IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > FOCODE : Reta ikwiye kuva mu gacerere ku kibazo c’abanyamahanga baguma (...)

FOCODE : Reta ikwiye kuva mu gacerere ku kibazo c’abanyamahanga baguma birukanwa

mardi 28 Gitugutu 2014

Ishirahamwe FOCODE rirarajwe ishinga n’ikibazo c’abanyamahanga bagizwe ahanini n’abanyarwanda babandanya kwirukanwa mu Burundi mu buryo budasiguritse. Mw’ishirahamwe FOCODE basaba Reta ko yova mu gacerere, kugira amakungu ntahave ashira Uburundi ku rutonde rw’ibihugu bitubahiriza uburenganzira bw’abanyamahanga.

Umuvugabutumwa Sosthène SERUKIZA wo mw’ishengero Guérison des Ames kuva kw’igenekerezo rya 22 Gitugutu 2014 yarahagaritswe ajanwa gupfungirwa mu gasho k’igendereza, bamwagiriza ubutumwa yoba yabwiye abakirisu ku munsi w’Imana. Uwo mukozi w’Imana yiyongereye ku bandi babiri, aribo Théophile Mwongeye hamwe na Damascène GAKWAYA bapfunzwe, mu gihe bariko bavuga ko bafise ubutumwa bazaniye umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza. Kubw’ishirahamwe FOCODE, ukwo gupfunga abakozi b’Imana biratandukanye n’ingendo y’abatwara igihugu bama mu bikorane vy’ubutumwa bwiza.

JPEG - 36 ko
Pacifique Nininahazwe arongoye FOCODE

Mu gihe bivugwa ko umuvugabutumwa Sosthène SERUKIZA wo mw’ishengero Guerison des Ames yakuwe kuri uwu wa mbere mu gasho k’igendereza bamutwara ku rubibe Uburundi buhana na Congo, Pacifique NININAHAZWE, umukuru w’ishirahamwe FOCODE amenyesha ko bitangaje kubona umuntu afatwa agapfungwa, umuryango wiwe ntubimenyeshwe, mu nyuma bakamwirukana mu gihugu atabanje kujanwa muri sentare kugira yagirwe n’icaha. Kubwa Pacifique NININAHAZWE, Reta y’Uburundi yohagabira, kuko mu gihe abaguma birukanwa benshi ari abanyarwanda, n’igihugu c’Urwanda gishobora gufata ukwo nyene abarundi basanzwe barangurirayo imirimo.

Pacifique NININAHAZWE yasavye Reta y’Uburundi kuva mu gacerere isigure ikibazo c’abo banyamahanga babandanya kwirukanwa, kugira igihugu c’Uburundi ntigifatwe nk’ikitubahiriza uburenganzira bw’abanyamahanga baba mu Burundi.


Egide Nduwimana

Messages

  • NONE UBWO BUTUMWA BAZANA NIBABUKUZANIRE .WEWE. NTABUTUMWA WEHO USHAKA KUBWIRWA?

  • Izo mbwa z’abahutu tutazisukaho umuriro

  • MANA YO MWIJURU GARUKIRA U BURUNDI BUGEZE AHO UMWASI ASHAKA BANYAKUBAWA NTIBAGITINYA IMANA HARASAZWE!

  • Sha pacifique,abahutu baraciyubwenge,ahuzurahagabira,kandi baramenye kurumunye politique mubi,ahubwo shingumugambwe uzokwitoze mubandi ,abarundi bakumaramaze ucubona ko bakuzi kuva kugatumbimakamba gushika ahuba ayamasaha

  • sha bandanya uvuga kweli mbona nitwaguha igihugu uzokora vyinshi!!!LOL.Mbe uzitoza turabe ko ushigikiwe atarivyo mu majambo gusa???

  • rudahirwa,mwasutseko abahutu umuriro muri congo ntimwabamaze,burundi abahutu barishwe ntibabamaze,rero iyo mvugo yigitutsi yawe ibonekeko uri impehesi.ryama usinzire ngo kigali yanyu irarimzwe reka twe tutarinzwe twibereho ariko umenyeko nuwanyuma wumurundi azapfa arasa.wewe na benewanyu muragandaguye abahutu batabarika kandi wowe usa nuwajugunye abantu muri rweru nkurikije imvugo yawe.ayo macakubiri yawe yamoko wonse uzopfana nayo nagahinda.

  • Barukwege yugururiye ingwe,kuva kera uburundi n’u Rwanda vyamanyeubumwe muga iyo Leta yuBurundya cnndd ivyigirikwege..malheureusement nuko atagihe basigaje batwara nahandi..barakoze kwinjiza nuguha ubigwanisho interahamwe mukubashira mugipolisinigisoda,nivyiza turazi aho tuzobaronderera hafi

  • Cndd -fdd nigihano Imana yahaye u Burundi

  • Mbe basha bigenda gute ngo aba DD babe batarafunga Pacifique? Ka karwi kajejwe gufunga twovuga ko gasinziriye canke? Nukuri atagahana mama yangu

  • Ubwo butumwa buba bwatanzwe nabo nyene ba pacifique,ngo buzanigwe nyakwubahwa president,ahubwo muriko murahinyuka,mwabonya inzira mwahora mubicishamwo ko zidashika,nkomuri ya mashirahamwe muvuga ngo nimpuzamakungu,zantumwa za ONU muhora muta murudubi ngo muri nivyo mubatumye,nibabuguhe nawe ubwigishe abo musangiye ayo mashirahamwe ahurikiye muri opposition.mwarahinyutse basha.

  • Focode birumvikana ko ari kumwe nabo bagomba kudusukaho umuriri twarabahinyuye.nibitonde niryo shirahamwe ryiwe ntaco riri gufasha igihugu bari kudurumbanya igihugu hanyuma babareke nibaza ko ubwoko bwavukanye imbuto budakomwa baravutse neza.bamwe bari kurara rubunda. Kdi aho biva haragaragar a hanyuma ngo babareke ngira nawe nyene bashobora kuba barikumwe.

  • bama babushira kagame none aherutse kubiyamiriZa ngoyasanze bamuhenda none bageze kwa pita bazapfa nabi bama babesheruhoraho NGO yatumye nayo we wiyise barukege mkwise barikwegera

  • Yemwe barundi mwese tumaze kumva iyinkuru twasaze abantu beshi bakinisha Imana .Inyuma yivyo muzobonaiitangaza kigiye kuba kuburundi.Uwomenya ubwenge yoguma yitunganije umwanya numwana.FOCODE canke Leta bose nobasaba ko bokubaha Imana

  • Harakarwi kabantu ibihumbi cuminicenda( 19000) muburundi kamazigihe kivagacane mugupinga nivyo Leta ikoze none babonye kovyabananiye kuyitembagaza ubunahobarahevye binjiye mubajejwe umutekano wabarundi nuburundi ngo bababuragize Pacifique namburumurundi ntasoni!

  • Muarakoze cane kwerekana ko igihugu Atari icana, abo bose biyumvira kwonona umutekano wacu basubize iwabo ngira ngo mwarabonye igihe twari mu mashamba yo muri Tanzania na za Kigoma ko atagahengwe baduha. Numva ko hakurya yakanyRu hariho umutekano, ubutunzi ngo hasa neza cane none abo baza I Burundi kurondera iki? Izo nkozi zikibi nka Pacifique muzikosore.

  • Muarakoze cane kwerekana ko igihugu Atari icana, abo bose biyumvira kwonona umutekano wacu basubize iwabo ngira ngo mwarabonye igihe twari mu mashamba yo muri Tanzania na za Kigoma ko atagahengwe baduha. Numva ko hakurya yakanyRu hariho umutekano, ubutunzi ngo hasa neza cane none abo baza I Burundi kurondera iki? Izo nkozi zikibi nka Pacifique muzikosore.

  • Uwo Pacifique naje kuvugira ivyo avuga kwa kagome urabe ingene bamugira, nagira Imana azorara muri Rweru.

  • Twe ntabutumwa tuzi kuvuga keretse ubuvuye hakurya .iyo bumenya umwe bwari ikindi mirakoze.

  • @Ngabo, ndakubwizukuri ko abagabo babiri bararakubiri kumwe, Ariko rekanongereko akandikantu kamwe hanyumanamwe nkuko ndamvise muribihangange mucemubimfasha, Jewe hariho ikintumazimisi nibaza kubijanye nibihugu dukunzekwita ibihangange, jewerero ukondavyumvanovugako bikunze kwumvira aboba Pasifike mutigute? Piyeri Karaveri Mbonimpa igihe azaniye kudandaza amafoto yabapfiriye muntambara zabereye Kongo bakamufunga aboba Pasifike bokeje igitutu kubulaya na Obama ngobasemerere icarimwe bose bavungengo murekure murazi kobabikoze muravyibuka, uburero murongeye kwumva Pasifike atanguye kuvungango leta niyitondere ivyogucungera umutekano wabenegihugu rindirarero mumisi urumva ubulaya na Amerika ivyavuze arivyobaciyenabo basubiramwo. jewerero nkacanibaza nti Ingabire Vigitwari amazimyaka mwibuye azirako yavuzeko bibabaje kubona harakozwe Jonuside murwanda, atariko nabahutu bishwe kobatibukwa? Ubulaya na Amerika kobatarasohora ijambo ribwira urwanda ngo rekura Vigitwari Ingabire? Turashaka kuzomenya ko mwahisemwo gukunda abarundigusa hanyuma mukibagira abanyarwanda.

  • vyukuri uburundi buratey isoni kubona bufunga abakozi b’imana ahubwo nibwikebuke imana itarashavura ukwo gusa nugukora mumbone yijisho ry’imana

  • Mwebwe murashakira ikibazo aho kitari. None bariya badandaza b’abanyarwanda barazira iki? Ese kuki ari bo birukanwa bonyene kandi nzi ko hano mu burundi hari abadandaza bavuye mu makungu yose? Je nibaza ko hari agahaze hagati y’uburundi n’u Rwanda!!. Arya mafaranga babasaba ngo bakore ni bangahe boyabona? Ndibaza ko n’abarundi batunze abayafise ni bake. Ikindi, East African Community imaze iki? Ko muri protocole yayo ivuga ko hagomba kuba libre circulation des bien et services mu bihugu biyigize!! Ibyo uburundi bwatanguye gukorera abanyarwanda ni ukwica itegeko rya EAC. Mwibuke ko hari abarundi benshi bakorera i Kigari ntawubasotora. Ubu nabo CNDD ibashize mu bibazo. Mukurikirane mu minsi iri imbere ikizobabaho.

  • Mwebwe murashakira ikibazo aho kitari. None bariya badandaza b’abanyarwanda barazira iki? Ese kuki ari bo birukanwa bonyene kandi nzi ko hano mu burundi hari abadandaza bavuye mu makungu yose? Je nibaza ko hari agahaze hagati y’uburundi n’u Rwanda!!. Arya mafaranga babasaba ngo bakore ni bangahe boyabona? Ndibaza ko n’abarundi batunze abayafise ni bake. Ikindi, East African Community imaze iki? Ko muri protocole yayo ivuga ko hagomba kuba libre circulation des bien et services mu bihugu biyigize!! Ibyo uburundi bwatanguye gukorera abanyarwanda ni ukwica itegeko rya EAC. Mwibuke ko hari abarundi benshi bakorera i Kigari ntawubasotora. Ubu nabo CNDD ibashize mu bibazo. Mukurikirane mu minsi iri imbere ikizobabaho.

  • Ubwo butumwa buvuye hakurya yakanyaru ntabwo dukene,ntanico bwotumarira. Baze babujana kwa pacific niwe ngir’abukeneye. Nothing good we can expect from hakurya yakanyaru. Kongs 2 our police muze mubaboha mubashire kagam’abanz’abahe displine.

  • Rudahigwa wee urasaze imbwa,imbwa zabahutu ntazo uzomara!!mbenkwibarize,uvamaraso canke uvamazi? Nahowoba urumututsi winombe kunyo ntabahutu uzoheza ndakurahiye !ruriyabandi nawerutakwibagiye!!!!?uwomugera baguteyemwo ngo uzobamahoro aruko abbahutu baheze,barakubeshe!!!!nahowobamara woborerwamaraso ugahindukirira abatutsi benewanyu!!!mwabinwamaraso nimuze twihane turirire igihugu cacu cuzuye amacakubiri nubwicanyi niho haramahoro honyene ntamuhinga wokwaca.Napoleo , Hitilel ,sadam Husen nabandi .......bivyihabugabo bari hehe!!!!????

  • Mudutohoreze amakuru yavuye muri BCR avugako hafungiwe abanyagwanda ibihumbi bibiri n’amajana atanu (abagabo 1800 n’abagore 700) kandi amakuru dukura ku baserukira ivyo biro bavugako bakubitwa kane ku munsi nukuvuga 2ku murango nakandi 2 mw’ijoro.

  • cndd fdd ni ebola, ikikiza abarundi n’isi yose ikwiye kurwanya

  • Agasozi kintabarigwa kahiye abagabo babona, ewe Burundi, ’u Rwanda dusangiye kahise hafi yakose, inama isumba ingimba, abanyagwanda badafise ivyangombwa nibahabwe igihe ntarengwa co kuba babironse, aho kubakubagura gutya, Firipo nzobonarigwa nako nzobonariba nawe abahumurize abanyagwanda ahimirize n’abarundi kugira umutima runtu agateka ka zina muntu kakubahirizwa naho nibiguma gutya abanyamahanga bibasigwa mwitegure ivyago n’amakuba bidatevye ku Burundi.

  • il est malade lui , ce Pacifique, aussi on a dit 30 pour cent de malades??
    Et c’est jusque quand qu’ils pourraient guérir? C’est triste amagume ni mabi yica yihishije.

  • UWO MUGABO YITORAGUZA KUKI ATAVUGIRA ABARUNDI BAPFUNGIGWA MURI TANZANÃ A AHUBWO NASHINGE UMUGAMBWE AREKE KUBA NTAHOMFATWA NKUMWANA AHIYE MUKWAHA

  • Nagomba kubaha intumbero nziza yo kubana mu mahoro,
    1. Mureke guterena amajambo kuko ijambo ribi niryo ryica,kuko umupanga,inkoho,ama grenade sivyo vyica,hica umutima we uba wakiriye ivyo bijambo bibi.

    2.Kugira uburundi twikukire vyukuri n’uko umugera mubi w’abanyamahanga w’amacakubiri batuzanyemwo twowurandurana n’imizi.tukubahiriza ukwishira n’ukwizana kwa bose,maze uwugomba kubahwa nawe yubaha abandi.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.