IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Imigenderanire hagati y’Uburundi n’Urwanda ntiyifashe neza

Imigenderanire hagati y’Uburundi n’Urwanda ntiyifashe neza

mercredi 7 Gitugutu 2015, par egide

Reta y’Uburundi yafashe ingingo y’ukwirukana (Personna non gratta) ku gataka k’Uburundi Desiré Nyaruhirira, umushikiranganji w’ububanyi n’ayandi makungu mu Burundi, akaba n’umuhanuzi mukuru mu buserukizi bw’Urwanda mu Burundi.

Ubuserikizi bw’Urwanda mu Burundi buremeza ayo makuru y’iyirukanwa mu Burundi rya Desiré Nyaruhirira, ariko bakamenyesha ko ata vyinshi baramenyeshwa kuri iyo ngingo yafashwe na Reta y’Uburundi.

Iyo ngingo yafashwe mu gihe ubutegetsi bw’i Bujumbura bwaheruka kumenyesha ubuserukizi bw’Urwanda mu Burundi ko hari bamwe mu bakozi b;ubwo buserukizi bafatanwe ibirwanisho batunze badafitiye ububasha, ariko uwuserukira igihugu c’Urwanda mu Burundi, ariwe Rugira Amandin akaba yavyamiriye kure, amenyesha ko ari irementanya.

Iyo ngingo ifashwe mu gihe Reta y’Uburundi iherutse kumenyesha ko ifise ibimenyetso bikwiye vyerekana ko igihugu c’Urwanda gifise uruhara mu bikorwa vyo guhungabanya umutekano mu gihugu c’Uburundi.
Imigenderanire hagati y’Uburunndi n’Urwanda ikaba isa nk’iyatosekaye kuva aho Petero NKURUNZIZA afatiye ingingo yo gusubira kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu kuwa 26 Ndamukiza 2015.

Egide NDUWIMANA

Messages

  • N ubundikukazi baribaratevye gufatwa ivyemezo.erega about ntinkavyabindi imbeba ik urya iguhuha ukazagusanuka yakumaze.

  • Naho nukuharaba neza urwanda ninkoma Kagame muvyo yize nukwica kandi numunyamacakubiri yubwoko aharaho nukoashaka ko azopfa atamuhutu avugwa aho mubiyaga binini. Biramaze nukumenyekana ko afise nuruhara rubi mumatira yi Tanzania mugushaka ko hotsinda umututsi Mwene wabo WO mumugabwe Wa upinzani haramasezerano mabi bafitaniye bashaka kwigarurira akarere naho rero kubu Burundi tuhabere amaso.

  • Mbega mana nibiki presidant Nkurunziza yishimimirije ngo ahangane n"isi yose union European tannumwe ushigikiye mandat yiwe usa iyo btashobora gihabwa ijambo none ageze kurwanda mbega ko tanigisirikare amfite azarwanisha imbonerakure nizo nterahamwe yazanye uwiyahura tibanuririra.abamushuka tibanzi ikotanyi

  • Nihatari.vyose bizotinda bimenyekane ahubwo abanya Rwanda bari muburundi bose barakwiye kuraba ko bose bafise vyangombwa.kuko nibo baduteje akaga.ihonya bwoko Kagame yateguy ngo izober mu Burundi izogumiwe.

  • ntmuntu nwe azogerageza kuburabuza unurundi nabarundi bashoborakutwinyegezamwo nimurabe nabandi nabo barugereka siyororo ntimugire uwomitinya uburundi nubwabarundi ntitwemere abadusambura bitwaje ubwoko nyabirunga yarumurundi ntiyarumuhutu canke umututsi komerezaho ndongozi ntandongozi nkamwe twaribwabone zidatamikwa ijambo canke ngozigugwe nka gode niyombare.

  • Dufise Abategetsi Bajejwe Kugwiza Abansi

  • Abo Wirukana Ubura Kurekura Igihugu Abandi Ngobatware!Wibaza Abowikeka Karibo Bazokwica Abazokwica Muragendana,Ubacunge Bagucung Mpaka Bakwishe Ndaguhaye Amzi2

  • NDASUBIYE GUSABA KUBA UMUHUZA WABARUNDI KUMPANDEZOSE NTIMUZE MUBIFATAMINENERWE NUKO MUSEVENI YANANIWE NTIYANANIWE YATINYE KUVUGA UKURI

  • @ kariyo
    Mu rwanda nta bakunzi bigeze babayo,hari abarose ngo ni ababanyi ubu nibazako bakangutse

  • Ariko iyo mbwa ngo ninyamitwe niyo ngo ni nkuru.mbi baretse kwica abantu kweri nububundi abahutu uretse kwicana ntakindi bsshoboye puuu

  • Ahubwo Leta Y Uburundi Yarikwiye Kubandanya Yigeza Kure Abobansi B Uburundi.Mb Kagame Ababazwa Nuko Peter Yitoje Nkande?Harico Bimutwaye.Iconicerekanako Harho Ikindi Kintu Ashaka,hamw Nizindi Nyanka Burundi.Barundi Kanure!

  • none mwibazako u Rwanda arirwo rwazanye ikiringo ca 3? none nirwo rwishe ababikira 3? none nirwo rwishe Feruzi? nirwo rwangaje abanyagihugu? abari Tanzanie, Rwanda, Uganda, congo, etc.... muriko muronderera aho ikibazo kitari nagaatoyi!!!!!! murihenze aho!!!!! None nimufunge na ambassade yose ahubwo bice biboneka ko mukommeyee!!!! Murikwije da!!!! dit Nyarutwe .....

  • Haaa,mbega uburundi n abategetsi babwo bashaka kuba banyamwigendako!baranakumbure biyegereze ababanyi nayahandi birabagoye kandi ntibate ibibazo ku rwanda sirwa rwatumye bahonyanga ibwirizwashingiro.

  • yoooo ngirango uburundi buraruhutse ibihano bikuweho, abagaruwe bagiye amerika baragiye, bane bafatiwe ibihano barabariwe uwatezaga ingorane aragiye ubu nta muntu numwe uzosubira gupfa, mandat ya gatatu ni sawa ubu ni bon nabahunze kagame bose babaga iburundi b abanyarwanda bose turabamushiriye abice

  • Barundi mwese muzi ubwenge!!! abo ba dd ntibabahende ngo ikibazo uburundi bufise ngo ni Rwanda!!!!!! oya nagato!!!! none u Rwanda nirwo rwaturiye isoko nkuru ya bujumbura???? nirwo se rwaturiye amasoko ya Kayanza, Gitega na Kinindo? none ni u Rwanda rwabariye Nkurumbi ngo afate ku nguvu ikiringo ca 3? none abantu bariko bapfa muri cibitoki na Mutakura ni Rwanda ruriko rurabica si aba dd bariko barabikora??? Interahamwe zuzuye mu gipolisi ahubwo ziratuma ivyo mwikeka bihava biba!!!!!!! ntaco murondera inyishu ahatariho muhenda abanyagihugu n amakungu ngo ni u Rwanda!! oyaaaaaaaaaa yeeeeeee. , oyayeeeeeee

  • nibakomeze badusotore Buriya bashaka ko tuza kubarangiriza ibibazo bafise..méfiez vous de notre silence nimba mugira ubwenge

  • Nkurunziza,agakecuru mugupfa kaja mubutinyanka,wewe ugomba ukozagati munyo inkotanyi,banzumarurwuriko,ndakurahiiye mundwi gusa akogahara bobabamaz kugahonda mwinyundo!!!komezubasotora

  • Aba police barihekuye kuko bishe inbonerakure zariko zitera ama grenade kumutakura nomucibitoke.nukurasa iyo mihinbiri itumva.nabado;habe icobaye hagati yurwanda nuburundi.urwanda rurihenda kandi rurebere Kure iryo murundi kuko uburundi sinka RDC.basoda burwanda karibu iwacu muburundi avec attention.

  • @kageorges que des bla bla..ubu Kubera ko mufise izo nterahamwe mubitse ngo niho mwogira ico mugerako urihenda pe. ico utazi n umunyarwanda c toi qui doit faire attention pauvre type intambara yanyu n iyumunwa gusa mwirigwa mugandagura kazoza k ejo

  • Nne ugira urwanda nirwo yatumy peter kwitoza nibamaramarir hirya

  • Nne ugira urwanda nirwo yatumy peter kwitoza nibamaramarir hirya

  • wewe wiyse Kageorge biribonekeza ko uri imwe muri za nterahamwe ziri mu gipolisi c uburundi!!!!
    Ntaco wigira umurundi kunguvu , jenocide mu burundi nti muzopfa muyishoboye!!!!!! taha iwanyu mwemange amaraso y abatutsi b abanyarwanda mwanyoye ! Kagame azobagirira ikigongwe ateko abahe inka nk uko yazihaye baso na ba nyoko

  • @Intore
    reka kwiyemera murakanga abandi atari twebwe,tugumize ivyo bigesera vyanyu mu gihugu cacu ngo nuko muri inkotanyi?N’abandi bose batuvireho .

  • ibyo abarundi bilirwa bamoka nkibwa zo kumuhanda ntamunyarwanda numwe biteye ikibazo. dukomeze gahunda yacu twiyubakira igihugu cyacu . naho baliya bakomeze balindagire.

  • Mbega yaramaze imyaka ingahe aho mu burundi? kugira arinde ashika kugikogwa nkico aru Mu Diplomat.

  • BARUNDI NIMUKENYERE kandi mukomeze KAGAME ashyigkiiwe cyane n’ABAZUNGU kuko ari IGIKORESHO CYABO arwaye indwara yo kuyobora akarere k’IBIYAGA BIGARI uko yashyizeho KABILA JOSEPH muri CONGO no mu BURUNDI arashaka gushyiraho umurundi W’IGIKORESHO CYE kugirango NICKEL ya MUSONGATI bayitware. KAGAME yatangiye koreza mu BURUNDI abasirikare batashye mu RWANDA b’umuhari FDLR kugira ngo azereke amakungu yuko mu BURUNDI hari interahamwe na FDLR.
    CNDD FDD yarwanye imyaka icumi muzamwereke yuko MUMURUSHA KUMENYA ISHYAMBA ntimuryame mukomeze kuba MASO. iBYO AHERUTSE KUVUGIRA MURI HOLLANDE ntaho yababeshye. Mutoze ABARUNDI B’’UMUTIMA KURWANIRA IGIHUGU CYACU NAHO UBUNDI EMPIRE HIMA TUTSI yazatuma mutongera no gukaraba mu maso.
    NIMUTOZE ABARUNDI MU GIHUGU CYOSE KWIVUNA UMWANZI MWIYAMBAZE IBIHUGU BY’IBITURANYI NKA TANZANIYA , ANGOLA , AFRIKA Y’EPFO ZIMBWAMBWE kuko ABAZUNGU batinya cyane gutera ibihugu by’AFRIKA BYISHYIZE HAMWE.
    INTWARO YA DEMOCRATIE MUYIKARISHYE MURI IKI GIHE,MUJYE MU BUSHINWA CYANGWA ANARUSIYA KUKO ABANYAMERIKA N’ABANYABURAYI MURI IKI GIHE BARATINYA CYANE ABARUSIYA...
    MUKOMERE KU MUHETO TURABASHYIKIYE NTABWO TWIFUZA KUBURA UBURUNDI NKUKO TWABUZE U RWANDA KU NGOMA YA HABYALIMANA...
    IMANA IBAHEZAGIRE.....MUKOMERE CANE
    BURUNDI OEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEE
    NKURUNZIZA OYEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEE
    KAGAME puuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuu uuuuazicwe n’umuvumo w’amaraso y’abanyarwanda n’abanyekongo amaze kumena wongeyeho n’ABARUNDI...

  • Uru rwiyita ngo ni fidelite wagira ngo nta kazi kandi rufite ko gukora mu buzima bwarwo,toujours urusanga kuri buri topic rusukagura ibigambo bitameshe vyuzuye urwango n’ibindi bidafite akamaro aho gutanga ibitekerezo vyubaka,bigaragara ko ruba rwatumwe na leta y’abicanyi y’uburundi niyo mpamvu igihugu kiri kugwa mu manga kubera imyumvire y’abantu nkaba,u Rwanda muruveko muhangane nibyanyu bitaboroheye n’amacakubiri yabokamye.

  • MANA WAFASHIJE UBURUNDI BUKAGIRA AMAHORO

  • MANA WAFASHIJE UBURUNDI BUKAGIRA AMAHORO

  • Consiel de ministre iyo igeze mu nama kumurongo wibyigwa kuva ku cyambere kugeza ku cyanyuma ni Rwanda. Rwanda komeza imihigo ureke ababuze icyo bakora!

  • Uburundi N,urwanda N,ibihugu Bisa Nkaho Turibamwe Ariko Kubera Mandat Yagatatu Murumva Ko Imigenderanire Ihagaze Ahubwo Nyabuna Nyakwubahwa Umukuru W,igihug C,urwanda Murakomeza Kuduha Ubuhungiro Muzoba Mukoze.Tubasigire Igihugu Cabo Kuko Tubayeho Nabicane.Muburundi.

  • Ikibazo kiri mu burundi si politique ahubwo ni amacakubiri arenze ukwemera. Biragaragara no mu bantu bandika hano ibyo bandika ni agahoma munwa.

  • Kino gicucu (ikijuju) ngo ni fidelite kirirwa gihurahura ibigambo biboze wewe ntaho utaniye na shobuja. Mwibuke ko uRwanda ruyobowe nabantu b abagabo bazi ico gukora tureke mwebwe mwirirwa murya abantu Wewe fidelite bandanya kwamamaza ubugome, urwango,ubwicanyi urisema . abantu nkamwe nimwe mwonona societe . Bandanya tot ou tard muzosanga mwarihenze

  • nivy leta twemer niyobesh ahubwo nikugira amatohoza kandi bazohinyuka.

  • nivy leta twemer niyobesh ahubwo nikugira amatohoza kandi bazohinyuka.

  • Ewe Mana Tujehagati Abarundi Nabanyarwanda Twikundanire Uhindure Mumitima Y’abadutwara.

  • Oya Muburundi Amacakubiri Yaravumwe Ahubwo Urwanda Nigwikebuke!

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.