IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Federica : Ubwigenge bw’abanyagihugu buhera kubw’abamenyeshamakuru

Federica : Ubwigenge bw’abanyagihugu buhera kubw’abamenyeshamakuru

lundi 2 Munyonyo 2015, par egide

Federica Mogherini, umuserukizi adasanzwe, akaba n’icegera c’umukuru w’ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya amenyesha ko umutekano n’ubwigenge vy’abanyagihugu bitangurira kw’itangazamakuru ryigenga, kandi rikora ata gitsure.

Mu gihe isi yse ihimbaza kuri uwu 2 Munyonyo umunsi mpuzamakungu wahariwe guheraheza ukudahana amabi akorerwa abamenyeshamakuru, mw’itangazo ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya ryasohoye, bibukije ko ibimenyemakuru arivyo cirore c’ubuzima bw’umunyagihugu. Iryo shirahamwe ryibutsa kandi ko kw’isi nzima, abamenyeshamakuru bahohoterwa, bakanaterwa ubwoba mu kazi kabo ka minsi yose.

JPEG - 356.3 ko
Federica Mogherini

Ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya rikamenyesha ko amabi akorewe abamenyeshamakuru aba akorewe ubwigenge bw’ugushikiriza ivyiyumviro. Ubumwe bwa buraya bugasaba ama Reta ko yokwubahiriza ubwo bwigenge, kuko buri mu burenganzira mpuzamakungu, abakora ayo mabi nabo bagashengezwa mu butungane.

Uwo munsi mpuzamakungu wahariwe guheraheza ukudahana amabi akorerwa abamenyeshamakuru uhimbajwe mu gihe umwuga w’ukumenyeshamakuru utorohezwa na gato mu Burundi kuva mu kwezi kwa gatanu. Ibimenyeshamakuru vyigenga vyaraturiwe, abamenyeshamakuru bigenga barahunga, abasigaye mu gihugu nabo bakaba batoroherezwa mu kazi kabo.


IGIHE

Messages

  • uyo mugore ibihugu vy,iburaya vyamutoye abikwiye kuko nikaruhariwe mugusambura ibihugu vy,ubusemwo canke birimwo ubutare canke ibitoro.arashaka agende neza ntamvura idahita na itirere yarasize abayahudi yariyifuje kubahonya

  • Abahutu ntawuzi icadutunze imyaka amajana n’amajana twatwawe n’abatutsi batwica,ba du tortura,ka ngungura igisilikare twagurira munition kiratwaduka kiratumara,kira dutuza duta igihugu,ivyacu,abacu baratikira,igisoda cabaye ic’ubwoko bumwe pendant 40 ans citegurira umwansi atari inyuma y’igihugu non,ivyo bategura vyose vyari ibiraba imitwe yacu,guhera ku bagabo gushika ku mwana no kuyiri munda,mbega hari uwoba yarumva mu mashuli ingene abo bagesera badutuka bikiriza ko tudashobora gutwara,mwari bwabone izo mbwakazi zishinga gusokoza amasunzu umuhudukazi yiyigira zigashakako ariwe azereka,yanka bakamubuza amahemero kuri iryo shuri,abafyina mufyine nimba mwibaza ngo umuhutu n’umututsi ni bamwe,canke abo banyabulaya baze baratwiratako baduha amategeko,bamenyeko iyo myaka yose ataribo badutunze,icatumye tugera hano kiriho,abandi nabo preparez vous àune longue guerre sans merci les negociations zizofata au moins 15 ans,banza mukore c’est trop tot banza muruhe.

  • Imana Irazi Uburundi Nabarundi Ivyonibise Vyigihugu Kigira Kije Mumahoro.

  • Boase tangura wihore rero,nuko uzohava utega umutego ugafata nyene kuwutega.woraba abahutu bariko baraturatura wotangara kandi baturatuzwa n’umuhutu nkabo,uzi abahutu bishwe kuva2005,bishwe n’ande? bujujutira hiyo uwutaranigwa agaramy agira ngw’ijuru riri hafi.mbe abo batutsi uvugabo,uzo baze sha ayo babonye bazira ngo nabo muri nord.icica umuntu n’ubujuju! jujuta usumvye sokuru wa so uzopfa wimba imereza z’ibijumbu!

  • abahutu cg abatutsi bibamariye iki?usibye gusubira inyuma mu majyambere gusa, ubuse ko muhugiye kwica gusa nkaho mwe muzabaho isi ikarinda irangira, ntimubona ko ibyo mukora ari shitani ibari inyuma, abnatu bishimira kwica , abana, abakecuru, abasaza , abasore inkumi, abihayimana...murumva uwo arumushinga???nimuve murayo manjwe y’abahutu n’abatutsi, mutecyerze ejo hanyu hazaza n’uburundi nk’igihugu cyanyu, ibindi mubiveho.....

  • Ariko se aba banyaburayi bahereye kuri Snowden Na Assange ku Burenganzira bwabo bwo gutangaza icyo biyumvira ubundi tukaboneraho urugero rwiza.....

  • Je lance un cri d’alarme au prédident Paul Kagame. Monsieur le président souvenez-vous avoir dit que vous n’assisterez jamais a un autre génocide dans notre région. Je vous supplie pour intervenir par tous vos moyens afin d’empecher la poursuite du génocide en cours au Burundi.
    Veuillez svp tranmettre ce message.

  • Ntivyoroshe Kabisa Mana Dutabare

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.