Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 26 Kigarama
 Itarike 26 Kigarama
 Itarike 26 Kigarama
				
				mardi 26 Kigarama 2017
Igenekerezo rya 26 Kigarama.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1893: Mao Zedong, umunyaporitike w’umushinwa.
 
 Mao Zedong
1935: Gnassingbé Eyadema, umukuru w’igihugu ca Togo.
 
- Gnassingbé Eyadema
1936: Gilchrist Olympio, umunyaporitike wo muri Togo.
 
- Gilchrist Olympio
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1931: Melvil Dewey, umunyamerika w’umuhinga mu vyo kubika ibitabo.
 
- Melvil Dewey
2006: Gerard Ford, uwabaye umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika agira 38.
INGABIRE Luc-Noël
