IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Igisirikare c’Uburundi kirashimirwa

Igisirikare c’Uburundi kirashimirwa

vendredi 22 Ntwarante 2013

Ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika rirashimishwa n’igikorwa c’abasirikare b’abarundi bahagarariye amahoro mu gihugu ca Somaliya.

Ivyo biva mw’itangazo ryashizwe ahabona n’uwuserukira ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika mu karere k’ibiyaga binini, mu nyigisho yarimwo zo kumenyesha ibikorwa vya AMISSOM.

Uryo ruganda rwabaye igenekerezo rya 21 Ntwarante, ruteguwe na Information Support Team.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.