Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 22 Ntwarante
 Itarike 22 Ntwarante
 Itarike 22 Ntwarante
				
				jeudi 22 Ntwarante 2018
Igenekerezo rya 22 Ntwarante.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
2001: Hatanguzwa urubuga ngurukanabumenyi « Wikipédia » yo mu gifaransa ruratangura gukora.
 
Abazwi cane batavutse kw’igenekerezo nkiri
1920: James Brown, umukinyi ‘amareresi w’umunyamerika.
 
1947: James Patterson, umunyamerika  w’umwanditsi w’ibitabo n’amareresi.
1984: Zhang Zilin, umushinwakazi yatowe ko ariwe mukobwa mwiza mu mwaka w’2007 mw’ihiganwa Miss Monde.
 
- Zhang Zilin
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1832: Johann Wolfgang von Goethe, umwanditsi w’umudagi. Uwo ndetse bitirira ururimi rw’ikidagi nkuko ururirmi rw’igifaransa barwitirira Molière.
 
- Johann Wolfgang von Goethe
2004: Cheikh Ahmed Yassine, umukuru w’umurwi wa Hamas, aho ni muri Palestina.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu w’amazi. Umunsi washinzwe n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU.
INGABIRE Luc-Noel
