IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 26 Gitugutu

Itarike 26 Gitugutu

mardi 25 Gitugutu 2016

Igenekerezo rya 26 Gitugutu.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1917: Lénine atorwa ngo atware umugambwe w’abakoministe mu Burusiya.

JPEG - 6.8 ko
Lénine

1955: Igihugu ca Viêt Nam kiba Repubrika.
1972: Mathieu Kérékou ahirika ubutegetsi mu gihugu ca Bénin.

JPEG - 4.8 ko
Mathieu Kérékou

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1916: François Mitterand, uwabaye umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.

JPEG - 4.1 ko
François Mitterand

1947: Hillary Clinton, umunyapolitike w’umunyamerika. Ni umutambukannyi w’uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika Bill Clinton.

JPEG - 37.9 ko
Hillary Clinton

1959: Evo Morales, umukuru w’igihugu ca Bolivie.

JPEG - 9.4 ko
Evo Morales

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1890: Carlo Collodi, umwanditsi w’umutariyano.
1979: Park Chung-Hee, umukuru w’igihugu ca Koreya y’Ubumanuko.

JPEG - 4.8 ko
Park Chung-Hee

Ibihimbazwa

. Autriche: Umunsi mukuru w’igihugu.
. Libiya: Umunsi wo kwibuka abapfuye bishwe n’ubukoroni bw’Ubutariyano.


INGABIRE Luc-Noel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.