IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 12 Ruhenshi

Itarike 12 Ruhenshi

jeudi 12 Ruheshi 2014

Igenekerezo rya 12 Ruhenshi ni umunsi wa 164 w’umwaka w’2014. Hasigaye iminsi 202 ngo urangire.

Ibikuru bikuru vyabaye kw’igenekerezo nkiri

1860: Havuka ibanki y’igihugu c’Uburusiya.
1991: Boris Eltsine atorwa kuba umukur w’igihugu c’Uburusiye.

JPEG - 23.3 ko
Boris Eltsine

2009: Mahmoud Ahmadinejad atorwa ubugira kuba umukuru w’igihugu ca Irani.

JPEG - 19.3 ko
Mahmoud Ahmadinejad

1994: Indege yo mu bwoko bwa Boeing 777 iguruka ubwa mbere.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1915: David Rockefeller, umugwizatunga w’umunyamerika. Uwatanze ikibanza ubu cubatsemwo igorofa ikoreramwo ishirahamwe mpuzamakungu ya ONU.

JPEG - 85.7 ko
David Rockefeller

1924: George Bush, umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika agira 41.

JPEG - 37 ko
George Bush

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

2003: Gregory Peck, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
2005: Patrice Cabanel., umuhinyanyuzi w’amareresi w’umufaransa.
2006: Kenneth Thomson, umugwizatunga wo muri Canada, yakorera mu bijanyenn’ibinyamakuru n’imboneshakure.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ukurwanya ugukoresha abana.
. Brésil: Umunsi wahariwe Umweranda Valentino.
. Philippines: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira.
. Uburusiya: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.