Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 22 Kigarama
 Itarike 22 Kigarama
 Itarike 22 Kigarama
				
				jeudi 22 Kigarama 2016
Igenekerezo rya 22 Kigarama.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1944: Havuka igisirikare gihurikiyemwo bose muri Vietnam.
2001: Hamid Karzai atorwa kuba umukuru w’igihugu w’imfatakibanza muri Afganistan.
 
- Hamid Karzai
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1639: Jean Racine, umwanditsi w’umufaransa.
 
- Jean Racine
1972: Vanessa Paradi, umuririmvyi akaba n’umukinyi w’amareresi w’umufaransa.
1988: Souleymane Camara, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Sénégal.
 
- Souleymane Camara
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1989: Samuel Beckett, umwanditsi wo muri Irland. Yaronse agashimwe kitorowe Nobel mu kwandika mu 1969.
2008: Lansana Conté, umukuru w’igihugu ca Guinée.
 
- Lansana Conté
INGABIRE Luc-Noël
