IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 10 Gitugutu

Itarike 10 Gitugutu

lundi 10 Gitugutu 2016

Igenekerezo rya 10 Gitugutu

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1962: Hugururwa inama ya 2 y’i Vatikano( Concile Vatican II).
1997: Paul Biya atsindira amatora y’umukuru w’igihugu ca Cameroun.

JPEG - 37.8 ko
Paul Biya

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1804: Napoléon Louis Bonaparte, umuganwa w’umufaransa.

JPEG - 7.2 ko
Napoléon Louis Bonaparte

1884: Friedrich Karl Rudolf Bergius, umudagi w’umuhinga muri chimie yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri chimie mu 1931.
1884: Eleanor Roosevelt, umutambukanyi w’uwabaye umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 6.5 ko
Eleanor Roosevelt

1924: Malvin Whitfield, umunonotsi w’umunyamerika.
1947: Loukás Papadímos, umuhinga mur vy’ubutunzi akaba n’umunyapolitike w’umugiriki.

JPEG - 14.8 ko
Loukás Papadímos

1951: Jean-Jacques Goldman, umuririmvyi w’umufaransa.

JPEG - 5.6 ko
Jean-Jacques Goldman

1977: Jérémie Janot, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekenerezo nkiri

1952: Jack Conway, umunyamareresi w’umunyamerika.
2006: Jacques Stemberg, umwanditsi w’umubirigi.
2012: Franck Alamo, umuririmvyi w’umufaransa.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe umwana w’umukobwa.
. Bolivie: Umunsi wahariwe umukenyezi w’umunyaboliviya.


INGABIRE Luc-Noel

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.