IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 1 Ntwarante

Itarike 1 Ntwarante

samedi 1er Ntwarante 2014

Igenekerezo rya 1 Ntwarante ni umunsi wa 60 w’umwaka w’2014. Hasigaye iminsi 305 ngo urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1811: Méhémet Ali aragandagura aba « mamelouks » i Kayiro mu Misiri.

JPEG - 35.1 ko
Méhémet Ali

1845: Texas ija mu ma Reta ya Reta Zunzubumwe z’Ameika.
1926: Alfred Hitchcock asohora ireresi yiwe ya mbere « Le Jardin des plaisirs ».

JPEG - 51.6 ko
Alfred Hitchcock

1987 : Hatangura imboneshakure M6.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1987: Kesha, umuririmvyikazi w’umunyamerika.

JPEG - 368.5 ko
Kesha

1994: Justin Bieber, umuririmvyi akomoka muri Canada.

JPEG - 46.9 ko
Justin Bieber

INGABIRE Luc-Noel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.