Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 12 Gitugutu
 Itarike 12 Gitugutu
 Itarike 12 Gitugutu
				
				mercredi 11 Gitugutu 2017
Igenekerezo rya 12 Gitugutu.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1492: Christophe Colomb ashika i San Salvador.
 
- Christophe Colomb
1964: Muri Viêt-nam haba ihirikwa ry’ubutegetsi. Hakurwa Général Nguyên Khan.
1964: Voskhod 1, ikigendajuru ca mere c’Uburusiya kirarungikwa mu kirere. 
1968: Igihugu ca Guinnée Équatoriale kirikukira.
1999: Muri Pakistan haba ihirikwa ry’ubutegetsi.
2012: Umuryangow’ibihugu vya Buraya uronka agashimwe k’amahoro kitiriwe Nobel ku bikorwa vyawo vyo guharanira amahoro no gusubizahamwe abatase hamwe no guharanira agateka ka zina muntu.
 
- Ibendera ry’Umuryago w’igihugu vya Buraya
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1537: Édouard wa 6, umwami w’Ubwongereza.
1936: Charles Mwando Nsimba, umunyapolitike wo muri Congo.
 
- Charles Mwando Nsimba
1975: Marion Jones, umunonotsi w’umunyamerika.
 
- Marion Jones
1977: Young Jeezy, umuririmvyi w’umunyamerika.
 
- Young Jeezy
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1924: Anatole France, umwanditsi w’umufaransa yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1921.
1999: Wilt Chamberlain, umukinyi wa basket ball w’umunyamerika.
2006: Douk Saga, umuririmvyi akomoka muri Cote d’Ivoire. Niwe yazanye umdiho wa “Couper-décaler”.
 
- Douk Saga
Ibihimbazwa
. Umunsi wahariwe ururimbi rw’iki espagnol muri ONU.
. Nicaragua: Umunsi wahariwe ururimi.
. Pérou na Uruguay : Umunsi wabanyamerika.
. Guinnée Équatoriale : Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira.
INGABIRE Luc-Noel
