IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ikigo c’abamenyeshamakuru cuguruwe

Ikigo c’abamenyeshamakuru cuguruwe

mardi 5 Rusama 2015

Umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika y’Uburundi yahagaritse ingingo yo kwugara ikigo c’abamenyeshamakuru.

Valentin Bagorikunda yatanze iryo tegeko kuri uyu wa 5 Rusama uwu mwaka, ico kigo cugawe ku wa 27 Ndamukiza n’abaporisi baherekejwe n’uwutwara igiporisi mu gisagara ca Bujumbura, n’abakorera ibiro vy’igendereza. Mu kwugara ico kigo, hakaba hari na bamwe mu bamenyeshamakuru babanje gukubagurwa, aho bagira bashikirize incamake y’amakuru. Ariko rero naho ico migo cuguruwe, ahasanzwe hakorera amaradiyo muri ico kigo, ntiharimwo.

Ico kigo c’abamenyeshamakuru kikaba cuguruwe mu gihe amaradiyo yigenga kugeza n’ubu, atumvikana hagati mu gihugu, co kimwe na RPA yugawe mu gihugu cose.
Denise Mugugu arongoye ikigo c’abamenyeshamakuru, akaba avuga ko yanezerejwe n’iyo ngingo y’ukwugurura ico kigo, akizera ko n’amaradiyo yaciriwe imihora buca yugururwa.


IGIHE

Messages

  • ENFIN HAMA BUGURURE RPA KANDI TURASAVYE ABA DD BACU MUDUFASHE PITER AREKURE AJE KURIMA AMAVOCAT EREGA NATESHWE YOMOKE NATWE NUKO TUGITINYA GUSA ARADUSESEMA KANDI NUKO BARI KUDUTERA UBWOBA HAGEZE IGIHE TUMUSABIRA GUPFA NUKURI KANDI TUMUSABIYE YICWE NIKIRWANISHO GICIRA UMURIRO CANKE YICWE NAMAMESA ASHUSHE turarushe

  • Uwo musazi atubaha abaganza asengahe? numu nywa rumogi aho mwiciye ntimuruha? nkurunziza numugabo azotwara ahugomba ntihabigwa nyoko.

  • Ntawutonezegwa Yumvise Iyo Nkuru Nziza.Ariko Rere Nagira Ndabasabe Bongere Bugurure RPA.Bonesha,isanganiro Nazo Zumvikane Hose.Bibajije Ko Bazibiye Amakuru Ariko Ivyo Bituma Havugwa Vyinshi.Amakuru Yo Nayatariyo Kandi Bituma Umutekano Utera Uba Nabi Mubanyagihugu Kuko Atamakuru Atohojwe Bamenya.Ndasavye Sintegetse.Ikindi Ndahanuye Abantu Batukana Muvyiyumviro Batanga Bahejeje Gusomo Inkuru.N,ukuri Sivyiza.Bokubaha Iciyumviro C,umuntu Kuko N,uburenganzira Bw,umuntu Nubwo Muburundi Bikiri Kure Nk,ukwezi.Murakoze Imana Idutabare.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.