IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > "Happy from Bujumbura" isanamu yerekana umurundi aryohewe (Video)

"Happy from Bujumbura" isanamu yerekana umurundi aryohewe (Video)

lundi 14 Ndamukiza 2014

Inzu ihinyanyura amajwi, igakora n’amasanamu yitwa Kipepeo Pro yo mu gisagara ca Bujumbura, yasubiyemwo ururirimbo "Happy" rw’umuririmvyi Pharell Williams wo mu gihugu ca Reta zunze ubumwe z’Amerika. Intumbero yayo ni kwerekana ishusho y’umurundi ahimbawe.

Gusubirwamwo kw’ururirimbo"Happy" bakarwita "Happy from Bujumbura", inzu y’ubihinyanyuzi Kipepeo Pro, yabigize ishaka kwerekana ishusho y’umurundi aryohewe mu bibanza bitandukanye vyo mu gisagara ca Bujumbura. Iyo ndirimbo ibonekamwo abantu batandukanye bafashwe amasanamu bariko baratamba harimwo n’abanyamahanga.

Irabire aha munsi, isanamu y’ururirimbo "Happy from Bujumbura".


Chérif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.