IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 12 Ruhuhuma

Itarike 12 Ruhuhuma

lundi 12 Ruhuhuma 2018

Igenekerezo rya 12 Ruhuhuma.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1818: Igihugu ca Chili kiratangaza ko cikukiye.
1924: Calvin Coolidge aba umukuru w’igihugu w’umunamerika wa mbere avugiye ijambo rya poritike.
1974: Alexandre Soljenistyne, umwanditsi w’umurusiya yahawe agashimwe kitiriwe Nobel mu vyo kwandika arahagarikwa mu gisagara ca Moscou.

JPEG - 40.6 ko
Alexandre Soljenistyne

1994 : Hugururwa inkino mpuzamakungu bita Jeux Olympique d’Hiver. Akaba yari inkino zigira 27, zikaba zabereye muri Norvège.
1996: Yasser Arafat aba umukuru w’ubutegetsi bwa Palestin i Cisjordanie.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1809: Charles Darwin, umwongereza w’umuhinga muri biologie.
1809: Abraham Lincorn, umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika agira 16.
1957: Martin Ziguélé, umunyaporitike wo muri Centrafrique.

JPEG - 12.5 ko
Martin Ziguélé

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekereo nkiri

1799: Lazzaro Spallanzani, umutariyano w’umuhinga muri biologie.

Lazzaro Spallanzani

1804: Emmanuel Kant, umuhinga w’umudagi muri philosophie.
2011: Betty Garrett, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe abana bajanwa mu rugamba.
. Chili: Umunsi wo kwibuka ukwikukira kw’ico gihugu.


INGABIRE Luc-Noel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.