Accueil > Amakuru > u Burundi > Gynecologie sans frontiere yiyemeje kugwanya ingwara ya Cancer mu (...)
 Gynecologie sans frontiere yiyemeje kugwanya ingwara ya Cancer mu Burundi
 Gynecologie sans frontiere yiyemeje kugwanya ingwara ya Cancer mu Burundi
				
				jeudi 14 Ntwarante 2013
Ishirahamwe Gynecologie sans frontiere ryashize igikumu ku masezerano y’imigenderanire n’ uburundi.
Iryo shirahamwe Gynecologie sans frontiere ryateye igikumu ku masezerano y’imigenderanire n’uburundi mu bijanye n’umugambi wo gukingira ingwara ya kanseri y’igitereko yatewe ko igikumu kw’igenekerezo rya13 ntwarante 2013 I mu rugendo umukuru w’igihugu yari yagize mu gihugu c’ubufaransa i nantes .
Floxella Karire
