IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Gasenyi-Nemba: Abarundi 12000 baratahutse gushika kuwa 22 Mukakaro

Gasenyi-Nemba: Abarundi 12000 baratahutse gushika kuwa 22 Mukakaro

samedi 25 Mukakaro 2015

Igipolisi kijejwe kugenzura imbibe n’ikirere PAFE mu ntara ya Kirundo,kimenyesha ko abarundi barenga ibihumbi cumi na bibiri bamaze guhunguka bava mu gihugu c’Urwanda.

Umukuru w’igipolisi kigenzura ikirere n’imbibe mu ntara ya Kirundo OPC1 Epipode Minani amenyesha ko ico gitigiri cahungutse kuva kw’igenekerezo rya 18 gushika kurya 22 Mukakaro 2015.

Abo bahunguka baca ku rubibe igihugu c’Uburundi gihana n’Urwanda,ahitwa Gasenyi Nemba,ahasanzwe haca abarundi bava canke baja mu gihugu c’Urwanda,baciye mu nzira zizwi n’amategeko.

Abarundi barenga ibihumbi 160 nibo baharurwa ko bahungiye mu bihugu bibanyi vy’Uburundi,kuva mu mpera z’ukwezi kwa kane,umugambwe CNDD FDD utanze umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza nk’uwuzowuserukira mu kibanza c’umukuru w’igihugu.


Van Naris Mugisha

Messages

  • JEWME BIRANSHIMISHIJE KUMU IMPUNZI ZAHUNZE ZITANGUYE GUHUNGUKA NONE ABAGIYEMUGIHUGU CA TANZANIA NTANUMWE ARAZA? CANKE BAZOBAZANA KUNGUVU!

  • BARAKAZA NEZA.BARI BAGIZE UBWOBA.IYIRUBWOBA IRAHWEZA,BARABA BAJE BABAJIJE UMUTIMA NEZA?KUKO UBWOBA NTIBUSHOBURA GUHERA MU GIHE GITO.

  • Hiiiiiihih,haaahahaha,mbega bataha bajahe,ko bagarutse kare?babuze kwigumira mu rwanda ruteyimbere,nimubazungagize ntibinjire, ,nivyo abatutsi badukoreye tuvuye muri congo batwiciye mu gatumba ,hafi impunzi zahungutse hapfiriye hafi ibihumbi bibiri,bamesere ku mipaka iyo mihimbiri y’abatutsi yagiye kwiga rebellion igarutse kutwononera igihugu,mubacunge bazanye ibigwanisho abo batutsi bavuye mu rwanda,subirayo riko mujahe?Amarira twarize tuvuye congo batwicirako abacu abo bagesera,bapingure,hihihihiiiiiiiii.

  • JEWE NKUNDA IGIHUGU CANYIBARUTSE NABARUNDI BENEWACU KO TWOGIRA AMAHORO MUVYACU NO MUBACU TUKARANGURA IMIRIMO YACU MU MUTEKANO MUKWITEZA IMBERE KUKO UWO WESE YOTWAYE NTAZOME UMUSI NDAYE UBUSA NUMUSI NDAYE NDIYE KO YATOWE NATWARE NDAMUKEJE ARIKO AGERAGEZE KUMVIKANA NABOBADIKANIJE MUGUTORERA INYISHU IKIBAZO NINGORANE BISAGIRIJE UBURUNDI NDUMURUNDI MWENE BURUNDI ABENSHI BARANZI KUKANIGA RUTEGAMA AHSANTE : NATAMKA RASMI NIKIWA DAR-ES SALAMA TANZANIA NTAWAOMBEA KWA MWENYEZI

  • mb mwumva bari bahunz iki? ingo tukirwanire apana kumva agakomy ngo ndagiy.

  • Wewe utubwiye ngo turataha tujahe nukwatama unit mfimw’isimu mbandakubwiye vyishi ariko ijoro uraribaza uwariraye, uwokubwira amezimakeya tumaze mu Rwanda amajana namajana yabantu nubu tutamenya irengeroryabo nihowovugango dutashe hatarangera kubwanje mbonakomengo harihararenze.

  • Hahahahahaaaa,mwebwe mwarabonye abantu bahunga ubusa,bagenda gucafuza ighugu cabavyaye kikabaha vyose,ngo bagiye aho bateye imbere,ni hatari ,muzobaze abagiye i bulaya hateye imbere ntibataha vuba,none mwebwe mukubise mubangura avec des risques zo kutuzanira izindi nyenzi mu burundi n’abandi banyamulenge,ba muragumyeyo on s’en sortait pas mal sans vous,none ubu muzanye ibigwanisho,ariko ntaco uwo tuzofatana ikigwanisho tuzomupingura.

  • Umve ndababwire ukuri.Mu RWANDA ABAHUTU BAHUNZE BABASHIRA UKWABO BAKAZA BAKAZA BARAKURAMWO UMWE UMWE BICA,ABANDI BAKABICISHA INZARA,ABATUTSI NABO UKWABO BAKABAHA IBIKENENEWE NDETSE BAKAZA BARABATWARA KWIGA IKIROBELI.

  • Nibagaruke Kuko Amahoro Nkurunziza Yagwaniye Nubu Ni Yose! Sinzi Mbere Ico Bari Bahunze!

  • @uwahungutse
    Nta mpuwe mfitiye abo bahutu bahungiye i rwanda,ivyo ni ibijuju twabihaze,ni bamwe bahimba ntacoyimena,mbe kagame yanyukuye nubu akinyukura abahutu b’abanyarwanda ,abarundi nibo yoreka,ntibazongera gukurikira nk’intama,na ba niyombare rindira nico kibarindiriye.

  • Imana ishimwe kwamahoro yabonetse nibatahuke mugihugu cabo.

  • NIBAZE TWUBAKE IGIHUGU CACU KUKO NTIBOCUBAKA BARI MUBUHUNGIRO .

  • Fidélité,ivyo uvuze nivyo,abahutu bamwebamwe ntibafata ingingo babanje kuraba kure,bahendwa n’agatwengo k’abatutsi kuzuye ubwiyorobetsi kinyegeje inyuma y’ubugome bakibaza ng n’abagenzi babo. KAGAME n’umwicanyi ruhebwa ahubwo turondere ingene twomwica areke kugira ihonyabwoko ry’abahutu

  • nsigaye mbona interahamwe zarataye umutwe kugeza aho zisigaye zikirigita zigadekera inyuma ya cravier zifatanyije nimbonerahafi za barundi?umva!!!!!twarabatsinze kdi tuzahora tubatsinda kuko umuvumo wi mana ugendana namwe aho muri hose.mubaye mufite ingufu mumyaka 21 numwe mumaze muri Congo nka ba rebelions mukaba mutajya mugerageza ngo mwinyegeze ngo mutere u Rwanda udutero duto kdi gisenyi ifatanye na Goma na Bukavu-Rusizi nuko muzi isomo mwahakura sibyo??nyamara twe tubasangayo burigihe sibyo???twabafatanye Congo iruta Burundi inshuro 89 yose inshuro 2 kdi mwari mugifite etat major ya habyarimana yose yuzuye interahamwe ariko twabasangagayo tukabatsinda!!!soo mutubwirire Nkurunziza ushaka kwigerereza u Rwanda ko twarwanye na Zimbabwe Angola Zambia rukabura gica bakananirwa;Nagerageza nta kabuza tuzanywera ikawa bujumbura nyuma ya 2 jour.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.