IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 13 Gitugutu

Itarike 13 Gitugutu

mardi 13 Gitugutu 2015

Igenekerezo rya 13 Gitugutu .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1961: Uwaharaniye ukwikukira kw’Uburundi umuganwa Louis Rwagasore aricwa. Akaba yari umushikirnganji wa mbere w’Uburundi.

JPEG - 6.5 ko
Umuganwa Louis Rwagasore

2006: Papa Benedigito wa 16 yakira Dalaï Lama wa 14.

JPEG - 12.2 ko
Dalai Lama na Benedegito wa 16

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1925: Margaret Thacher, umugore w’umunyapolitike w’umwongereza. Yabaye n’umushikiranganji wa mbere w’Ubwongereza.

JPEG - 6.9 ko
Margaret Thacher

1934: Nana Mouskouri, umuririmvyikazi w’umugiriki.

JPEG - 5.4 ko
Nana Mouskouri

1980: Ashanti, umuririmvyikazi w’umunyamerika.

JPEG - 8.8 ko
Ashanti

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ugukinga impanuka.


INGABIRE Luc-Noël

Messages

  • Nukuri nukuri ndasavye banti barongoye abandi bafate nkama citegerezo numwete muganywa rwasore louis yarafise .wogukura benewabo babarundi mubucakara nibindi ntandondaye: rero natwe twegure maso nubwege twibagire bidutandukanya dushigikirege mukindi dukore vyiza yandusegiye kugira duter imbere tureke kuzerinz igihe cose murakoze.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.