IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 27 Munyonyo

Itarike 27 Munyonyo

mercredi 27 Munyonyo 2013

Igenekerezo rya 27 Munyonyo ni umunsi ugira 331 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 34 kugira umwaka w’2013 urangire.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1990: John Major asubirira Margeret Thatcher mu kibanza c’umushikiranganji wa mbere w’ubwongereza.

JPEG - 36.9 ko
John Major

2006: Joseph Kabila amanyeshwa ko ariwe mukuru w’igihugu ca Repubrika iharanira intwaro rusangi ya Congo.

JPEG - 50.7 ko
Joseph Kabila

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1894: Chaim Weizmann, umukuru w’igihugu wa mbere wa Israël. Yatwaye ico gihugu kuva 1948 gushika 1952.

JPEG - 19.7 ko
Chaim Weizmann

1939: Laurent-Désiré Kabila, umukuru w’igihugu ca ca Repubrika iharanira intwaro rusangi ya Congo. Yatwaye kuva 1997 gushika 2001.

JPEG - 52.9 ko
Laurent-Désiré Kabila

1940: Bruce Lee, umuhinyanyuzi w’amareresi akaba n’umukiny akanandika amareresi . akaba yaraie akabira ko muri amerika.

JPEG - 180.8 ko
Bruce Lee

1942: Jimi Hendrix, umucuraranzi rurangiranwa w’umunyamerika.

JPEG - 90.8 ko
Jimi Hendrix

1957: Caroline Kennedy, umuobwa wa John F. Kennedy na Jacqueline Kennedy-Onassis.
1960: Ioulia Timochenko, umugore w’umunyapolitike yabaye umushikiranganji wa mbere w’igihugu ca Ukraine.

JPEG - 33.6 ko
Ioulia Timochenko

1965: Rachida Dati, umugore w’umunyapolitike w’umufaransa.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1895: Alexandre Dumas fils, umwanditsi w’umufaransa.
1934: Baby Face Nelson, umusuma katwa w’umunyamerika yiba mu mabanki.
1967: Léon Mba, uwabaye umukuru w’igihugu wa mbere wa Gabon. Ninawe yaharaniye ukwikukira kw’ico gihugu.

JPEG - 16.1 ko
Léon Mba

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.