeye. Mwibuke kugaba kurakokagabo kateye ingorane n’ubwicanyi mugihugu kubera ukutumva ugasanga ngo intumva zirimwo nako ari n-1. Be maso!

  • @ikiizigaKAKA, igiti cama imbuto zaco, none ugira notangara ivyo uvuga nivyo ufise nyene, aho wiyita ikiziga ntaco norenzako. Mugabo sintahura ukuntu utinyuka kuvuga ngo muri ubwoko bwatoranijwe n’Imana iyihe Mana? Kuko mwatemye abantu? Iterambere ryo ryanyu uvuga ntaryonzi mugabo muteye imbere nibyiza cyane ariko mutishe abo mudahuje ubwoko. Kandi hamwe wana ufite ubwenge warondeye ingene ubwoko bwose bwobana kuko Isi izarinda ihera ntabwoko bwirukanye ubundi canke muhoneje ubundi. Turakeneye intwaro rusangi yubuhiriza amategeko kandi ishingiye kubumenyi bwabayigize atakuraba ubwoko harabwa ivyiyumviro na vision afitiye igihugu. Nitwashora ibyo tuzabana neza ntawibuka ubwoko bwuyundi, tuzotera imbere ibihugu byacu bigire amahoro. Si non tuzahora mungorane ziduhoza mubukene nimpfu.

  • Aba batindi babadd wagirango babaroze u rwanda ni mureke gusaza imiheri mwitiranya ibibazo byanyu nurwanda ikibazo mufite ni imungu yamacakubiri yarabamunze sha murabuze abo mwikwegera nimubandanye akatareste kaba gasema. Icyo maze kubona co ni uko mufite amatiku ntarigera mbona mumate yisi

  • @ikiizigaKAKA, igiti cama imbuto zaco, none ugira notangara ivyo uvuga nivyo ufise nyene, aho wiyita ikiziga ntaco norenzako. Mugabo sintahura ukuntu utinyuka kuvuga ngo muri ubwoko bwatoranijwe n’Imana iyihe Mana? Kuko mwatemye abantu? Iterambere ryo ryanyu uvuga ntaryonzi mugabo muteye imbere nibyiza cyane ariko mutishe abo mudahuje ubwoko. Kandi hamwe wana ufite ubwenge warondeye ingene ubwoko bwose bwobana kuko Isi izarinda ihera ntabwoko bwirukanye ubundi canke muhoneje ubundi. Turakeneye intwaro rusangi yubuhiriza amategeko kandi ishingiye kubumenyi bwabayigize atakuraba ubwoko harabwa ivyiyumviro na vision afitiye igihugu. Nitwashora ibyo tuzabana neza ntawibuka ubwoko bwuyundi, tuzotera imbere ibihugu byacu bigire amahoro. Si non tuzahora mungorane ziduhoza mubukene nimpfu.

  • Mbega Uwo Muntu we Yarashwe,nta Kundi Atagapfuye Ntagakira , Ntaco Nawe Ni Arabe Ukuntu Urupfu Rubabaza Nawe Niyibuke Ivyo Yakoze Mu 1993 Kuri Ndadaye Niko Zubakwa

  • MURAMBARIZA BIKOMAGU INANI NUMUNANI ABANTUWISHEBANGANA IKI ????.ICENDANAGATATU NDADAYE AMUKWEGAKUMODOKA YUMVISEHARIMWO UMUNYENGA ????.UWISHE NAWE APFA YISHE NIKO IMANA IBIVUGA MUGABO SIWEYAPFUYE BARABESHE BUCAGARUKA EJO MUZOMUBONA

  • @ikizigakaka. uri umwicanyi wamaze abantu . Kubera kwica benshi ubu uri umusazi none nawe wandika amateshwa utuka abahutu ngo uravuze. Humura niba waricishije inkota nka sowanyu Bikomagu nawe niyo bazagucumita. Gusa ubwenge bwawe buri mukibuno pe!!! Ubwo wamaze abahutu n’agafuni abasigaye urabakona wigana Nyoko wanyu Kanjogera ibyo yakoraga kera ahaguruka inkota ishinze mumpinja ebyiri z’abahutu.Yewe uri ikiziga koko kuko wapfuye uhagaze kubera amahano wakoze.

  • Abanyarwanda tweretse abahutu ko badafite ubwenge tubicamo miliyoni 2. Namwe batutsi biburundi nimukore akazi nkuko kumusaga batangiye kwikiza umwanzi (umuhutu).Mubatere grenades abandi mutwike n’imipine. Kugeza igihe muzabamara muburundi abasigaye mubakone ntibazabyare nkuko mu Rwanda tubakora.Nyuma twinywere ibiyeri.

  • Mbega Bikomagu Yitavye Imana Canke Shetani?Uwo Mugesera Yatwiciye Ndadaye Agakora Amabi Kuri Ntega Na Marangara.Sha Ubu Abo Yishe Bose Ubu Famufashe Amaboko Abandi Amaguru Abandi Amatwi Eka Ubu Yabuze Ayo Acira N’ayo Amira Mukuzimu.Wibaza Ngo Ntzobasanagayo.Nibakwendeshe Umuriro Wabica Ubna

  • leta nikore ibishoboka vyose mu maguru masha barondere abakoze iryo sanganya ku mu KIZWA w’IMANA Yaravuye kwinsengerir’Imana. Atana politike yarakibazwa. nibara. Imana ibaharire.

  • Non Cornel Bikomagu Kobatamuhamb Bamurinjijik?Barindiriy Kwazohembuka Canke?

  • none jean bikomagu koyari coronel ntabasoda bari bamucungey kukuberik nabo batarashe?

  • Jewe,reloharico Nipfuzasinzikomwokinyemerera.Atigute Jena Gombandaba Bwireko Ardolofe Atarapfa Kandiko Turikumwe Ninambaza Nje Noshobora Kuzibaha.0706700745 Kandi Ardolofe Afitiye Ishavu Ryinshi Pierre Nkuru Nziza Kandi Numusoda Wa F.N.L.Sawa Relo.!

  • BURUNDI NIMUSENGE IMANA YONYINE!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.