IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 14 Kigarama

Itarike 14 Kigarama

mercredi 13 Kigarama 2017

Igenekerezo rya 14 Kigarama .

Abazwi cane bavutse kwigenekerezo nkiri

1542 : Marie Struat aba umwamikazi wa Ecosse.
1819: Alabama iba Leta igira iya 22 ya Leta Zunzubumwe z’Amerika.
2005: Muri Tanzaniya, Jakaya Kikwete atorwa kuba umukuru w’igihugu. Yatowe ku majwi 80,3 kw’100.

Abawi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1503: Nostradamus, umuganga w’umufaransa.
1949: Dilma Rousseff, uwabaye umukuru w’igihugu w’umugore muri Brésil.

1977: Fally Ipupa, umruririmvyi wo mu gihugu ca RDC.

1979: Michael Owen, umukinyi w’umupira w’amaguruw’mwongereza.
1979: Jean-Alain Boumsong, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.
1980: Didier Zokora, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Côte d’Ivoire.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1799: George Washington, umukuru w’igihugu wa mbere wa Leta Zunzubumwe z’Amerika. Yatwaye kuva 1789 gushika 1797.
1989: Andreï Sakharov, umurusiya yaronse yaronse agashimwe k’amahoro kitiriwe Nobel mu 1975.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.