Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 20 Nzero
 Itarike 20 Nzero
 Itarike 20 Nzero
				
				vendredi 19 Nzero 2018
Igenekerezo rya 20 Nzero
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1946: Umukuru w’igihugu c’Ubufaransa, Charles de Gaulle aratanga imihoho.
 
- Charles de Gaulle
1961: John F. Kennedy aba umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 35.
1977: Jimmy Carter aba umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 39.
 
- Jimmy Carter
1981: Ronald Reagan aba umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 40.
1989: George Bush, aba umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 41.
 
- George Bush
1993 : Ronald Reagan aba umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 42.
1996: Yasser Arafat aratorwa ngo arongore Palestina.
 
- Yasser Arafat
2001: George Walker Bush, aba umukuru w’igihugu agira 44 wa Reta Zunzubumwe z’Amerika.
2009: Barack Obama aba umukuru w’igihugu agira 44 wa Reta Zunzubumwe z’Amerika.
 
- Barack Obama
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1979: Omar Sy, umufaransa w’umukinyi w’amareresi, agakina n’ivyese bitwenza.
 
- Omar Sy
1981: Owen Hargeaves, umukinyi w’umupira w’amaguru wo mu Bwongereza.
INGABIRE Luc-Noël
