IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > HRW risaba Reta y’Uburundi gushengeza Agathon Rwasa na Pasteur (...)

HRW risaba Reta y’Uburundi gushengeza Agathon Rwasa na Pasteur Habimana

vendredi 15 Myandagaro 2014

Human Rights Watch (HRW) isaba abategetsi b’Uburundi gushengeza abagirizwa ubwicanyi bwakorewe impunzi z’abanyamurenge bo mu gihugu ca Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo, igihe bari bahungiye mu Gatumba ku butaka bw’Uburundi.

Muri ubwo bwicanyi bwakorewe izo mpunzi z’abanyamurenge, abagera kw’ijana na mirongo itanu barwiriyemwo abagore, n’abana akaba aribo bagandaguwe bunyamaswa ku wa 13 Mukakaro mu mwaka w’2004, mu gihe abandi benshi bakomeretse. Itangazo ryashizwe ahabona na Human Rights Watch (HRW), risaba Reta y’Uburundi gukurikirana abari barongoye umurwi w’abarwanyi biyemereye kuba aribo bagandaguye izo mpunzi, gushika ubu batararengutswa. HRW ikaba idoma agatoke kuri Agathon Rwasa umukuru w’umugambwe FNL (Front National de Libération) w’ico gihe hamwe na Pasteur Habimana yari umuvugizi w’uyo muhari, nk’uko bivugwa na Daniel Bekele umuyobozi w’akarere k’Afrika muri Human Rights Watch.

Daniel Bekele akavuga ko imyaka icumi yose irangiye, abo banyagihugu bagandaguwe, mu gihe atakirwanisho na kimwe bari bafise, nayo abagirizwa kuba bari barongoye umuhari w’abagandaguye aribo Agathon Rwasa na Pasteur Habimana bidegemvya mu Burundi.

Pasteur Habimana

Mwomenya ko muri iryo tangazo bibutsa amajambo yavuzwe na Pasteur Habimana ko izo mpunzi zagandaguwe, mu gihe ikambi yo mu Gatumba yari yuzuyemwo abantu batunze ibirwanisho. Human Rights Watch ikavuga ko ari ikinyoma cambaye ubusa, ahubwo igikwiriye ari ugushengeza mu butungane abiyemereye kwica abo banyamurenge. Human Rights Watch riributsa ko abanyamurenge bageramiwe haba muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo co kimwe no mu Burundi. Daniel Bekele akavuga ko abanyamurenge bagera kuri 30 baherutse kugandagurwa i Mutarule mu Bumanuko bwa Kivu ku wa 6 Ruheshi uyu mwaka.

Daniel Bekele
Agathon Rwasa
Ashinguranywe iteka izo mpuzni

Aristide Nizigire

Messages

  • Mbe million z!abahutu ziciwe muri congo,gikongoro aho hose ko hari mumakambi yabahutu nirihe tohoza rimaze gukorwa?nimureke basha kuba mukora abantu mumaso,abatutsi bibazako aribo bava amaraso abahutu bakava amazi!! Ahubwo nakandi kanyamurenge koba kari muburundi nibahushure

  • Buca ajamunzego zigihuhu ashobora no kuba president na peter nubwo yokwiyongeza ntazomutanga ndabarahiye

  • ubwobushiramwe hrw burazi abantu binzirakare ngane bapfiri zakivyuka congo nahandi birengagiza nindaravuga nubube budemba igitinyitse kwisi no mwijuru n,Imana.

  • Ivyovyose ndazi kwarumugambi wabadede none wibaza ko abo banyamurenge bafuye kwaribi babaje cane gose gusumba abafuye imbere yabo bishwe na Cnnd kandi abarundi biwabo nyene bobo ko batagirwako amatohoza??ariko nukwihenda pe kuvaho bahereye sivuba barementanya ariko ntacobarashikako;aho rero bazopfira kuvuga.

  • Utwo dutego twanyu mwoshaka mwoduheba kuko ntaho tuzobashikana.Abahutu biciwe i congo bicwa niyo mihimbiri y,abanyamurenge bangana gute?abaguye muri rusizi bahunga iyo misega bangana iki?aho mwibaza ko abacu twabibagiye nimurukarishe ruzobamwa.iyo hmw uwo ayiserukira s,umunyamurenge?natwereke natwe abacu ababishe.ahubwo leta twoyisaba ko yobwirukana vuba bagasubira iyobwaje buva.Mubutu yabuhaye indaro none raba isibe buteye muri congo.

  • Sintangajwe na Bekele kuvyo avuga. Mbe nigiki abo Banyamulenge basumvya abahutu niciwe muri Congo? Ninde yari yabatumye guhisha inkotanyi zashaka gutera Uvira? Twese turazi Yuko ABA DD Ari inkuzi zamahera. Baze Bibeshe Ngo barabaye Yuda. Tuzobereka. Nawe human rights watch yishinge uyo mu tutsi Bikele. Hakumutuma GU kurikirana Kagame yishe AMA millions yba Hutu naba Congo, Ngo aje gukurikirana abahutu bi Burundi bariko bigwanako mugihe bari bageramiwe. Turasavye Yuko Leta yu Burundi ko yo kugara business zose za Rubera gushika asiguriye ABA Hutu bi Burundi iyo yahamvye bene wacu bari muri Congo. Muritonde abahutu bejo hahezesibo buno musi.

  • Ahubwo iciza Sulo abanyamurenge bokwicwa igikuru nukumenya icatumye bicwa ntikize gisubire kuko abanyamurenge nabantu ingorane bakunda kwivanga muri politike zabandi batabiretse ukwicwako baracicwa nkubu bahaye bakoreshwanakagwi kabamwe bomuri cndd fdd turabasavyeiyongendi bayihagarike kuko iragayitse ivyo biphuza nibabangire ariko babanze karelen uburundi bwogorore imyaka nimyinshi ngwijoro naryo ryatevye ryibutsa umugabo ubwo yaraje

  • Mbe Mutama ,Rwasa Agathon yapfiki n,abanyamurenge?ko n,abatutsi benewacu bi burundi ntaco yabakomako kiretse abari mugisirikare bo bari inkwezi zamabi aribo barabicanyi.Nihagire umututsi w,iburundi avuga ko FNL yabishemwo nuko atarikubashikire se? we yahigana n,umusirikare nanubu nibabandanye.Mbe HRW ko bazi amategeko ko batitwarira UN?Bivugwako ntamunzi yegera urubibi rw,igihugu abayaravuyemwo.None kuberiki?UN na L,etat yuburundi yico gihe yabagumijeho?Mbe zirya munzi zapfiriye icongo ntibarabantu canke vyari bikoko navyonyene haritegeko ryo kubikingira.Reka na kagame,Museveni na Buyoya bazobazwe nabo izongabo nibo bazirungitse,muri congo zimaze kuneshwa zihungira iburundi.Bareke rero kudukora munkovu tutarabaza na president wacu yishwe na kagame.

  • @igihe iciyuviro caje ntikiri kurubuga sindavyuva?ariko reka subiremwo.fnl yavutse 1980 gushika 1993 ntamututsi numwe yigeze yica %?abatutsi twese turazi igihe bataguwe kwincwa bababishe???abanyamurege nabo birababaje arikobturazi ko atari fnl aba DD baciye kuri pasteur kugira batege umutego rwasa uvuge ko ari fnl ??iki menyamenya raba pasteur bari kumwe ???fnl 1991 yateye ibujumbura ntamuntu numwe yishe nta mutututsi ??kiretse abapolice babwira abantu baje mumazu??icogihe iyobashaka kumara abantu bari kubamara kuko abantu bari haze mububari rero abanyamurege bihareke kwuvira amabwire yaba DD bashaka ko rwasa atitoza kukatwe kiwe ntakindi kirinyuma .mbogere barindire cvr yabarundi bose nabo bazo jamwo ikindi nosaba aba DD mwebwe mwagiye kugwana gwasa amaze 8ans agwanira agateka kabarundi ubu. mumuhora iki?%% nyagoma yabataguriye mukibira akabereka umwoga uhuma nuwutahuma mupfa iki?????subiza ubwege inyuma guhemuka siragi

  • Ewe sha bekele aba dede barakwibukije mbe kuki wibuka iyicwa ryabanyamurenge ntiwibukeabahutu mwishe murikongo???canke wibuke nyenecubahiro umukuru wigihugu cuburundiNdadaye melchior hamwe nubundi bwicanyi bwinshi tutarinze kudomakuurutoke.

  • Abahutu baciyumvira nko muri rimwe murantangaza cane, nimba abanyamurenge basaba ubutungane namwe muti harabanti bishwe batavuzwe, ico si ikibazo casubizwa n’abanyamurenge ahubwo namwe nimutere intambwe mubaze benewanyu bishwe ariko mureke abanyamurenge babaze aho ubutungane buzakorera.

  • @rucagu, uri rucagu koko. reka nkubwire nahandi wibagiwe. byumba,umutara nahandi. ariko nimba umunyamurenge asabye ubutabera ku bwoko bwe nawe jyenda usabe ubutabera ku bantu bawe ariko ntukine ku mubyimba imfura zishwe zizira akamama.

  • jewe ndatagaye sina cibaza ko hari abahutu bafise ivyiyuviro vyamacakubiri %%?ncanke ubugugu bugana uku?%%%?kaba banditse gaha ?umuntu abajije abiwe bapfuye aga umu /kongo/senegaleetc uca umubarira ngobaza uje kundoderera naje abanyiciye??none ko cvr yabananiye kugira mufate abatutsi babiciye??nkandi ubu hatwara umuhutu???hari bantahofatwa?%mbega baba DD bandika ngaha bagiyehe iyinkuru ntibayishimye ??kuko bari inyuma yayo

  • ubwo muvuga ivyo genda urebe amagufa ari mu camp:ruvuge,kanganiro,zirangabo,kajembo,za runingo ....mumashamba ya rdc genda ibubanza ibuvyuko uzosanga amagufa asanayandi ahubwo zamwihanura mwumve ko kwica aribibi ababishe bibajije ko arivyo mukunda

  • AHAHAHAHAHAHA!!!!!!!!NGO GATUMBA?BWABUNDI AMARASO YUMUTUTSI AFISE AKAMARO KURUSA AYABAHUTU?
    MBE ABAGUYE MUMABOKO
    YA UN IGIJWE NAMASHIRAHAMWE IBIHUMBI NI BIHUMBI BAKEREGWA IZUBA RYAKA AMAKUNGU AKORANYE KO IYO HUMAN WOCH TUTSI ITABAVUGIRA ABO NUKO ARI ABAHUTU ???????????????????????????? NINDE YO NYISHURA :BAHERE KURINDE

    1KAGAME?
    2. KABIRA?
    3 GWASA?
    4 NKURUNZIZA
    5 MUSEVENI
    EKE NABANDI MUZI NTIRIWE MVUGA

    ABO BOSE
    Pg.

  • Imana ibabarire abanditse ngaha, nkunda igihe kuko gituma umenya abantu.
    Burya hari abantu bagifise amacakubiri kurugezo rungana uko?Ndababayekubona abarundi mudaca ubwenge.Namba abobagabonabo aribo babishe ntakabuza nibashengezwe kuko kudahana sivyiza.

  • Imana ibabarire abanditse ngaha, nkunda igihe kuko gituma umenya abantu.
    Burya hari abantu bagifise amacakubiri kurugezo rungana uko?Ndababayekubona abarundi mudaca ubwenge.Namba abobagabonabo aribo babishe ntakabuza nibashengezwe kuko kudahana sivyiza.

  • Ubutungane bwari bwiza iyaba bwari ubutungane koko!Gutunganiriza bose n’abanyamulenge barimwo ni vyiza cane,arikoabo Banyamulenge ikosa bakora n’uko baca bashaka gukoreshwa!Ubutungane bwokora kuri RWASA na Pasteur gusa ntabwo bwoba ari ubutungane koba ari akarenganyo mutundi kuko ubutungane nyakuri butegerezwa gutunganiriza bose.Ikindi tubwizanije ukuri ,simbona ko priorite yarikwiye kuba Abanyamulenge washaka babanyamahanga kandi hari abantu isinzi bishwe babarundibishwe b’abarundi.Abo nabo bafise ivyo bagirizwa muri buno Burundi,vyongeye bishe Abarundi washaka atari n’abanyamahanga bacijandajandira mbere aribo bakoreshan’ubwo bwitwa ngo ni ubutungane.Iciza rero,kwariugutenyenya hakazoba ubutungane bw’ukuri.Koko mwobikunda mwovyemera,amategeko avuga ko umuntu atarahamwa n’icaha aba ari umwere!Ayo mategeko rero nakore kuri bose apana bamwe akareka abandi.Kure imvo za politike mubutungane.

  • Ari Abarundi muvuga ngo Abanyamulenge bivanga muri Polique harigihe basaba kwitoza kurongora uburundi, none izo sentiments mukoresha mugutanga ivyiyumviro mubona kwica abanyamulenge muzotoramyo inyishu yibibazo abarundi bafise ? Sigaho amacakubiri abantu bose barareha imbere y’ubutungane, ikindi mwomenya nuko nabo bahutu mwirigwa muvugira ngo ni bene wanyu nabone baranigagurana ijoro n’umurango. Mureke kuvuga amajambo menshi nta munyamulenge yishe umurundi.

  • Nagomba mbaze,Mumabi yakorewa uburundi mubihe vy’intambara HRW Yasanze ikibabaje ari abo banyamurenge?Abapfiriye mumahanga atandukanye kumurango riva amakungu arorera mbega ntibari bafise amaraso nkabo?Twifuza agateka kuri bose atari kubwoko.Amacakubiri arakaranduranwa naho hose ava.

  • Izo nkoramaraso ngo ni abanyamurenge bigize ibikoresho bya Hitler Kagame nibabanze bavuge uko bagandaguye abahutu 500 milles hamwe n’abakongomani 6 millios. Abo bene gahini bazapfa babungera

  • muradutukir’ubusa tuzahora tubibuka kandi muzabirwanya ariko ntabyo muzoshikako.
    abahutu twishe baje bazanwe nokutwicha ndetse nokunyanga inka dore ko bakunda inyama kurush’intare, noneho turitabara . muzabaze ababembe duturanye: ntaho dutera ataruko babanje kudutera twe nukuvugako duhorana ikigongwe kandi duseng’Imana yacu izaturwanirira.

  • Abahutu bazopfa ari ibijuju!!!

  • mwese ndabatwenze kabisa, ni mureke aya muhe, intwaro izobaho kandi izoca izigororotse, dusabe Imana iruhurire imitima abarundi bararushe kabisa

  • Jewe icombona mutama rwasa baramubeshera.

  • Bamureka kwambika ibara mutama agathon president wa 2015

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.