IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Islamic State yemeye ku ncuro ya mbere ko yateye muri Somaliya

Islamic State yemeye ku ncuro ya mbere ko yateye muri Somaliya

mardi 26 Ndamukiza 2016, par egide

Abarwanyi ba IS (Islamic State) bemeje ku ncuro ya mbere ko aribo bakoze igitero giheruka kubera muri Somaliya, igihugu hasanzwe havugwa abarwanyi ba Al Shabaab bakorana na Al-Qaeda, bakaba babandanya kwiha inkumbi muri ico gihugu.

Umurwi w’abarwanyi ba IS (Islamic State) uvuga ko abarwanyi bayo bateye abasirikare b’umuryango w’ubumwe bwa Afrika barungitswe kugarukana amahoro muri Somaliya, ico gitero kikaba cabereye i Mogadishu, umurwa mukuru w’igihugu ca Somaliya.

Islamic State imenyesheje ko yakoze ico gitero inyuma y’aho Reta ya Somaliya itangarije ko yataye muri yompi umwe mu ndongozi z’abo barwanyi yavuye muri Al Shabaab.

Abarwanyi ba Islamic State bamaze umwaka urenga bagerageza kwiyegereza intagondwa zo muri Somalia kugira barabe uko bokwinjira muri Afrika y’ubuseruko.


IGIHE

Messages

  • EMW MWANTAGONDWAMW IMANA NIBAHINDUR MUMITIMA MUREK KUGUMA MWICABANTU MOTIF NGO MUGWANA INTAMBARA NTAGATIFU!

  • Abo nisawa ubona boza mu Burundi ibintu vyohinduka kubita inzobwa za Barundi zibura kuza kurwanira igihugu cabo zikishinga muri somali noneho nabari babarongoye bagomba bashire nkifu yumwijira.

  • uwomuswa,avugako,abarundi,aribwa,akwiyeguturirwa

  • Neneta Nyakuneneta Mucyobo : Urucira Mukaso Rugahitana Nyoko ! Ufata Inteko Wakigorjyiwe Ngo Nimbwa ? Ahubwo Weho Uri Umusiba Umenyeko Izombwa Zizakwaka Ubuzima Ziguhonyoyeho , Zinakuziza Kudya Ivu Byokubera Vyiza Witekeye Mumushambara Ukaja Kwihamba Mukaburi ; B’Arundi B’Anyarwanda B’Anyafrika Tuve Hasi Turwanye Intagondwa Islamic Stat Al Chabab Na Al Quaïda Kuko Biturikiriza Kubibumbye Abaribo Bose

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.