IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ibiganiro bihuza abarundi bigiye gutanguzwa ku mu garagaro

Ibiganiro bihuza abarundi bigiye gutanguzwa ku mu garagaro

lundi 18 Nzero 2016

Umurwi w’igihugu utegura ibiganiro bihuza abarundi CNDI umenyesha ko ugiye gutanguza ibiganiro ku mugaragaro mu ntara zitandukanye z’igihugu.

Mw’itangazo ryateweko umukono n’umukuru w’umurwi CNDI Musenyeri Justin Nzoyisaba kuw’Imana igenekerezo rya 17 Nzero 2016, amenyesha ko umurwi CNDI umenyesha abarundi n’amakungu ko ibiganiro bizotangura ku mugaragaro kuwa gatatu igenekerezo rya 19 Nzero 2016 mu ntara ya Kirundo.

Muri iryo tangazo,umukuru w’umurwi CNDI amenyesha ko ivyo biganiro bizobera kandi mu ntara ya Gitega kw’igenekerezo rya 21 Nzero,hamwe kandi no mu ntara za Rutana,Kayanza n’igisagara ca Bujumbura kw’igenekerezo rya 22 Nzero.

Umukuru w’umurwi CNDI asaba abarundi bose kwitaba ivyo biganiro bitegekanijwe kwama bitangura isaha zitatu z’igitondo.


IGIHE

Messages

  • Ibibiganiro Ntakintu Nakimwe Bizobamwe Abarundi Bahunze Igihugu Bakumiriwe Nuguta Umwanya Ntanakimwe Kijovamwo

  • Twari Tubirindiranye Igishika Murakaza Neza Abarundi Twamye Tuyaga Na Bundi Tuzokwama Tuyaga.

  • ivyo nivyo abarundi isinzi tuzitabira apana vyabindi vy’amagabura nyama, bihera nubundi ibibazo bikabandanya. icyishu y’ibibazo vyacu irihagati muri beneburundi.

  • Le cndi n’est pas reconnu par la communauté internationale tu perd ton temps pour rien aller consulter la bible seulement

  • Félicitation àl’ Uprona . Les DD ….10 ans de tricherie au pouvoir c’est suffisant pour être démystifiés. Mr les DD , « on ne peut àla fois être juge et parti ».

    Vous vous créer de l’opposition, vous nommer vos propres juges pour condamnés ceux qui ne sont pas de votre avis, vous refuser le droit de défense aux personnes que vous voulez injustement condamner, vous avez détruit les services de sécurité (police et armée), pour les remplacer avec vos milices des généraux imbonerakure et interahamwe , vous tuez / violez les innocents jours et nuits …….

    Et voilàque maintenant vous êtes sous pression de négocier avec ceux qui ont refusé d’être vos esclaves …….comme vous avez Nyakurisé tous les partis politiques pour créer votre propre opposition, et maintenant c’est le tour de vous créer votre propre Groupe de médiation.
    Avez-vous consulté CNARED pour nommer les membres de CNDI ? Les Burundais ne sont plus dupes, umugani wawawundi « Twarabahinyuye ». Le CNDI est n’a aucune valeur ou considération des Burundais, Certes ni UPRONA ni CNARED bien que je ne sois pas leur parte parole n’acceptera plus les magouilles des DD.

    Vous êtes responsable des crimes et du chaos que vit le Burundi, vous devrez accepter de confronter la réalité.

  • Ntacumuntu avyitemwo
    Ahubwo nimucungure
    Agashimwe kaho mwaherekeje
    Nkurunzi muco mwise amatora mwoye guhuma amaso
    AMakungu na barundi twarabahinyuye

  • nivyiza natwe abantubatoboto tugize icotubivugako nakare abarunditwamye ndufanye munda

  • Abarundi isinzi tubirindiranye igishika turabakunda.

  • Ewe Burundi waragowe,Museveni ngo bivuye Intebe bizobandaniriza Arusha.Padiri nawe ngo bizova kirundo bije Igitega!!!

  • Kone ivyo biganiro, ko bivugwa ko ari ibihuza Abarundi bose, bitumiwemwo ba nde? Ko tutarabona abakuru badutwara mu ma quartiers baturarika, kandi turi n’ibituraje ishinga twoshikiriza?

  • That master perster Nzoyisaba,lost the only time Do people of Kirundo and Kitega buckets of problems.do not know the comes from,is to deceive the nations.either aspreadsheet of ours hoir.

  • Barundi barundikazi bene wacu,nizere ko atawuzoja muri ako gatwenge ngo ni inama.bagombe babice mwegeranij.ikibabaj nuko mbona uwubitegura ari umukozi w imana.yamara ntibitangaj niba asenga imana imwe na Nkurunziza

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.