IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rigiye gukorana n’ibiro vy’umuhuza (...)

Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rigiye gukorana n’ibiro vy’umuhuza w’abarundi

mercredi 16 Nzero 2013

Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rigiye gukorana n’ibiro vy’umuhuza w’abarundi mu ntumbero yo kugwanya intambara mu Burundi.

Nkuko vyamenyeshejwe n’umupfasoni Rosine Sori Coulibaly, akaba ari nawe aserukira PNUD akaba n’umuhuza w’ibikorwa vya ONU mu Burundi aho yari yagiranye umubonano n’umuhuza w’abarundi Mohamed RUKARA, hakaba hari ejo kw’igenekerezo 15 nzero umwaka wa 2013.

JPEG - 95.4 ko

Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.