IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Ikiziga ca Papa Wemba cashikanwe i Kinshassa (Amafoto)

Ikiziga ca Papa Wemba cashikanwe i Kinshassa (Amafoto)

jeudi 28 Ndamukiza 2016, par egide

Ikiziga ca c’umuririmvyi rurangiranwa w’umunyekongo cashikanwe i Kinshassa kuri uwu wa kane.

Umuririmvyi Jules Shungu Webadio azwi kw’izina rya Papa Wemba w’imyaka 66 yitavye Imana kuri uwu w’Imana, inyuma yo kuraba akagwa hasi igihe yari mu gitaramo muri Cote d’ivoire.

Muri ico gitaramo cariko kibera i Abidjan, umuririmvyi Papa Wemba yaguye hasi, ariko abaririmvyi biwe bakaba babandanije ibirori batazi ivyabaye. Papa Wemba yajanwe kwa muganga, akaba ariho yapfiriye.

Amafoto


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.