Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi
 Ifoto y’umunsi
 Ifoto y’umunsi
				
				jeudi 13 Ntwarante 2014
 
Bienvenu Busuguru yitavye Imana ku genekerezo rya 11 Ntwarante, afitanwe n’indwara y’igituntu yanduriye mw’ibohero rikuru rya Mpimba, aho yari amaze amezi cumi apfungiwe. N’aho abaganga bari basavye ko agumizwa mu bitaro kugira amagara yiwe akurikiranwe neza, yaciye asubizwa mw’ibohero, ari naho yaguye inyuma y’iminsi ine asohotse ibitaro.
IGIHE

Messages
14 Ntwarante 2014, 01:04, par Komera
IBI BIRABABAZE CANE MUZE MUSHIRAKO INKURU ZOSE KUGIRA AMAKUNGU ABIBONE CANKE TURONKE IVYEMEZO BIKWIYE TUZA TURATANGA