IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Igipolisi kijejwe umutekano wo mwi barabara casubije imoto zirenga (...)

Igipolisi kijejwe umutekano wo mwi barabara casubije imoto zirenga 100

jeudi 28 Ruhuhuma 2013

Igipolisi gicungera uruja n’uruza mu mabarabara casubije ama pikipiki arenhga 100 beneyo,ivyo bikaba vyakozwe kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2013.

Izo bikipiki zari zahagaritswe kubera abazigendesha barenze amategeko abagenga mu kazi kabo. Igipolisi caboneyeho akaryo ko guhanura abamotari kugirango bubahirize amategeko agenga amabarabara kandi bubahirize amasaha batabwirizwa kurenza.

JPEG - 60.7 ko

Igipolisi kandi kirakebura abica amatwi bakarenga amategeko kandi bazi ko iyo bafashwe bahanwa hisunzwe amategeko, na cane cane abarenza amasaha yo gukora kuko kenshi abagizi ba nabi biyunguruza ku ma pikipiki mwijoro .


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.