Accueil > Amakuru > umutekano > Icegera c’uwurongoye ikambi y’igisirikare ya Mutwenzi yahatswe (...)
Icegera c’uwurongoye ikambi y’igisirikare ya Mutwenzi yahatswe kugandagurwa
jeudi 31 Ntwarante 2016, par
Icegera c’uwurongoye ikambi y’igisirikare ya Mutwenzi mu ntara ya Kirundo yahatswe kwicwa n’abantu bitwaje ibirwanisho Imana irakinga, bakaba bamutegereye ageze muri karitiye ya Bushaza, iri mu gisagara ca Kirundo. Umwe mubamucungerera ubuzima akaba ariwe yaguye muri ico gitero.
Major Venuste NKURIKIYE, icegera c’uwurongoye ikambi y’igisirikare ya Mutwenzi yaguye mu gitero c’abantu bitwaje ibirwanisho mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu, nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro, ageze mu gisagara ca Kirundo. Amasasu menshi yarumvikanye mu gihe abo bitwaje ibirwanisho barasana n’abacungera ubuzima bwa Major Venuste NKURIKIYE.
Umwe mu bacungera ubuzima bw’iyo ntwazangabo niwe yasize ubuzima muri ayo masasu. Abo bitwaje ibirwanisho bararashe kandi umuporisi umwe arakomereka, bongera batera gerenade, mu gihe bariko barasubira inyuma.
IGIHE
Messages
31 Ntwarante 2016, 15:20
UBWICANYI MUBURUNDI KOBWABAYENDSE@!,!!!.TWIHANE YESU AGIYE KUZA.
31 Ntwarante 2016, 15:41
YESU NIWE NZIRA YAMAHORO .KWISI NTAMAHORO AZOKWIGERA ABAHO.NI MUZERERO TWIHANE
31 Ntwarante 2016, 15:46, par Wavenzwe Richard
Umusi twatanguye kubamesa neza sinzi aho muzohungira bandanya mutuvyonga mwamisegamwe.
31 Ntwarante 2016, 15:56, par VYUMVE
None Gayemwe Karaciye Ingani Baze Barica Umwumwe Jewe Ndabona IGISIRIKARE Cogaba Kikikurako Uwo Mwansi Akibangamiye.
31 Ntwarante 2016, 16:42, par ANTHE-J
mana tabara kubo uburundi bugira bube nkasomar atarikigongwe cimana hazosigara umekwijana
31 Ntwarante 2016, 16:48, par eric
God has blessed burundi and his president.
Just be strong and have a good courage . i tell you be strong and have a good courage.
Burundi will grow in the middle of attack as israel grow in the middle of trouble.
Our enemy will make us strong but will never win over us :
31 Ntwarante 2016, 17:26, par niyuhire serges
nene gayemwe ivyobitero bizoheragute mu Burundi?Imana nitugarkire
31 Ntwarante 2016, 17:28, par niyuhire serges
nene gayemwe ivyobitero bizoheragute mu Burundi?Imana nitugarkire
31 Ntwarante 2016, 18:39, par Kagabo
Nibishikane Nkabandi Bataraguru Nk Ifu. Nibarindire Mutama Wacu Azobasya Bose. Bihenze Uwo Tuzofata Ni Kumwica Ubwo Nyene. Wait
31 Ntwarante 2016, 19:14, par Wesha?
Twagombadusabe Banobashefu Bacu Nukomwoza Murarungika Abameyereye Akazi Badahusha Mukamenyako Dukorera Kugihe Atamwanya Wogupfisha Ubusa.
31 Ntwarante 2016, 20:16, par Akimana
Nonemurabobagizibanabintanumweyafashwe?Majoronaweniyiheporekukoyahatse?
31 Ntwarante 2016, 21:06, par Pontien BCM
Ndahojeje Abasirikare Bigihugu Imana Nyenamahoro Ibahe Kwihangana Ukwobiri Kwose Umwansi Azotsindwa Kuko Imana Ntiyahevye Abarundi Ngabozigihugukomera Kumuheto
31 Ntwarante 2016, 22:04, par yego
kugra bihera tws nibaduh ivyuma!dufashany tws.
31 Ntwarante 2016, 22:51, par IRANKUNDA PROTAIS
MANA FASHA BDI
1er Ndamukiza 2016, 04:58, par tari
Ndakeje ubutwari bwaraye buranze abashinzwe gukingira major nkurikiye baraye berekanye ko arintwari nashaka nkebure izontwari mugisirikare cacu kobatosinzira umukondora zosi kuko umwasi yaramaze kutwinjirana nibakore ibishoboka batabare igihugu ataraho naho afise umugambi wokubamara mukwica kamwekamwe
1er Ndamukiza 2016, 08:13, par Bosco
barundi ncutizanje mwarasizwe ubu twese twokizwa uwuhoraho yocaz kutujana hamwe yadusezeranira mwebwe mushaka kwikiza kandimana ihari iconofasha benewactnibi MANAyacu wawewaremye isi nibiriko vyose rabo abarandi turarushe nubwicanyi mana niwewe unesha amen!
1er Ndamukiza 2016, 09:04, par MUSAVY’IMANA TEWOJENE.
abasirikare buburundi ni indarangavye ntibitangaje.
1er Ndamukiza 2016, 09:38, par Gahome Rutwe
Barasa abataribo,Uwukenewe ni Malangi niwe ateye ikibazo
1er Ndamukiza 2016, 11:05, par UMWAMI
Imana nihabwe icubahiro kuba yarakinze uyo mu major ntapfe,kuko twebwe ingabo dukingira igihugu twivuye inyuma,kanatsinda twarize turamenya ico tujejwe,dukingira abayobozi bacu ba FDN atawe dutandukanije,ntituraba ubwoko canke intara,bose nabacu,nukuri dukora ico tuzi,nomumakungu turihesha iteka,tukarihesha nigihugu cacu,abansi ba Demokarasi nibateshwe bate kuko kirimwo abagabo bijunja nijambo.
1er Ndamukiza 2016, 19:39, par gasongo j
uwiyita gahome rutwe nuwiyita wesha? ndasavye imbabazi nimba muhaze kirazira gukokeza ingwano amabi yintambara ntayomuzi rero ubwoburyo muriko mutakaza muhabwa nakagame kumbura murabe ico mwokora ndaziko muri aba sans echec benshi ngira murazi uko bamerewe ubu nibiwerewere namwe mwagizimana IMANA irabarokora bandanya!nagomba gusaba abasomyi barabe ayo mazina ivyobanditse nibara!!
1er Ndamukiza 2016, 19:43, par Uwubizi
Imana yagize neza kuko Peter n´abicanyi biwe bari bahitanye uwo mu Major. Co kimwe n´abandi basoda baguma bahigwa n´izo mbonerakure n´abandi bicanyi ba Peter nobasaba kwicungera sinon arabamara.
1er Ndamukiza 2016, 21:46, par Sam Kaka Rukongwa
Kagame yishe benshi. Wasanga ariwe wamugambaniye kuko nubundi yari yaragize Bihozagara igicibwa. Ndumva kagame yarohereje uburozi nuko abanyururu ba sinduhije bakaroga Bihozagara. Nubwo Bihozagara ari umwicanyi ni amayeri ya kagame pilato yo guteza umutekano muke mukarere
1er Ndamukiza 2016, 21:46, par Sam Kaka Rukongwa
Kagame yishe benshi. Wasanga ariwe wamugambaniye kuko nubundi yari yaragize Bihozagara igicibwa. Ndumva kagame yarohereje uburozi nuko abanyururu ba sinduhije bakaroga Bihozagara. Nubwo Bihozagara ari umwicanyi ni amayeri ya kagame pilato yo guteza umutekano muke mukarere
2 Ndamukiza 2016, 13:18, par Bless
Ningorane Cane
2 Ndamukiza 2016, 19:37, par Pierre
Muburundi ntibukiri kurindi mwarimuzi kera kugihe c’intwaro zabatutsi,abahutu bavuga yuko abatutsi babanize none nabo bagomba gutwara kugira bateze imbere uburundi, Ariko bsbusubije inyuma ikinjana cose kirenga
4 Ndamukiza 2016, 06:21, par Manirampa Fidele
Nuguhiga Abobazi Banabi Bivyonga Akarre Bahanwe
4 Ndamukiza 2016, 14:25, par Erenest
Jewe Nunvumengo Twoterivyast Abobahast Kwica Iyontwari
6 Ndamukiza 2016, 08:47
Kagame Murabe Neza Niwe Atumariye Abacu
6 Ndamukiza 2016, 10:27
Abarutureme Kandi Tube Maso Yarimacumi
6 Ndamukiza 2016, 23:37
Bagize Nabi Bishe Major Venust Nkurikiye Yobica Abant Birirwa Barica Abant Ibujumbura Kagame Nimumureke Kuko Ntawuramubona Aje Muburundi Ni Mumureke Nimurwane Neza Ncuti Zanje Kagame Mumureke Siwe Abagira Nabi Ikibite Agashi Tegure Ibiganiro Vyihuta Mumenye Uwurwana Muzoba Mukoze