IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 19 Rusama

Itarike 19 Rusama

lundi 19 Rusama 2014

Igenekerezo rya 19 Rusama ni umunsi wa 140 w’umwaka w’2014. Hasigaye iminsi 226 ngo urangire.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1881: Mustafa Kemal Atatürk, uwabaye umukuru w’igihugu wa Turqui.
1890: Hô Chi Minh, uwabaye umukuru w’igihugu ca Viêt Nam.

JPEG - 32 ko
Hô Chi Minh

1976: Kevin Garnett, umukinyi wa Basketball w’umunyamerika.

JPEG - 215.8 ko
Kevin Garnett

1979: Andrea Pirlo, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umutariyano.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1935: Thomas Edward Lawrence, umusirikare akaba n’umwanditsi w’umwongereza.
1994: Jacqueline Kennedy-Onassis, umutambukanyi wa John Fitzgerald Kennedy,. Yabaye n’umugore w’uwitwa Aristote Onassis.

Ibihimbazwa

Viêt Nam: Umunsi wo kwibuka umunsi w’amavuko wa Hô Chi Minh


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.