IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Iciyumviro cogushira umurwa mukuru w’igihugu i Gitega cari mwiza (...)

Iciyumviro cogushira umurwa mukuru w’igihugu i Gitega cari mwiza (Video)

vendredi 17 Ruheshi 2016, par Jean De Dieu

Iciyumviro cogushira umurwa mukuru w’igihugu iGitega wari mwiza ariko rero ishirwa mungiro ryawo niryo rigoye

Source: Tele renaissance


IGIHE Burundi

Messages

  • Uragerageza kuvuga mugabo nuko utadudurirako baraguhahamuye ubu utinyako ingangura yorara ikuvugiye mugahanga

  • none mwe mugira ibintu vyose vyorohe?? reta ikomeye igomba nokurangura imigambi ikomeye nyene. iciyumviro reta yagize niciza cane kandi bizoba wovyemera wovyanka, ahubwo bigeze kure.

  • Rindira uzogenda ubona ukwo ibintu bizogenda birakurikirana, ariko nobandakumenyeshako bitazobabigiye muburyo %
    Gusa ntidusubira inyuma twarahiye turarengwa ahubwo nawe vamwiyokazi yokunegura ujekukivi ugiruruhara mukugabanya ayomakenga maze uvugengo’ nomurivyobihugu vyateyimbere ibikorwa ibikorwa nama leta yavyo ntibiba ari % atariko bagenda barabishira mungiro gakegake , ndagusavye korera igihugu cawe nayo akokazi kokunegura ntaterambere agatanga.
    Rekandangize ndakubwirako nongaha iwacu Bujumbura leta zimaze imyaka zihakorera ariko sukuvugako hakwije ibisabwa.
    None kuberiki uciye wipfuzako Gitega kwariho bokorera aruko hakwije ibisabwa vyose? Ivyobicavyitwa gupinga ntabwo arimpanuro.
    Nawewe nubwo urumugabo tubona ibushitse harihivyo udakwije ariko ntikibuza kukomeza gukora imigambi mishasha.

  • ico ciphuzo cari ciza,narirya igitega ari au centre arko uburyo bwokubona inyubako zugukoreramw buzova he?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.